{"id":42896,"date":"2023-06-23T07:59:48","date_gmt":"2023-06-23T07:59:48","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42896"},"modified":"2023-06-23T07:59:48","modified_gmt":"2023-06-23T07:59:48","slug":"pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/","title":{"rendered":"Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana"},"content":{"rendered":"<p><strong>Wa Mukozi w&#8217;Imana w&#8217;umunyarwanda Pastor Theogene yarakunzwe cane kubera uburyo yakoresha amajambo yo kwi barabara canke ayo musi y&#8217;itara nkuko mu Rwanda babivuga, mu kuvuga ubutumwa bwiza, yitabiye Imana mu gihugu c&#8217;Ubugande.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Umukozi w&#8217;Imana Pastor Niyoncuti Theogene yarasanzwe akunzwe na benshi kubera uburyo yavugamwo ijambo ry&#8217;Imana bisa n&#8217;ibitandukanye n&#8217;uko abandi bari basanzwe babikora, yitavye Imana.<\/strong><\/p>\n<p>Uwo mukozi w&#8217;Imana wo mu rusengero rya ADPER mu Rwanda, canke Pantekoti hano iwacu, yitavye Imana aho yarariko ava mu gihugu c&#8217;Ubugande, asubira mu Rwanda, nkuko vyemejwe na mwene Nyina.<br \/>\nAyo makuru dukesha ikimenyeshamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda avuga ko uwo mukozi w&#8217;Imana yararikumwe n&#8217;abantu 3 mu modoka aho bagira isanganya, hagasandaba abantu 2, barimwo uwo mukozi w&#8217;Imana Theogene.<br \/>\nUwo Mugabo yakunda gukoresha imvugo zo mw&#8217;ibarabara, abantu batari bake amarira ari menshi kuva hamenyekanye ko uwo mukozi w&#8217;Imana yitavye yatashe.<br \/>\nPastor Theogene yarazwiko gukora Ibiganiro bitandukanye mu bimenyeshamakuru mu Rwanda, aho yavuga intahe yiwe uburyo yaciye mu Buzima bugoye, ariko Imana ikaza kubumukuramwo.<br \/>\nUwo mukozi w&#8217;Imana akaba mu butumwa yashikiriza yagaruka cane ku bana bo mw&#8217;ibarabara, mu Rwanda bakunze kwita aba Marine.<br \/>\nMu vyamubayeko vyababaje benshi, harimwo inkuru y&#8217;ukuba atashobora kwigurira ikoti ryiza canke ngo yambare neza Kandi abana batari bake yaratunze batarabasha gufungura.<br \/>\nPastor Theogene Kandi yaheruka gushikiriza ijambo ry&#8217;Imana ryavugishije abatari bake, aho yavuze ko vy&#8217;ukuri mu nsengero hakenewe abakiristu batavuga Amen gusa Kuri za Micro, ahubwo ngo hakenewe abakiritu batanga, kuko izo micro ngo ntibatwenga ngo zice zivuga. Zijamwo amabuye kandi nayo agurwa amafaranga.<br \/>\nPastor Theogene akaba atasha yaheruka kwuzuza inzu y&#8217;umuryango wiwe. Abatari bake mu bakurikiranira ibiganiro atanga, bakaba baramufashije kugira abashe kwubaka iyo nzu.<br \/>\nUwo mukozi w&#8217;Imana Kandi muri iyi misi iheze akaba yaheruka kugwara, araja imisi itari mike mu bitaro, ariko Imana iramukiza asubira gukora igikorwa c&#8217;Imana.<br \/>\nPastor Theogene akaba ari mu bakozi b&#8217;Imana 3 bari bakunzwe cane muri ico gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, eka mbere no mu bihugu bitandukanye kubera ama Video yiwe ku mbuga ngurukanabumenyi yahanahanywa cane.<br \/>\nAha mukamenya ko akazi Kari kajanye uwo mukozi w&#8217;Imana muri ico gihugu, ari ukuvuga ubutumwa nkuko vyashikirijwe muri iyo nkuru nyene.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Wa Mukozi w&#8217;Imana w&#8217;umunyarwanda Pastor Theogene yarakunzwe cane kubera uburyo yakoresha amajambo yo kwi barabara canke ayo musi y&#8217;itara nkuko mu Rwanda babivuga, mu kuvuga ubutumwa bwiza, yitabiye Imana mu gihugu c&#8217;Ubugande. Umukozi w&#8217;Imana Pastor Niyoncuti Theogene yarasanzwe akunzwe na benshi kubera uburyo yavugamwo ijambo ry&#8217;Imana bisa n&#8217;ibitandukanye n&#8217;uko abandi bari basanzwe babikora, yitavye Imana. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42897,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519],"tags":[],"class_list":["post-42896","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Wa Mukozi w&#8217;Imana w&#8217;umunyarwanda Pastor Theogene yarakunzwe cane kubera uburyo yakoresha amajambo yo kwi barabara canke ayo musi y&#8217;itara nkuko mu Rwanda babivuga, mu kuvuga ubutumwa bwiza, yitabiye Imana mu gihugu c&#8217;Ubugande. Umukozi w&#8217;Imana Pastor Niyoncuti Theogene yarasanzwe akunzwe na benshi kubera uburyo yavugamwo ijambo ry&#8217;Imana bisa n&#8217;ibitandukanye n&#8217;uko abandi bari basanzwe babikora, yitavye Imana. [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-06-23T07:59:48+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230623-094937.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1079\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"597\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/\",\"name\":\"Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-06-23T07:59:48+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-23T07:59:48+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Wa Mukozi w&#8217;Imana w&#8217;umunyarwanda Pastor Theogene yarakunzwe cane kubera uburyo yakoresha amajambo yo kwi barabara canke ayo musi y&#8217;itara nkuko mu Rwanda babivuga, mu kuvuga ubutumwa bwiza, yitabiye Imana mu gihugu c&#8217;Ubugande. Umukozi w&#8217;Imana Pastor Niyoncuti Theogene yarasanzwe akunzwe na benshi kubera uburyo yavugamwo ijambo ry&#8217;Imana bisa n&#8217;ibitandukanye n&#8217;uko abandi bari basanzwe babikora, yitavye Imana. [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-06-23T07:59:48+00:00","og_image":[{"width":1079,"height":597,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230623-094937.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/","name":"Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-06-23T07:59:48+00:00","dateModified":"2023-06-23T07:59:48+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/pastor-theogene-niyoncuti-akaba-yitavye-imana\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Pastor Theogene Niyoncuti akaba yitavye Imana"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42896","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42896"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42896\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42898,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42896\/revisions\/42898"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42897"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42896"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42896"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42896"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}