{"id":42606,"date":"2023-05-29T09:08:04","date_gmt":"2023-05-29T09:08:04","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42606"},"modified":"2023-05-29T09:08:04","modified_gmt":"2023-05-29T09:08:04","slug":"indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/","title":{"rendered":"# Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba"},"content":{"rendered":"<p>Ico Saido Ntibazonkiza na bagenzi biwe bokwihutira gukora ngo ni ukuvugana na Staff y\u2019Intamba mu rugamba kugira barabe ko icoba catumye badahamagarwa mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba\u00a0 kitoba ari ugusiba mu nkino zibiri za kivandimwe ziheruka guhuza Uburundi na Indon\u00e9sie .<\/p>\n<p>Abakinyi b\u2019intamba mu rugamba nka Saido Ntibazonkiza, Cedric Amissi , Fr\u00e9d\u00e9ric Nsabiyumva hamwe na Mohammed Amissi ntibahamagawe mu rutonde rw\u2019abakinyi 29 bagiye kwitegurira urukino rwo kuronderera itike rya CAN 2024 izobera muri C\u00f4t\u00e9 d\u2019Ivoire ruzobahuza na Namibia kw\u2019igenekerezo rya 20 Ruheshi 2023 .<\/p>\n<p>Biravurwa ko amakosa ya bano bakinyi ashobora kuba ari aya akurikira naho tudafise ivyemezo bikwiye 100% :<\/p>\n<p>1) Saidi Ntibazonkiza: Uwo mukinyi mu nkino zibiri za kivandimwe zabaye mu mwaka uheze 2022 zahuje Uburundi na C\u00f4t\u00e9 d\u2019Ivoire hamwe na Guin\u00e9e Conakry -23 ntiyigeze yitabira ubutumire bw\u2019Intamba mu rugamba kumvo zidasiguritse . Yasubiye kandi gutimirwa mu nkino zibiri za kivandimwe zahuje Intamba mu rugamba na Indon\u00e9sie muri uno mwaka wa (2023) , aranka kuza kuzikina kumvo z\u2019uko yoba afise urukino rwa Simba Sc mugihe bagenzi biwe bakinana nabo nyene bari batumiwe n\u2019imirwi nserukira gihugu yabo kandi bitabiriye ubutumire, ariko ica babaje benshi nuko uwo mukinyi baciye bamubona mu Buyenzi ku kibuga ca Saint Augustin ariko akinana n\u2019abandi bakinyi ibinugwa nugwa KO bishora kuba arivyo vyatumye Staff y\u2019Intamba mu rugamba hamwe na FFB babona ko yabasuzuguye ndetse asuzugura bagenzi biwe ndetse n\u2019Abarundi bose muri rusangi .<\/p>\n<p>2) Cedric Amissi : Uwu nawe mu nkino zibiri za kivandimwe zahuje Intamba mu rugamba na C\u00f4t\u00e9 d\u2019ivoire hamwe na Guin\u00e9e Conakry -23 mu mwaka wa ( 2022) ntiyabonetse muri izo nkino nawe nyene , bikavugwa ko yoba yatanze imvo zitumvikana . Si ivyo gusa ntiyigeze yitabira n\u2019inkino zibiri za kivandimwe zahuje Uburundi na Indon\u00e9sie aho yasiguye ko afise ibibazo vy\u2019umuryango , bukeye bwaho hari aboba baramubonye mu Rwanda no mu Burundi ibivugwa KO\u00a0 vyoba arivyo vyashavuje Staff Nshasha y\u2019Intamba mu rugamba ndetse n\u2019indongozi za FFB n\u2019abarundi muri rusangi .<\/p>\n<p>3) Fr\u00e9d\u00e9ric Nsabiyumva : Uwo nawe ni gake atitabira inkino z\u2019Intamba mu rugamba , ariko muri kino gihe ngo yoba yaranse kuza gukina inkino zibiri za kivandimwe na Indon\u00e9sie kumvo z\u2019uko yariko araba ingene yimura umuryango wiwe mu gihugu ca Suede , ariko amatwi ansumira ngo insuguro yatanze ngo nawe nyene yoba itumvikana bivanye n\u2019amatohoza yakozwe .<\/p>\n<p>4) Mohammed Amissi : Uwo nawe muri za nkino zibiri za kivandimwe zahuje Uburundi na Indon\u00e9sie , mu kiganiro Umumenyereza Mukuru w\u2019Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije yari yakoranye n\u2019abamenyeshamakuru imbere yuko avuga urutonde rw\u2019abakinyi bazokwitegurira izo nkino yari mu rutonde , ariko ikosa yakoze yaciye asimbira ku rubuga ngurukanabumenyi rwiwe uwo musi nyene yandika ko atazoboneka muri izo nkino zibiri bivanye n\u2019uko atameze neza ijana kw\u2019ijana ( 100%) , ivyo benshi ntibabishimye kuko babona ko yoba yabeshuje Umumenyereza . Ikindi gishobora kuba catumye uwo mukinyi adahamagarwa ni urugero rwiwe rwagabanutse kuburyo buteye ubwoba kuko no muri Portugal atagikinishwa.<\/p>\n<p>Bivanye n\u2019iyo nyifato y\u2019abo bakinyi ngo Staff y\u2019Intamba ifadikanije na FFB baciye bafata ingingo yo kudasubira kubatumako narirya hari abama batumweko ariko ntibitabire ubutumire .<\/p>\n<p>Bukavugwa ko Intumbero y\u2019ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru mu Burundi FFB ngo ari ugukinisha abasore bakiri bato kandi bafise indero .<\/p>\n<p>Uwahoze ari Kizigenza w\u2019Intamba mu rugamba akaba ari no muri Staff y\u2019Intamba mu rugamba Vallery Nahayo wewe yanditse kurubuga ngurukanabumenyi rwa Facebook yiwe mu avuga ko ata mukinyi mukuru asumba umurwi .<\/p>\n<p>Benshi mu bakunzi b\u2019inkino ba hano iwacu na cane cane abakunda abo bakinyi basaba ko abo bakinyi boraba ingene bokwegera Staff nshasha y\u2019Intamba mu rugamba bakaraba ingene boyaga kuri ico kibazo co kudatumwako.