{"id":42928,"date":"2023-06-27T20:32:15","date_gmt":"2023-06-27T20:32:15","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42928"},"modified":"2023-06-27T20:32:15","modified_gmt":"2023-06-27T20:32:15","slug":"sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/","title":{"rendered":"Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo"},"content":{"rendered":"<p>Hakirindiriwe VISA yaho, kuko ahafise igiteramo azoja guhuriramwo n&#8217;ibihangange muri Afrika nka Harmonize na Yemi Alade.<br \/>\nSat-B ngo agiye kuba arakorera igiteramo I Dubai, aho azoteramisha abantu bibuka igihe Uburundi bwahabwa intahe yo kwikukira.<\/p>\n<p>Aho vya kabereye ngo ni Kera, Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-B ngo agiye gukorera igiteramo mu barabu, neza neza I Dubai.<br \/>\nUwo mugabo agiye no gusohora Indirimbo, abantu batari bake ku mbugahwaniro bakomeye amashi kuba agiye gukorerayo igiteramo.<\/p>\n<p>Nkuko vyabonetse ku rupapuro ndangagiterano ruriko rurakwirakwizwa, bikaba bishoboka ko ico giteramo Kiriko gifatwa mu mugongo n&#8217;ubuserukizi bw&#8217;Uburundi muri ico gihugu.<br \/>\nAha mukibuka ko Sat-B asanzwe afise ikindi giteramo mu kwezi kw&#8217;9 muri Sweden, ariko hakaba hataravugwa aho bigeze ibijanye n&#8217;ukuronka Visa imujana muri ico gihugu.<\/p>\n<p>Naho hamaze gusohora iyo cover, Kandi bikaba bizwi ko kuronka VISA yo mu barabu, neza neza I Dubai, ari ibintu vyoroshe, abafana n&#8217;ubu hakaba hakirimwo ka koba ko ashobora kudasohoka igihugu.<\/p>\n<p>Ikindi mwomenya nuko ico giteramo kizoba igenekerezo rya 1\/7, umusi abarundi bibuka igihe basubizwa intahe yo kwikukira. Ico gihe Kidum nawe akaba azoba ari I Bujumbura mu biteramo yamaze gutumirwamwo.<br \/>\nUbu rero tukaba twibaza amafaranga yahawe, kuko nkuko mubizi amaze igihe ashibikiza ko igituma ataboneka mu bikorwa bitandukanye haba hano iwacu, canke mu mahanga ngo ari ikibazo c&#8217;umushahara, kuko ibahasha ahabwa kenshi kw&#8217;100 ngo riba ari rito cane.<br \/>\nHampande y&#8217;ivyo biteramo uwo Mugabo akaba aheruka gusa n&#8217;uwushikiriza ko Vuba cane ya Ndirimbo yakorera muri Tanzania, ngo ishobora gusohoka umwanya n&#8217;umwanya.<br \/>\nIvyo bikaba vyerekanywe n&#8217;uko yabajije abafana Indirimbo azosohora akazina izoba ifise, aho yatanze amazina 4, arimwo ayatari make y&#8217;icongereza. Abafana bakaba bacaguyemwo amwe amwe.<br \/>\nAbatari bake mu bafana bakaba bavuze ko Indirimbo Kidding ariyo izosohoka, bamwe bakaba ugucagura iryo zina babifatanije n&#8217;ukuba atakorera hanze Indirimbo hama ngo ibe ifise izina riri mu Kirundi.<br \/>\nAbandi n&#8217;abo bakaba bamusavye kwigirira icizere ko yoshobora gukora Indirimbo yindi isumvya ubukomezi Beautiful yakoranye na Meddy, Kandi igashika kure cane.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi tukaba tutabashije kubona aho asubiza umuntu n&#8217;umwe Kuri ivyo vyariko biravugwa.<br \/>\nMukibuka ko mu misi iheze, twari twagarutse ku kiganiro yakoreye muri Tanzania, aho yemerewe n&#8217;umumenyeshamakuru ari mu bakunzwe muri Tanzania, asanzwe anatwara ikinyamakuru Simulizi na Sauti, ko azomufasha ngo abashe gukora Indirimbo na Benpol, kuko Collabo yari gukorana na Harmonize yaheze mu mashami y&#8217;igiti.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Hakirindiriwe VISA yaho, kuko ahafise igiteramo azoja guhuriramwo n&#8217;ibihangange muri Afrika nka Harmonize na Yemi Alade. Sat-B ngo agiye kuba arakorera igiteramo I Dubai, aho azoteramisha abantu bibuka igihe Uburundi bwahabwa intahe yo kwikukira. Aho vya kabereye ngo ni Kera, Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-B ngo agiye gukorera igiteramo mu barabu, neza neza I [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42930,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,1],"tags":[],"class_list":["post-42928","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-uncategorized"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Hakirindiriwe VISA yaho, kuko ahafise igiteramo azoja guhuriramwo n&#8217;ibihangange muri Afrika nka Harmonize na Yemi Alade. Sat-B ngo agiye kuba arakorera igiteramo I Dubai, aho azoteramisha abantu bibuka igihe Uburundi bwahabwa intahe yo kwikukira. Aho vya kabereye ngo ni Kera, Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-B ngo agiye gukorera igiteramo mu barabu, neza neza I [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-06-27T20:32:15+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230627-222949.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"405\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/\",\"name\":\"Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-06-27T20:32:15+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-27T20:32:15+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Hakirindiriwe VISA yaho, kuko ahafise igiteramo azoja guhuriramwo n&#8217;ibihangange muri Afrika nka Harmonize na Yemi Alade. Sat-B ngo agiye kuba arakorera igiteramo I Dubai, aho azoteramisha abantu bibuka igihe Uburundi bwahabwa intahe yo kwikukira. Aho vya kabereye ngo ni Kera, Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-B ngo agiye gukorera igiteramo mu barabu, neza neza I [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-06-27T20:32:15+00:00","og_image":[{"width":720,"height":405,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230627-222949.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/","name":"Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-06-27T20:32:15+00:00","dateModified":"2023-06-27T20:32:15+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-abaye-araja-dubai-tukirindiriye-sweden-nayo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Sat-B abaye araja Dubai, tukirindiriye Sweden nayo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42928","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42928"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42928\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42929,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42928\/revisions\/42929"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42930"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42928"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42928"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42928"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}