{"id":42155,"date":"2023-05-04T07:28:58","date_gmt":"2023-05-04T07:28:58","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42155"},"modified":"2023-05-04T07:28:58","modified_gmt":"2023-05-04T07:28:58","slug":"alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/","title":{"rendered":"Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n&#8217;umunywarumogi"},"content":{"rendered":"<p><strong>Mu gihe hari hamaze Kabiri induru zijanye n&#8217;ivy&#8217;ukunuka zagirijwe umugwizatunga akaba n&#8217;umu Dj, DJ Paulin zisa n&#8217;izacureshe, ubu naho hajemwo ivy&#8217;uko abaririmvyi basa.<\/strong><\/p>\n<p>Ivyo navyo bikaba biheruka gushikirizwa na Alvin Smith.<br \/>\nKuri uyu wa mbere ku rubuga rwa Twitter rwa Alvin Smith, habonetse amajambo aho avuga ko hari abaririmvyi baboneka nkaho umengo banywa urumogi, ariko ngo vy&#8217;ukuri uperereje ugaca usanga ngo ata biyayuramutwe bakoresha.<br \/>\nUwo muririmvyi we akaba ayatanze akarorero k&#8217;abo Bantu, mu gihe Kwa DJ Paulin ho ata zina we yari yashikirije, naho hirya no hino bataretse gutanga amazina ya bamwe bamwe.<br \/>\nUwo muririmvyi yanditse agira ati :&#8221; Nukuri tuvuge ukuri, hari abasani uraba ugaca umuha Image direct kw&#8217;anywa urumogi Kandi ugasanga atanugw&#8217;anywa, ariko agasa n&#8217;abanywarumogi.<br \/>\nPar exemple jewe, asha umengo narakamiritse, nayo piiii ntanakamoto kavyo nzi.&#8221;<br \/>\nUwo muririmvyi akaba abivuze mu gihe abaririmvyi batari bake hano iwacu bagirizwa gukoresha ivyo biyovyabwenge kugira bikunde babashe kuja muri Studio, ariko we akaba yemeza ko ata n&#8217;akamoto karwo arumva.<br \/>\nIvyo vyashikirijwe na Alvin Smith bikaba bitakiriwe neza n&#8217;abamukurikirana, kuko abamushigikiye bamwagirije ibindi, ariko igitigiri kinini c&#8217;abo twabashije kubona, bavuga ko uwo muririmvyi ngo Yoba arukoresha.<br \/>\nUmwe yanditse mu giswahili ngo n&#8217;ukurumota aranarumota, uwundi nawe ngo kuba yabashije kuvyandika ngo vyerekana ko yari yamaze kurukoresha, nayo uwundi we aca amubwira ko akwiye kuraba akisuzuma kuko ngo nimba abantu bamubona ko umengo ararukoresha ngo amahigwe menshi nuko bishobora kuba arivyo.<br \/>\nAbamushigikiye ko atarwo akoresha n&#8217;abo, bakaba bavuze ko uwo muririmvyi ngo ico yikundira, naho yagirijwe urumogi ngo n&#8217;ingidi gusa. Iyo terme akaba ari nawe yayimenyekanishije, kuko kuva atangura kuyivuga cane, n&#8217;abandi baririmvyi bahavuye batangura kuyikoresha.<br \/>\nUwo muririmvyi akaba ari umwe mu baririmvyi bamaze gutahura inzira zo gukoresha izo mbuga ngurukanabumenyi, kuko akatari gake, akunda gucokoza abamukurikirana Kuri Facebook bikarangira avuzwe cane, ari naco gishobora kuba cinyegeje inyuma y&#8217;ukwo kuvugwa cane.<br \/>\nAha mukibuka ko Alvin Smith afise Indirimbo nshasha aheruka gushira ahabona, iyo nayo akaba ari NAKADAME iri muri ya EP nshasha aheruka gusohora, ikaba yasohoreye amasanamu, inyuma y&#8217;uko bahagaritse ku nsamirizi n&#8217;imboneshakure Indirimbo ziwe 2, Fata ingidi hamwe n&#8217;akadaje.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu gihe hari hamaze Kabiri induru zijanye n&#8217;ivy&#8217;ukunuka zagirijwe umugwizatunga akaba n&#8217;umu Dj, DJ Paulin zisa n&#8217;izacureshe, ubu naho hajemwo ivy&#8217;uko abaririmvyi basa. Ivyo navyo bikaba biheruka gushikirizwa na Alvin Smith. Kuri uyu wa mbere ku rubuga rwa Twitter rwa Alvin Smith, habonetse amajambo aho avuga ko hari abaririmvyi baboneka nkaho umengo banywa urumogi, ariko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42156,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[],"class_list":["post-42155","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n&#039;umunywarumogi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n&#039;umunywarumogi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu gihe hari hamaze Kabiri induru zijanye n&#8217;ivy&#8217;ukunuka zagirijwe umugwizatunga akaba n&#8217;umu Dj, DJ Paulin zisa n&#8217;izacureshe, ubu naho hajemwo ivy&#8217;uko abaririmvyi basa. Ivyo navyo bikaba biheruka gushikirizwa na Alvin Smith. Kuri uyu wa mbere ku rubuga rwa Twitter rwa Alvin Smith, habonetse amajambo aho avuga ko hari abaririmvyi baboneka nkaho umengo banywa urumogi, ariko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-04T07:28:58+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230504-092526.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"399\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/\",\"name\":\"Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n'umunywarumogi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-05-04T07:28:58+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-04T07:28:58+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n&#8217;umunywarumogi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n'umunywarumogi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n'umunywarumogi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu gihe hari hamaze Kabiri induru zijanye n&#8217;ivy&#8217;ukunuka zagirijwe umugwizatunga akaba n&#8217;umu Dj, DJ Paulin zisa n&#8217;izacureshe, ubu naho hajemwo ivy&#8217;uko abaririmvyi basa. Ivyo navyo bikaba biheruka gushikirizwa na Alvin Smith. Kuri uyu wa mbere ku rubuga rwa Twitter rwa Alvin Smith, habonetse amajambo aho avuga ko hari abaririmvyi baboneka nkaho umengo banywa urumogi, ariko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-05-04T07:28:58+00:00","og_image":[{"width":720,"height":399,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230504-092526.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/","name":"Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n'umunywarumogi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-05-04T07:28:58+00:00","dateModified":"2023-05-04T07:28:58+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yerekanye-umuririmvyi-asa-numunywarumogi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Alvin Smith yerekanye umuririmvyi asa n&#8217;umunywarumogi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42155","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42155"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42155\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42157,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42155\/revisions\/42157"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42156"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42155"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42155"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42155"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}