{"id":42431,"date":"2023-05-19T10:06:11","date_gmt":"2023-05-19T10:06:11","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42431"},"modified":"2023-05-19T10:06:11","modified_gmt":"2023-05-19T10:06:11","slug":"abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/","title":{"rendered":"Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili"},"content":{"rendered":"<p><strong>Akazina ka Kirikou Akili kabandanya gakura cane, kariko gatuma uwo muririmvyi yizerwa cane n&#8217;abanya-Kigali, bigatuma banamusanga mw&#8217;ikobe kugira bakorane Indirimbo.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Inyuma yo gukorana na Kivumbi King Indirimbo bise Yalampaye uno musi ifise views zishemeye, uwo muririmvyi yarondewe na Chris Easy nawe ngo bakorane Indirimbo<\/strong>.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi w&#8217;umunyarwanda ari mu bakunzwe cane I Kigali, abarizwa I Bujumbura nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Akeza abishikiriza.<br \/>\nUwo muririmvyi akaba yazanywe I Bujumbura no gukorana Indirimbo na Kirikou, Kandi ngo bazoca I Bujumbura bakanakoze amasanamu y&#8217;iyo ndirimbo.<br \/>\nChris Easy, ntiyizananye wenyene kuko yaje aherekejwe na Manager wiwe, aho yanahavuye aronka akaryo ko gukorana ikiganiro n&#8217;ikinyamakuru Akeza mu kiganiro Open Mic.<br \/>\nHampande y&#8217;uko Bujumbura igize imisi ihurumbirwa cane n&#8217;abaririmvyi b&#8217;abanyarwanda mu kuhakorera amasanamu y&#8217;indirimbo zabo, n&#8217;abahinyanyuzi co kimwe n&#8217;abaririmvyi bagize igihe bahurumbiwe cane.<br \/>\nKu mbuga ngurukanabumenyi zigurisha umuziki, ku ruhande rw&#8217;igihugu c&#8217;Urwanda, abaririmvyi b&#8217;abarundi n&#8217;indirimbo zabo bari bagize igihe bataboneka mu gitigiri c&#8217;abaronderwa cane, canke bumvirizwa cane, ariko ubu bakaba bagize igihe bari hafi cane mu biharuro.<br \/>\nAbaririmvyi Kirikou Akili n&#8217;indirimbo yaririmvyemwo Yalampaye, Double Jay n&#8217;indirimbo yakoranye na Kenny Sol, hamwe na Drama T n&#8217;indirimbo Madam bakaba bagize igihe babarizwa mu ndirimbo 50 zakunzwe cane buri musi, canke mu ndirimbo 100 zakunzwe buri ndwi muri ico gihugu ku rubuga rwa Boomplay.<br \/>\nNkuko twari twabishikirije mu makuru aheruka twabashikirije, ibi bikaba bica vyerekana ko abaririmvyi bacu, bariko barisubiza umutamana mu karere, ariko Kandi bigaca biboneka ko bari ku kivi, naho atari bose.<br \/>\nUkwo kuboneka kw&#8217;abaririmvyi bamwe muri ico gitigiri bikaba vyerekana ko abaririmvyi b&#8217;abarundi bariko barakora, amajwi yabo agashika hanze y&#8217;igihugu, baharuye ku ntoke, ibica bituma vy&#8217;ukuri habamwo ukwibaza igihe abo baririmvyi bazikangurira bakabona ko gusohoka igihugu ari ngirakamaro cane.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Akazina ka Kirikou Akili kabandanya gakura cane, kariko gatuma uwo muririmvyi yizerwa cane n&#8217;abanya-Kigali, bigatuma banamusanga mw&#8217;ikobe kugira bakorane Indirimbo. Inyuma yo gukorana na Kivumbi King Indirimbo bise Yalampaye uno musi ifise views zishemeye, uwo muririmvyi yarondewe na Chris Easy nawe ngo bakorane Indirimbo. Uwo muririmvyi w&#8217;umunyarwanda ari mu bakunzwe cane I Kigali, abarizwa I [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42434,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[971],"class_list":["post-42431","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","tag-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Akazina ka Kirikou Akili kabandanya gakura cane, kariko gatuma uwo muririmvyi yizerwa cane n&#8217;abanya-Kigali, bigatuma banamusanga mw&#8217;ikobe kugira bakorane Indirimbo. Inyuma yo gukorana na Kivumbi King Indirimbo bise Yalampaye uno musi ifise views zishemeye, uwo muririmvyi yarondewe na Chris Easy nawe ngo bakorane Indirimbo. Uwo muririmvyi w&#8217;umunyarwanda ari mu bakunzwe cane I Kigali, abarizwa I [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-19T10:06:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230519-093925.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"407\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/\",\"name\":\"Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-05-19T10:06:11+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-19T10:06:11+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Akazina ka Kirikou Akili kabandanya gakura cane, kariko gatuma uwo muririmvyi yizerwa cane n&#8217;abanya-Kigali, bigatuma banamusanga mw&#8217;ikobe kugira bakorane Indirimbo. Inyuma yo gukorana na Kivumbi King Indirimbo bise Yalampaye uno musi ifise views zishemeye, uwo muririmvyi yarondewe na Chris Easy nawe ngo bakorane Indirimbo. Uwo muririmvyi w&#8217;umunyarwanda ari mu bakunzwe cane I Kigali, abarizwa I [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-05-19T10:06:11+00:00","og_image":[{"width":720,"height":407,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230519-093925.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/","name":"Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-05-19T10:06:11+00:00","dateModified":"2023-05-19T10:06:11+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyarwanda-barakuranwa-mu-minwe-kwa-kirikou-akili\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abanyarwanda barakuranwa mu minwe Kwa Kirikou Akili"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42431","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42431"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42431\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42435,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42431\/revisions\/42435"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42434"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42431"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42431"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42431"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}