{"id":42727,"date":"2023-06-06T10:29:13","date_gmt":"2023-06-06T10:29:13","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42727"},"modified":"2023-06-06T10:29:13","modified_gmt":"2023-06-06T10:29:13","slug":"hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/","title":{"rendered":"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel"},"content":{"rendered":"<p>Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel<br \/>\nAmashusho ya Hosy irakoze ari mu Rwanda mu karuhuko, yakunzwe cane n&#8217;abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook, nkuko twabashije kubibona.<\/p>\n<p>Uwo mumenyeshamakuru aheruka kwerekeza mu Rwanda, igihugu asanzwe afisemwo umuvyeyi, Kandi anafitiye ubwenegihugu, akaba yaboneyeho akaryo ko kugendera bimwe mu bibanza vyavugishije abatari bake mu misi iheze.<br \/>\nImwe mu mafoto yavuzweko cane, ikaba Ari FOTO yafatiwe mu kibanza kirimwo imwe muma Hotel akomeye mu Rwanda, Hotel Marara. Iyo nyene ikaba ariyo hoteri iheruka gufatirwamwo amasanamu ya ya Ndirimbo nshasha ya Element na Bruce Melodie.<\/p>\n<p>Ayo mashusho mu masaha ari musi ya 72, akaba yaramaze gukundwa n&#8217;abarenga 8000 uko ari 2, ibitari bwabashe gukoreka kuri urwo rubuga rwiwe rukurikirwa n&#8217;abarenga Gato 13,000.<br \/>\nHosy irakoze akunzwe cane mu bimenyeshamakuru mu Rwanda, kuko aharurwa mu bamenyeshamakuru bakorera ku rubuga rwa YouTube bamenyekanye cane, akaba ataraboneka mu biganiro mu bimenyeshamakuru kuri urwo rubuga.<br \/>\nIzo FOTO 2 zabonetse zakunzwe zikaba zari zifiseko ubutumwa busa nkaho butandukanye ariko busa n&#8217;uburabishwa hamwe kuko hamwe yavuze ko isabukuru ryiwe ry&#8217;amavuko ry&#8217;uno mwaka rizoba intibagiranwa, iyindi nayo yabonetse ari ku Mazi, akaba yavuze ko vy&#8217;ukuri ako karuhuko kaba gakenewe kuko baba barakoze.<br \/>\nNaho abatari bake bishimiye urwo rugendo rwa Hosy Kuri iyo nzu y&#8217;abahita iharurwa mu zizimvye mu Rwanda, abandi nabo bakaba bavuze ko uwo mugore atabashije gushika Kuri iyo hotel, ahubwo ngo iyo FOTO yakoreshejwe bita Photoshop bahamushira atahahonyoje ikirenge.<br \/>\nHosy irakoze rero akaba akoze urwo rugendo, mu gihe yaragize imisi ari ku munwa wa benshi kubera ikiganiro girlfriends yaheruka gukorana na mugenziwe Gretta ariko bikaza kutoroha kuko abatari bake babagirije gucafuza umwe mu bari abagenzi biwe.<br \/>\nMuri iyo misi itari yoroshe, uwo mumenyeshamakuru yabonye n&#8217;umuryango wiwe nawo winjijwe muri iyo ntambara y&#8217;amajambo yariko ikorwa n&#8217;aba na bariya barimwo abo bahora baravuga rumwe.<br \/>\nHampande y&#8217;ukuba rero atoroherwa mu kazi asanzwe akora, Hosy irakoze akaba ariwe mugore amaze Gutera imbere bikomeye mu basanzwe bakorera Kuri urwo rubuga rwa YouTube, kuko YouTube Yatanguje haraheze imyaka itari mike, yabashije guharurwa mu binyamakuru vya hano iwacu, ariko Kandi akaba ari no mu bafise abamukurikirana batari bake.<br \/>\nHosy irakoze na Syren Vibe Kandi akaba ari umumenyeshamakuru w&#8217;umugore akorera Kuri urwo rubuga amaze gukorana n&#8217;amashiramwe atandukanye y&#8217;ubudandaji, arimwo ayakomeye ya hano iwacu.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel Amashusho ya Hosy irakoze ari mu Rwanda mu karuhuko, yakunzwe cane n&#8217;abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook, nkuko twabashije kubibona. Uwo mumenyeshamakuru aheruka kwerekeza mu Rwanda, igihugu asanzwe afisemwo umuvyeyi, Kandi anafitiye ubwenegihugu, akaba yaboneyeho akaryo ko kugendera bimwe mu bibanza vyavugishije abatari bake mu misi iheze. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42729,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,1],"tags":[],"class_list":["post-42727","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-uncategorized"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel Amashusho ya Hosy irakoze ari mu Rwanda mu karuhuko, yakunzwe cane n&#8217;abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook, nkuko twabashije kubibona. Uwo mumenyeshamakuru aheruka kwerekeza mu Rwanda, igihugu asanzwe afisemwo umuvyeyi, Kandi anafitiye ubwenegihugu, akaba yaboneyeho akaryo ko kugendera bimwe mu bibanza vyavugishije abatari bake mu misi iheze. [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-06-06T10:29:13+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230606-115121.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"719\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"407\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/\",\"name\":\"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-06-06T10:29:13+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-06T10:29:13+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel Amashusho ya Hosy irakoze ari mu Rwanda mu karuhuko, yakunzwe cane n&#8217;abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook, nkuko twabashije kubibona. Uwo mumenyeshamakuru aheruka kwerekeza mu Rwanda, igihugu asanzwe afisemwo umuvyeyi, Kandi anafitiye ubwenegihugu, akaba yaboneyeho akaryo ko kugendera bimwe mu bibanza vyavugishije abatari bake mu misi iheze. [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-06-06T10:29:13+00:00","og_image":[{"width":719,"height":407,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230606-115121.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/","name":"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-06-06T10:29:13+00:00","dateModified":"2023-06-06T10:29:13+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hosy-irakoze-ngo-arabesha-ntiyahonyoye-kuri-marara-hotel\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42727","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42727"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42727\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42730,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42727\/revisions\/42730"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42729"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42727"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42727"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42727"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}