{"id":4216,"date":"2019-04-16T08:43:11","date_gmt":"2019-04-16T15:43:11","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=4216"},"modified":"2019-04-16T08:43:11","modified_gmt":"2019-04-16T15:43:11","slug":"burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/","title":{"rendered":"Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n&#8217;abapfasoni nico caje kw&#8217;isonga"},"content":{"rendered":"\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><strong><em>Ubushikiranganji bw\u2019umutekano bumenyesha ko bugiye gushira inguvu nyinshi mu kurwanya ivyaha vy\u2019ugufata abigeme n\u2019abakenyezi ku nguvu. Umushikiranganji w\u2019umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni avuga ko muri iki gice ca gatatu c\u2019umwaka w\u20192018-2019, ico caha cagarutse ku ncuro 310, ni ukuvuga nk\u2019incuro imwe n\u2019igice ku munsi.<\/em><\/strong><\/p>\n\n\n\n<div class=\"wp-block-image\"><figure class=\"aligncenter\"><img decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/04\/CPC-A.G.B-1024x576.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-4217\"\/><\/figure><\/div>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2019, umushikiranganji w\u2019umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni yameyesheje ko ivyo biharuro vy\u2019abafashwe ku nguvu muri ico gice ca gatatu c\u2019umwaka w\u20192018-2019 biteye ubwoba.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><em>\u201cTurabona y\u2019uko muri iki gihe\nturiko turasuzuma ico caha cagarutse ku ncuro 310, bisigura y\u2019uko turavye ni\nnk\u2019incuro imwe n\u2019igice ku munsi, aho twumva ko ari ibintu biteye ubwoba, hamwe\nmu Burundi ku munsi ku munsi hoba hariho n\u2019imiburiburi umuntu umwe canke babiri\nbafashwe ku nguvu ku munsi ku munsi murumva y\u2019uko hoza kugera umwaka ibintu\nbimeze nabi. Ni nayo mpamvu hazobwirizwa gushirwamwo inguvu zihambaye.\u201d<\/em><\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ubushikiranganji bw\u2019umutekano no gukinga ibiza bushikiriza kandi ko muri ico gice ca gatatu c\u2019umwaka, hibonekeje ingeso itari imenyerewe, y\u2019uguheba n\u2019uguta imiryango, aho vyibonekeje incuro 127 muri ico gice c\u2019umwaka. Umushikiranganji CPC Alain Guillaume Bunyoni ameneysha ko ivyo vyerekana ko hari igikenewe gukorwa, kugira iyo ngeso ntibandanye, kuko uguta n\u2019uguheba imiryango ari isoko ry\u2019ihungabana ry\u2019umutekano, n\u2019ubutunzi bugatera busubira inyuma mu miryango no mu gihugu.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ubushikiranganji bw\u2019umutekano bumenyesha ko bugiye gushira inguvu nyinshi mu kurwanya ivyaha vy\u2019ugufata abigeme n\u2019abakenyezi ku nguvu. Umushikiranganji w\u2019umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni avuga ko muri iki gice ca gatatu c\u2019umwaka w\u20192018-2019, ico caha cagarutse ku ncuro 310, ni ukuvuga nk\u2019incuro imwe n\u2019igice ku munsi. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa mbere [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,706,547,517,734],"tags":[],"class_list":["post-4216","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-primusic-burundi","category-security","category-societe","category-western-sydney-films-festival"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n&#039;abapfasoni nico caje kw&#039;isonga - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n&#039;abapfasoni nico caje kw&#039;isonga - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ubushikiranganji bw\u2019umutekano bumenyesha ko bugiye gushira inguvu nyinshi mu kurwanya ivyaha vy\u2019ugufata abigeme n\u2019abakenyezi ku nguvu. Umushikiranganji w\u2019umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni avuga ko muri iki gice ca gatatu c\u2019umwaka w\u20192018-2019, ico caha cagarutse ku ncuro 310, ni ukuvuga nk\u2019incuro imwe n\u2019igice ku munsi. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa mbere [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-04-16T15:43:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/04\/CPC-A.G.B-1024x576.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/\",\"name\":\"Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n'abapfasoni nico caje kw'isonga - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-04-16T15:43:11+00:00\",\"dateModified\":\"2019-04-16T15:43:11+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n&#8217;abapfasoni nico caje kw&#8217;isonga\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n'abapfasoni nico caje kw'isonga - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n'abapfasoni nico caje kw'isonga - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ubushikiranganji bw\u2019umutekano bumenyesha ko bugiye gushira inguvu nyinshi mu kurwanya ivyaha vy\u2019ugufata abigeme n\u2019abakenyezi ku nguvu. Umushikiranganji w\u2019umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni avuga ko muri iki gice ca gatatu c\u2019umwaka w\u20192018-2019, ico caha cagarutse ku ncuro 310, ni ukuvuga nk\u2019incuro imwe n\u2019igice ku munsi. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa mbere [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-04-16T15:43:11+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/04\/CPC-A.G.B-1024x576.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/","name":"Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n'abapfasoni nico caje kw'isonga - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-04-16T15:43:11+00:00","dateModified":"2019-04-16T15:43:11+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-icegeranyo-icaha-co-gufata-kunguvu-abigeme-nabapfasoni-nico-caje-kwisonga\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n&#8217;abapfasoni nico caje kw&#8217;isonga"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4216","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4216"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4216\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4216"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4216"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4216"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}