{"id":42193,"date":"2023-05-05T07:00:20","date_gmt":"2023-05-05T07:00:20","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42193"},"modified":"2023-05-05T07:00:20","modified_gmt":"2023-05-05T07:00:20","slug":"kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/","title":{"rendered":"Kidum ariko akorana n&#8217;ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe"},"content":{"rendered":"<p><strong>Mu gihe abarundi bagisinziriye badashaka gushigikira bene wabo mu bikorwa vy&#8217;umuziki, n&#8217;abo ngo babashe kumenyekanisha ibikorwa vyabo, biciye muri ivyo biteramo baba bariko barategura, abanyamahanga bo batanguye kubaraba ryiza.<\/strong><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Nimbona Jean Pierre azwi nka Kidum, ibiteramo ariko arategurirwa ku mugabane wa Buraya, habonetse rimwe muma shirahamwe akomeye yamufashe mu mugongo.<br \/>\nNkuko twabashije kubibona ku rubuga rwa Facebook rwa Kidum, ishirahamwe Certified Home ryo mu gihugu ca Kenya, ari naho asanzwe yisumamwo, ryamufashe mu minwe ngo rimushigikire muri urwo rugendo agiye kumaramwo imisi Kuri uwo mugabane w&#8217;uburayi.<br \/>\nMuvyo basabwa abaririmvyi muri ico gihe, n&#8217;uguheza bakaza baragaruka cane Kuri iyo Company iba yabashije kubashigikira, mu biteramo baba bariko barakora.<br \/>\nKidum mu butumwa yashize Ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, akaba yashimiye iyo Certified home isanzwe idandaza amazu n&#8217;ibibanza vyo kwubakamwo mu gihugu ca Kenya, kuba bashimye kumushigikira muri ico gikorwa arimwo.<br \/>\nGushika ubu Kidum akaba azozunguruka mu bihugu bitari bike ku mugabane wa Buraya, imbere Yuko agaruka muri Afrika neza neza I Bujumbura, aho afise igiteramo mu ntango z&#8217;ukwezi Kwa 7, aho azoba aramutse aza kwiginana n&#8217;abarundi umusi abarundi bibuka igihe basubizwa intahe yo kwikukira.<br \/>\nTukibaza nimba abarundi baba mu bihugu canke mu bisagara Kidum azokoreramwo ibiteramo, ata numwe afise ishirahamwe ryiwe, ngo abashe kurimenyekanisha biciye muri uwo muririmvyi.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu gihe abarundi bagisinziriye badashaka gushigikira bene wabo mu bikorwa vy&#8217;umuziki, n&#8217;abo ngo babashe kumenyekanisha ibikorwa vyabo, biciye muri ivyo biteramo baba bariko barategura, abanyamahanga bo batanguye kubaraba ryiza. &nbsp; Nimbona Jean Pierre azwi nka Kidum, ibiteramo ariko arategurirwa ku mugabane wa Buraya, habonetse rimwe muma shirahamwe akomeye yamufashe mu mugongo. Nkuko twabashije kubibona ku [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42194,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-42193","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kidum ariko akorana n&#039;ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kidum ariko akorana n&#039;ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu gihe abarundi bagisinziriye badashaka gushigikira bene wabo mu bikorwa vy&#8217;umuziki, n&#8217;abo ngo babashe kumenyekanisha ibikorwa vyabo, biciye muri ivyo biteramo baba bariko barategura, abanyamahanga bo batanguye kubaraba ryiza. &nbsp; Nimbona Jean Pierre azwi nka Kidum, ibiteramo ariko arategurirwa ku mugabane wa Buraya, habonetse rimwe muma shirahamwe akomeye yamufashe mu mugongo. Nkuko twabashije kubibona ku [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-05T07:00:20+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230505-085518.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"419\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/\",\"name\":\"Kidum ariko akorana n'ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-05-05T07:00:20+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-05T07:00:20+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kidum ariko akorana n&#8217;ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kidum ariko akorana n'ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kidum ariko akorana n'ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu gihe abarundi bagisinziriye badashaka gushigikira bene wabo mu bikorwa vy&#8217;umuziki, n&#8217;abo ngo babashe kumenyekanisha ibikorwa vyabo, biciye muri ivyo biteramo baba bariko barategura, abanyamahanga bo batanguye kubaraba ryiza. &nbsp; Nimbona Jean Pierre azwi nka Kidum, ibiteramo ariko arategurirwa ku mugabane wa Buraya, habonetse rimwe muma shirahamwe akomeye yamufashe mu mugongo. Nkuko twabashije kubibona ku [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-05-05T07:00:20+00:00","og_image":[{"width":720,"height":419,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230505-085518.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/","name":"Kidum ariko akorana n'ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-05-05T07:00:20+00:00","dateModified":"2023-05-05T07:00:20+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ariko-akorana-nishirahamwe-ryo-muri-kenya-mu-biteramo-vyiwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kidum ariko akorana n&#8217;ishirahamwe ryo muri Kenya mu biteramo vyiwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42193","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42193"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42193\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42195,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42193\/revisions\/42195"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42194"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42193"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42193"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42193"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}