{"id":42857,"date":"2023-06-18T09:13:43","date_gmt":"2023-06-18T09:13:43","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42857"},"modified":"2023-06-18T09:13:43","modified_gmt":"2023-06-18T09:13:43","slug":"sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/","title":{"rendered":"Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi?"},"content":{"rendered":"<p><strong>Abarundi bakunda umuziki, ngo baratutswe mu bitabo bikoreshwa mu Kwigisha igifaransa abanyeshure bo mu mwaka w&#8217;8. None Sat-B ariko ahanurwa kwitura ubutungane, ngo bamurenganure. <\/strong><br \/>\n<strong>Bizimana Aboubakar karume ngo yamaze gutera intambwe yo kwitura Ubushikiranganji bw&#8217;indero ngo barabe uko bahindura ivyamwanditsweko mu gitabo co mu mwaka w&#8217;8.<\/strong><\/p>\n<p>Uwo muririmvyi Kuri 4 yari yanditse ashima ariko Kandi anegura ivyanditswe muri ico gitabo c&#8217;icigea c&#8217;igifaransa. Ico gihe akaba yavuga ko igituma adashima 100%, ngo nuko banditsemwo ko abo two kwita aba Maiyobobo ngo aribo bana batamvye umuziki wiwe.<br \/>\nUwo muririmvyi akaba yavuga ko ukwo ari ukudaha agaciro ibikorwa vyiwe mk&#8217;umuririmvyi, Kandi usanzwe umutunze we n&#8217;umuryango wiwe.<br \/>\nYagize ati :&#8221; Muri iki gitabo co mu mwaka w&#8217;8, mu cigwa c&#8217;igifaransa hagaragaza uko izina Sat-B ryamamaye ariko rigasuzugururwa bivanye n&#8217;ukuntu handitse ko seul Les jeunes Delenquants aribo baza gutamba. Je Peu Vous Rassurer que umwuga wanje umbeshejeho n&#8217;umuryango wanje. Turashaka ihinduka ku kuntu umwuga w&#8217;umuririmvyi utahurwa mu Burundi.<br \/>\nNB : Nayo Ubundi ni vyiza kuba batwiga tutize.&#8221;<\/p>\n<p>Inyuma y&#8217;ubwo butumwa abantu batari bake bakaba baramushigikiye bamwe bavuga ko imbere yo kuraba uruhande rubi rw&#8217;uwo mwuga bonabanza kuraba uruhande rwiza, rurimwo umunezero uzana, co kimwe n&#8217;uburyo ufasha mu guteza imbere igihugu.<br \/>\nAbandi bamwagiriza kuba anywa urumogi, none bishura muri Commentaire Kuri Twitter, kuko yahakanye ivyo bamwagiriza, n&#8217;abo bagasaba n&#8217;abavuga nkaho babifitiye ivyemezo.<\/p>\n<p>Nayo abandi bakaba bamusavye kubanza Kwanza Gushima, kuko ngo ico gitabo kitazokora umwanya mutoyi gusa, ahubwo ngo kizoguma mu mateka.<br \/>\nAbandi n&#8217;abo bakaba bagiye kure bavuga ko uwo muririmvyi bamurengeye akarimbi, bavuga ko igikorwa cakozwe n&#8217;umwanditsi w&#8217;ico gitabo, ngo ataho bitandukanye n&#8217;ibikorwa n&#8217;imbeba yitwa mushushwe aho ikirya iguhuha.<br \/>\nUno musi wa gatanu, uwo muririmvyi yahavuye anasubira kuvuga Kuri iyo nkuru, aho yavuze ko ubu naho yamaze kurungika intumwa mu bushikiranganji bw&#8217;indero ngo ico gitutsi batutse abakunzi biwe n&#8217;abakunzi b&#8217;umuziki muri rusangi.<\/p>\n<p>Yanditse agira ati :&#8221; Mpejeje gusaba uburongozi bwanje kuja mu bushikiranganji bw&#8217;indero kugirango barabe ko bihindura iki gitutsi ku bakunzi Banje, n&#8217;abakunzi b&#8217;umuziki muri rusangi, mu rwego rwo gukingira umwuga wo kuririmba mu Burundi.<br \/>\nN.B : Vyari bikwiye ko Uburundi butera intege, Ingabire, Ubushakashatsi co kimwe no guhanga. &#8221;<br \/>\nUbwo butumwa ntibwijanye, kuko abatari bake babugarutseko, aho vy&#8217;ukuri bagaragaje ko ivyakozwe n&#8217;uwo mwanditse ari amakosa akomeye cane.<br \/>\nMu bagize ico bashikiriza hakaba hari umwe mu bagiye muri Launch ya Album inkuru y&#8217;ukuri muri 2009, akaba yavuze ko ico gihe yari muri Kamenuza. Ngo uwanditse ico gitabo nawe yaramututse.<br \/>\nAbandi n&#8217;abo bakaba bamusavye kurondera uwize amategeko, noneho bakagenda bajanye ku mwanditsi kugira baganire uburyo ivyo bitabo vyokurwa kw&#8217;isoko.