{"id":42453,"date":"2023-05-21T19:57:41","date_gmt":"2023-05-21T19:57:41","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42453"},"modified":"2023-05-21T19:57:41","modified_gmt":"2023-05-21T19:57:41","slug":"iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/","title":{"rendered":"Iyindi Social Media y&#8217;abarundi ngo buca isanga GASAPE SN"},"content":{"rendered":"<p><strong>Inyuma ya Gasape SN, abarundi bandi babandanya bakora izindi mbugahwaniro. Hari uwamenyekanye mu bumanuko bw&#8217;igihugu, yakoze urundi.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Nkuko amakuru dukesha ikimenyeshamakuru Ijwi rya Amerika abishikiriza, urwo rubuga rwakozwe n&#8217;umunyeshure w&#8217;imyaka 16 y&#8217;amavuko. Yiga mu mashure yiwe yisumbuye.<\/strong><\/p>\n<p>Nkuko ico kinyamakuru kibandanya kibishikiriza, urwo rubuga rufitanye ubucuti na Telegram, urubuga rwo kuganirirako rw&#8217;abarusiya. Ariko uwo musore akaba ngo afise ikibazo c&#8217;ugushira ahabona urwo rubuga kugira abantu babashe kurukoresha, ngo nawe abashe kwunguka.<br \/>\nUrwo rubuga rutaranavuka, rukaba ruje rusanga rugenzi rwarwo GASAPE SN, narwo rwakozwe n&#8217;abarundi, rwo rusa n&#8217;urwatanguye gushinga imizi ugereranije na zigenzi zazo, zo zimaze imyaka itari mike.<br \/>\nGASAPE SN, rukaba rutorohewe mu misi iheze, kuko rwigeze no gukurwa ku mbuga nka Playstore na Appstore kuko hariho urubanza rwabahuza na rumwe mu mbuga zikoreshwa na benshi kw&#8217;isi.<br \/>\nAriko Imana ikaba yarabikoze, ubu urwo rubuga rudasiba gutera imbere rukaba rumaze gusubira Kuri ayo masoko y&#8217;imbuga, ibica bituma urwo rubuga rubasha gushirwa mu duhamagazo cane, n&#8217;abarukoresha buri musi bakiyongera.<br \/>\nKu rubuga rwa Twitter, bamwe bakaba batanguye kuvuga ko abarundi batanguye gukomera, kuko batanguye kwinjira ku masomo akomeye yo gukora izo mbuga, ariko abandi n&#8217;abo bakaba batabibona uko.<br \/>\nCommentaire twabashije kubona, umwe akaba avuga ko kuvuga ko bene izo mbuga zimaze gushinga imizi bagiye guhinda agashitsi kubera abarundi n&#8217;abo batanguye gutera Imbere, ngo ari ukwihenda cane. Igituma ngo nuko bo bakomeye, mu gihe hano iwacu tutaranikangura, ariko tukiyemerera mu ndoto, abandi bo bageze gusarura utwo barimye haraheze imyaka itari mike.<\/p>\n<p>Ikindi twovuga nuko inyuma yaho amashirahamwe yo gutumanako amakuru asa n&#8217;ayankiye urubuga rwa GASAPE SN, kurushira mu gitigiri c&#8217;imbuga hwaniro zifise ama Bouquet, urwo rubuga rwamaze gutangura kugerageza Carte Sim ya connection gusa. Iyo connection ikaba izoba ikomoka Kuri Satellite.<br \/>\nIyo carte sim Ikaba izoba ibonetse inyuma y&#8217;ingendo z&#8217;urutavanako nyene urwo rubuga, Peris Saxe Gateka yakoreye muri Leta zunze ubumwe za Amerika, aho harimwo n&#8217;urwo yaherekejemwo umukuru w&#8217;igihugu mu nama yahuza abagwizatunga b&#8217;abarundi, n&#8217;abagwizatunga ba muri amerika.<br \/>\nIzi mbuga zirko ziravuka hano iwacu rero zikaba atarizo zonyene, kuko hari n&#8217;izindi zitari nke zakozwe n&#8217;abirabure, Kandi zikanakorerwa muri Afrika. Zimwe zikaba ziba muri za Kenya, Afrika y&#8217;epfo, Nigeria n&#8217;ahandi.<br \/>\nItandukanye ry&#8217; izi n&#8217;izindi mbuga hwaniro tumenyereye, akaba ari uko zo zitabashije kumenyekana cane, ngo zikoreshwe na benshi, gutyo ngo haboneke impinduka zikomeye mu bijanye n&#8217;ubuhinga zifise.