{"id":42247,"date":"2023-05-08T14:26:35","date_gmt":"2023-05-08T14:26:35","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42247"},"modified":"2023-05-08T14:26:35","modified_gmt":"2023-05-08T14:26:35","slug":"amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/","title":{"rendered":"Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta"},"content":{"rendered":"<p>Amagogwa imiryango yo mu gatumba igorewe hagati y\u2019amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta<\/p>\n<p>Ego nivyo Umushikiranganji w\u2019Intwaro yo hagati mu gihugu Iterambere rusangi n\u2019Umutekano yarifatiwe mu gahanga yishugwa ibitari bimubereye igihe yari yagiye kuburira aba nya Gatumba ababwira ko bo kwimuka bakaja mu Cankuzo ntivya bagwa neza, ariko igikuru n&#8217;uko ari muri Reta Mvyeyi , imbabazi zari zikwiye guhabwa iyo miryango isa n\u2019iya hamamutse ku mvo z\u2019ibibazo biyugarije.<\/p>\n<p>Ibibazo vy\u2019abo ba nya Gatumba vyaravuzwe kenshi ariko aho iyo miryango na cane cane yegeranirijwe mu kibanza ca OBR igeze, kuva mu pera z\u2019indwi twaraye dusozereye kw\u2019igenekerezo rya 07\/05\/2023 irakeneye ubufasha bwihuta.<\/p>\n<p>Gutabara s\u2019ejo ubutabazi ni uwu musi nyene, none muti ico kogwa cihuta n\u2019igiki?:<\/p>\n<p>1.Ishirahamwe Mpuzamakungu Croix Rouge ryari rikwiye kuva mu gacerere rigasaba ubufasha bw\u2019Igi Police kijejwe gukinga ibiza (Protection Civile) bakikora ku mato n\u2019amahema ndetse n\u2019ibindi bikoresho bafise bakaja ku rugamba rwo gutabara.<br \/>\n2.Ishiramwe mpuzamakungu Pam ryari rikwiye kwikora mu kigega c\u2019intega bizoza rigafata igikowa co kugaburira izo mpunzi ziri mu ntambara y\u2019ihindagurika ry\u2019ibihe.<br \/>\n3.Abaganga n\u2019amashirahamwe y\u2019abagira neza yita ku bibazo vy\u2019ingwara zo mutwe bari bakwiye kuja gushinga amahema mu gatumba bagakora ibijanye n\u2019umuhamagaro wabo.<br \/>\n4.Police ijejwe gucungera Umutekano wo mu mazi yari ikwiye gushiga ikirindiro muri ivyo biyaga bishasha vyo mu Gatumba.<br \/>\n5.Abakozi b\u2019Imana n\u2019amashengero , amadini n\u2019ibindi bihamagarira abantu kuzoja mw\u2019ijuru, bari bakwiye kwegeranya infashanyo yihuta igizwe n\u2019ivyo kurya , kwambara no kwifuka , bakaja gusenga biginga binginga Imana ko yotabara iyo miryango .<br \/>\n6.Mairie ya Bujumbura ko itokwigira Sindabibazwa kuko inzu y\u2019umubanyi ihiye utazimije iyikurikira ni rwawe, ntiborindira ko Buramatari wa BUJUMBURA yobasaba ubufasha ahubwo bomwegera bagafashanya gukemura ivyo bibazo bihanze abo abene gihugu.<br \/>\n7. Ubushikiranganje bwo gufatana mu nda bwari bukwiye kuva mu gacerere bukereka Reta buserukira amakuba n\u2019amagogwa yabo bantu ko yobafasha ku mvo z\u2019uko ubushobozi bwabo bwananiwe.<br \/>\n8.Diaspora ya Province Bujumbura n\u2019aba diaspora mu rusangi aho bari kw\u2019isi yose ko batoguma barabira ku mbuga ngurukana bumenyi ibibazo biriko bibera muri iyo ntara bidogera Reta, bakagira ico bafashije guterera iyo Reta bitoreye.<br \/>\n9. Se Barundi ko yosubira kugendera aba nya Gatumba akabashira ijambo ry\u2019ihumure, canke akarungika intumwa ziwe muri ico kibanza.<br \/>\n10. Aba nya Gatumba barakwiye kworosha Imitima bakaja mu biganiro na Reta bakarabira hamwe ivyo kwimugwa kuko inyungu bafise mu kuguma muri ico kibanza iri musi y\u2019Uruhombo.<br \/>\nIvyo ari nkahamwe bitofatwa minenegwe canke ngo bihabwe iyindi ntumbero uruhara rw\u2019abarundi bifatanije n\u2019Intahe yo kwikukira birakwiye kugira batabarane ata mu nyamahanga.<\/p>\n<p>Mwomenya ko ibikorwa vyinshi birimwo amashuri , amavuriro, isoko , uburovyi, uburimyi, n\u2019iyindi myuga mito mito yari itunze abo ba nya Gatumba yahagaze ku mvo z\u2019iyo ntambara y\u2019amzi ari naco gituma , bari mu nzara itagira izina, yakwirikiwe n&#8217;ihahamuka.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Amagogwa imiryango yo mu gatumba igorewe hagati y\u2019amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta Ego nivyo Umushikiranganji w\u2019Intwaro yo hagati mu gihugu Iterambere rusangi n\u2019Umutekano yarifatiwe mu gahanga yishugwa ibitari bimubereye igihe yari yagiye kuburira aba nya Gatumba ababwira ko bo kwimuka bakaja mu Cankuzo ntivya bagwa neza, ariko igikuru n&#8217;uko ari muri Reta Mvyeyi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":42248,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515],"tags":[],"class_list":["post-42247","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Amagogwa imiryango yo mu gatumba igorewe hagati y\u2019amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta Ego nivyo Umushikiranganji w\u2019Intwaro yo hagati mu gihugu Iterambere rusangi n\u2019Umutekano yarifatiwe mu gahanga yishugwa ibitari bimubereye igihe yari yagiye kuburira aba nya Gatumba ababwira ko bo kwimuka bakaja mu Cankuzo ntivya bagwa neza, ariko igikuru n&#8217;uko ari muri Reta Mvyeyi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-08T14:26:35+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230508-154839.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"321\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/\",\"name\":\"Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-05-08T14:26:35+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-08T14:26:35+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Amagogwa imiryango yo mu gatumba igorewe hagati y\u2019amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta Ego nivyo Umushikiranganji w\u2019Intwaro yo hagati mu gihugu Iterambere rusangi n\u2019Umutekano yarifatiwe mu gahanga yishugwa ibitari bimubereye igihe yari yagiye kuburira aba nya Gatumba ababwira ko bo kwimuka bakaja mu Cankuzo ntivya bagwa neza, ariko igikuru n&#8217;uko ari muri Reta Mvyeyi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-05-08T14:26:35+00:00","og_image":[{"width":720,"height":321,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230508-154839.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/","name":"Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-05-08T14:26:35+00:00","dateModified":"2023-05-08T14:26:35+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amagogwa-imiryango-yo-mu-gatumba-igorewe-hagati-yamaziingona-inzara-imibu-nimvubu-arakeneye-ubutabazi-bwihuta\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amagogwa imiryango yo mu Gatumba igorewe hagati y\u2019Amazi,Ingona, Inzara, Imibu n\u2019Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42247","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42247"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42247\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42249,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42247\/revisions\/42249"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42248"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42247"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42247"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42247"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}