<\/p>\n<p>Aha mukamenya ko ivyo vyandiko vyanditswe mu ntumbero yo guha imyimenyerezo abanyeshure, kuko bategerezwa guhadukiriza irivuga riri mu tuzitizo, ico bita Mu gifaransa conjuque le Verbe ().<br \/>\nGushika ubu hakaba hataramenyekana nimba azohava yitura ubutungane ngo barabe ko hobamwo impinduka iboneka, canke nimba azorondera abo mu bushikiranganji noneho abasabe kubihindura gusa.<br \/>\nIbi bikaba vyatumye twibaza, igihe uwo Mugabo yoshima kwitura ubungane, uwo yokwitwarira uwariwe. Nimba yoshira imbere y&#8217;ubutungane Ubushikiranganji bw&#8217;indero, canke uwanditse ico gitabo.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abarundi bakunda umuziki, ngo baratutswe mu bitabo bikoreshwa mu Kwigisha igifaransa abanyeshure bo mu mwaka w&#8217;8. None Sat-B ariko ahanurwa kwitura ubutungane, ngo bamurenganure. Bizimana Aboubakar karume ngo yamaze gutera intambwe yo kwitura Ubushikiranganji bw&#8217;indero ngo barabe uko bahindura ivyamwanditsweko mu gitabo co mu mwaka w&#8217;8. Uwo muririmvyi Kuri 4 yari yanditse ashima ariko Kandi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42858,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[],"class_list":["post-42857","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abarundi bakunda umuziki, ngo baratutswe mu bitabo bikoreshwa mu Kwigisha igifaransa abanyeshure bo mu mwaka w&#8217;8. None Sat-B ariko ahanurwa kwitura ubutungane, ngo bamurenganure. Bizimana Aboubakar karume ngo yamaze gutera intambwe yo kwitura Ubushikiranganji bw&#8217;indero ngo barabe uko bahindura ivyamwanditsweko mu gitabo co mu mwaka w&#8217;8. Uwo muririmvyi Kuri 4 yari yanditse ashima ariko Kandi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-06-18T09:13:43+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230618-110918.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"409\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/\",\"name\":\"Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-06-18T09:13:43+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-18T09:13:43+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abarundi bakunda umuziki, ngo baratutswe mu bitabo bikoreshwa mu Kwigisha igifaransa abanyeshure bo mu mwaka w&#8217;8. None Sat-B ariko ahanurwa kwitura ubutungane, ngo bamurenganure. Bizimana Aboubakar karume ngo yamaze gutera intambwe yo kwitura Ubushikiranganji bw&#8217;indero ngo barabe uko bahindura ivyamwanditsweko mu gitabo co mu mwaka w&#8217;8. Uwo muririmvyi Kuri 4 yari yanditse ashima ariko Kandi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-06-18T09:13:43+00:00","og_image":[{"width":720,"height":409,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230618-110918.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/","name":"Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-06-18T09:13:43+00:00","dateModified":"2023-06-18T09:13:43+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-aritwarira-ubushikiranganji-canke-abanditsi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Sat-B aritwarira Ubushikiranganji canke abanditsi?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42857","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42857"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42857\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42859,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42857\/revisions\/42859"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42858"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42857"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42857"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42857"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}