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma ya Gasape SN, abarundi bandi babandanya bakora izindi mbugahwaniro. Hari uwamenyekanye mu bumanuko bw&#8217;igihugu, yakoze urundi. Nkuko amakuru dukesha ikimenyeshamakuru Ijwi rya Amerika abishikiriza, urwo rubuga rwakozwe n&#8217;umunyeshure w&#8217;imyaka 16 y&#8217;amavuko. Yiga mu mashure yiwe yisumbuye. Nkuko ico kinyamakuru kibandanya kibishikiriza, urwo rubuga rufitanye ubucuti na Telegram, urubuga rwo kuganirirako rw&#8217;abarusiya. Ariko uwo musore [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42454,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,525],"tags":[],"class_list":["post-42453","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-sports"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Iyindi Social Media y&#039;abarundi ngo buca isanga GASAPE SN - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Iyindi Social Media y&#039;abarundi ngo buca isanga GASAPE SN - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma ya Gasape SN, abarundi bandi babandanya bakora izindi mbugahwaniro. Hari uwamenyekanye mu bumanuko bw&#8217;igihugu, yakoze urundi. Nkuko amakuru dukesha ikimenyeshamakuru Ijwi rya Amerika abishikiriza, urwo rubuga rwakozwe n&#8217;umunyeshure w&#8217;imyaka 16 y&#8217;amavuko. Yiga mu mashure yiwe yisumbuye. Nkuko ico kinyamakuru kibandanya kibishikiriza, urwo rubuga rufitanye ubucuti na Telegram, urubuga rwo kuganirirako rw&#8217;abarusiya. Ariko uwo musore [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-21T19:57:41+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230521-215058.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"410\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/\",\"name\":\"Iyindi Social Media y'abarundi ngo buca isanga GASAPE SN - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-05-21T19:57:41+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-21T19:57:41+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Iyindi Social Media y&#8217;abarundi ngo buca isanga GASAPE SN\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Iyindi Social Media y'abarundi ngo buca isanga GASAPE SN - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Iyindi Social Media y'abarundi ngo buca isanga GASAPE SN - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma ya Gasape SN, abarundi bandi babandanya bakora izindi mbugahwaniro. Hari uwamenyekanye mu bumanuko bw&#8217;igihugu, yakoze urundi. Nkuko amakuru dukesha ikimenyeshamakuru Ijwi rya Amerika abishikiriza, urwo rubuga rwakozwe n&#8217;umunyeshure w&#8217;imyaka 16 y&#8217;amavuko. Yiga mu mashure yiwe yisumbuye. Nkuko ico kinyamakuru kibandanya kibishikiriza, urwo rubuga rufitanye ubucuti na Telegram, urubuga rwo kuganirirako rw&#8217;abarusiya. Ariko uwo musore [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-05-21T19:57:41+00:00","og_image":[{"width":720,"height":410,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/Screenshot_20230521-215058.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/","name":"Iyindi Social Media y'abarundi ngo buca isanga GASAPE SN - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-05-21T19:57:41+00:00","dateModified":"2023-05-21T19:57:41+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iyindi-social-media-yabarundi-ngo-buca-isanga-gasape-sn\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Iyindi Social Media y&#8217;abarundi ngo buca isanga GASAPE SN"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42453","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42453"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42453\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42455,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42453\/revisions\/42455"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42454"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42453"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42453"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42453"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}