<\/p>\n<p>Mukibuka ko Nshimirimana Jospin nawe nyene yigeze kugiranira ikibazo na Staff y\u2019Intamba mu rugamba mu mwaka uheze aho yasize abandi mu gihugu ca Maroc yiyizira i Bujumbura mugihe bari bagisigaje gukina urukino rumwe rwari kubahuza na Guin\u00e9e Conakry -23.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Mwomenya ko hamaze gushirwaho amategeko mashasha y\u2019umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba uwuzoyarengako azohanwa hisunzwe amategeko .<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ico Saido Ntibazonkiza na bagenzi biwe bokwihutira gukora ngo ni ukuvugana na Staff y\u2019Intamba mu rugamba kugira barabe ko icoba catumye badahamagarwa mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba\u00a0 kitoba ari ugusiba mu nkino zibiri za kivandimwe ziheruka guhuza Uburundi na Indon\u00e9sie . Abakinyi b\u2019intamba mu rugamba nka Saido Ntibazonkiza, Cedric Amissi , Fr\u00e9d\u00e9ric Nsabiyumva [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":42608,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[534,524,598,525],"tags":[],"class_list":["post-42606","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-abakinyi-bakina-hanze","category-football","category-intamba-murugamba","category-sports"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title># Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"# Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ico Saido Ntibazonkiza na bagenzi biwe bokwihutira gukora ngo ni ukuvugana na Staff y\u2019Intamba mu rugamba kugira barabe ko icoba catumye badahamagarwa mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba\u00a0 kitoba ari ugusiba mu nkino zibiri za kivandimwe ziheruka guhuza Uburundi na Indon\u00e9sie . Abakinyi b\u2019intamba mu rugamba nka Saido Ntibazonkiza, Cedric Amissi , Fr\u00e9d\u00e9ric Nsabiyumva [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-29T09:08:04+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/21BC5B3C-1AA7-4DBD-8E8B-59AA7669B964.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1600\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"900\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"bosingwa\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"bosingwa\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/\",\"name\":\"# Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-05-29T09:08:04+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-29T09:08:04+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"# Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\",\"name\":\"bosingwa\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"bosingwa\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"# Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"# Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ico Saido Ntibazonkiza na bagenzi biwe bokwihutira gukora ngo ni ukuvugana na Staff y\u2019Intamba mu rugamba kugira barabe ko icoba catumye badahamagarwa mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba\u00a0 kitoba ari ugusiba mu nkino zibiri za kivandimwe ziheruka guhuza Uburundi na Indon\u00e9sie . Abakinyi b\u2019intamba mu rugamba nka Saido Ntibazonkiza, Cedric Amissi , Fr\u00e9d\u00e9ric Nsabiyumva [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-05-29T09:08:04+00:00","og_image":[{"width":1600,"height":900,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/21BC5B3C-1AA7-4DBD-8E8B-59AA7669B964.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"bosingwa","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"bosingwa","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/","name":"# Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-05-29T09:08:04+00:00","dateModified":"2023-05-29T09:08:04+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ukuri-ni-ukuhe-ku-coba-catumye-saido-ntibazonkiza-na-bagenziwe-badahamagarwa-mu-ntamba-mu-rugamba\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"# Indundi Sports | Ukuri ni ukuhe ku coba catumye Saido Ntibazonkiza na bagenziwe badahamagarwa mu Ntamba mu rugamba"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2","name":"bosingwa","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"bosingwa"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42606","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42606"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42606\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42617,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42606\/revisions\/42617"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42608"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42606"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42606"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42606"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}