{"id":42465,"date":"2023-05-22T10:43:58","date_gmt":"2023-05-22T10:43:58","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42465"},"modified":"2023-05-22T10:55:38","modified_gmt":"2023-05-22T10:55:38","slug":"indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/","title":{"rendered":"# Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako"},"content":{"rendered":"<p>Umukinyi wese w\u2019ntamba mu rugamba azorenga amategeko y\u2019umurwi nserukira gihugu \u00a0azohanwa hisunzwe amategeko .<\/p>\n<p>Ivyo bikaba vyaraye bivuzwe n\u2019uwurongoye Ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru mu Burundi G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Muyenge Alexandre kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Rusama 2023 kuri Tropitel Hotel I Gitega mu nama yabose yaraye itunganijwe n\u2019iryo shirahamwe asanzwe arongoye .<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Muyenge Alexandre akaba yavuze ko Uburundi butsinze Namibia mu rukino rwo \u00a0kurondera itike rya CAN 2024 bushobora kwiyongera amahiwe yo kwitabira izo nkino naho bazoba bagisigaje urukino rumwe na Cameroun kandi bayisanze iwabo vyose birashoboka .<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Akaba yagize ati\u2019\u2019 Tugatsindwa na Namibie mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira CAN 2024 C\u00f4t\u00e9 d\u2019Ivoire vyose bizoba bipfuye , mugabo tuyitsinze amahirwe azoba akiriho kuko mu kwezi kw\u2019icenda tuzohura na Cameroun naho tuzoyisanga iwabo ntakidashoboka ibintu vy\u2019umupira n\u2019ukwitegura gusa, naho ibindi umupira n\u2019umwe kuko na Namibie yabikoze ntawari azi ko Namibie yogenda ikanganya na Cameroun iwabo isubira kandi kwakirira Cameroun muri Africa y\u2019epfo ikayitsinda ibitsindo 2-1 , vyose ni umupira birashoboka bisaba ko umwe umwe yitanga.<\/p>\n<p>\u2018\u2019 Mugabo uko kwitanga bisigura ko n\u2019indero tutayisiga inyuma , kuko abakinyi bamwe bamwe harabo usanga baramaze kuba ibicocoro indero si ikirenga wamubwira ati ubona twokora ibi ngo apana jewe sindimwo .<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>\u2018\u2019 Abantu nkabo rero twopfuma turekana nabo tugakorana n\u2019ababishoboye bagira bati: &#8220;Twebwe turazi igihugu icarico badutumyeko ni kuneza y\u2019igihugu ni kuneza yacu . &#8220;Harya birababaje nk\u2019umuvyeyi ugatumako umwana ukamubwira mwana turafise urubanza kanaka ati jewe sinzoza , nawe uri umuvyeyi uravuga ati wa mwana yarenze ihangiro \u2018\u2019<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>\u2018\u2019 Iciza n\u2019uko imirwi nserukira gihugu y\u2019intamba yose mu rugamba yaronse amategeko igenderako , twebe uwuzokwemera kugendera kuri ayo mategeko tuzobandanya nawe uwudashaka kuyakurikiza tuzomusezerera .<\/p>\n<p>\u2018\u2019 \u00a0Yasubiye kandi aravuga y\u2019uko hari abakinyi bamwe bamwe yumvise bidogera ayo mategeko y\u2019umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba , ariko akaba yaciye yibutsa ko ata murwi ubura amategeko no mu mirwi isanzwe habaho amategeko.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>. Mwomenyako ayo mategeko yashizweho bivanye n\u2019uko hari abakinyi bamwe bamwe b\u2019umurwi nserukira gihugu w\u2019Intamba mu rugamba bama banka kwitabira ubutumire baba bahawe.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umukinyi wese w\u2019ntamba mu rugamba azorenga amategeko y\u2019umurwi nserukira gihugu \u00a0azohanwa hisunzwe amategeko . Ivyo bikaba vyaraye bivuzwe n\u2019uwurongoye Ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru mu Burundi G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Muyenge Alexandre kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Rusama 2023 kuri Tropitel Hotel I Gitega mu nama yabose yaraye itunganijwe n\u2019iryo shirahamwe asanzwe arongoye . [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":42487,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[534,524,515,598,525],"tags":[],"class_list":["post-42465","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-abakinyi-bakina-hanze","category-football","category-homepage","category-intamba-murugamba","category-sports"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title># Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"# Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umukinyi wese w\u2019ntamba mu rugamba azorenga amategeko y\u2019umurwi nserukira gihugu \u00a0azohanwa hisunzwe amategeko . Ivyo bikaba vyaraye bivuzwe n\u2019uwurongoye Ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru mu Burundi G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Muyenge Alexandre kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Rusama 2023 kuri Tropitel Hotel I Gitega mu nama yabose yaraye itunganijwe n\u2019iryo shirahamwe asanzwe arongoye . [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-22T10:43:58+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-05-22T10:55:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/C4331311-132D-454E-BC21-5651C78D32FD.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"636\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"bosingwa\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"bosingwa\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/\",\"name\":\"# Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-05-22T10:43:58+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-22T10:55:38+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"# Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\",\"name\":\"bosingwa\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"bosingwa\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"# Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"# Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umukinyi wese w\u2019ntamba mu rugamba azorenga amategeko y\u2019umurwi nserukira gihugu \u00a0azohanwa hisunzwe amategeko . Ivyo bikaba vyaraye bivuzwe n\u2019uwurongoye Ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru mu Burundi G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Muyenge Alexandre kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Rusama 2023 kuri Tropitel Hotel I Gitega mu nama yabose yaraye itunganijwe n\u2019iryo shirahamwe asanzwe arongoye . [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-05-22T10:43:58+00:00","article_modified_time":"2023-05-22T10:55:38+00:00","og_image":[{"width":960,"height":636,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/C4331311-132D-454E-BC21-5651C78D32FD.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"bosingwa","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"bosingwa","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/","name":"# Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-05-22T10:43:58+00:00","dateModified":"2023-05-22T10:55:38+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-abakinyi-bintamba-bibicocoro-badafise-indero-bagiye-kureka-kubatumako\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"# Indundi Sports | Abakinyi b\u2019Intamba b\u2019ibicocoro badafise indero bagiye kureka kubatumako"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2","name":"bosingwa","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"bosingwa"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42465","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42465"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42465\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42485,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42465\/revisions\/42485"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42487"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42465"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42465"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42465"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}