{"id":42941,"date":"2023-06-28T09:20:33","date_gmt":"2023-06-28T09:20:33","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42941"},"modified":"2023-06-28T09:20:33","modified_gmt":"2023-06-28T09:20:33","slug":"christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/","title":{"rendered":"Christian Ninteretse n&#8217;Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari"},"content":{"rendered":"<p>Ca Giteramo c&#8217;umugwi ndangakaranga Intwari, w&#8217;abarundi ukorera i Kigali, kizonabonekamwo abandi baririmvyi b&#8217;abarundi n&#8217;abo basanzwe ari ba rutumwako muri ico gihugu, hamwe n&#8217;abavuye mu gihugu c&#8217;Uburundi.<\/p>\n<p>Mu misi iheze twari twababwiye ibijanye n&#8217;igiteramo Kiriko gitegurwa I Kigali n&#8217;umugwi ndangakaranga w&#8217;abarundi, ariko watangujwe n&#8217;aba nyarwanda babaye hano iwacu, ubu naho habonetse bishasha muvy&#8217;ico giteramo.<\/p>\n<p>Amakuru mashasha nuko hari abandi barundi bashizwe mu gitigiri c&#8217;abazoboneka muri ico giteramo kizoba mu kwezi kw&#8217;7 igenekerezo rya 21.<br \/>\nNkuko twabashije kubibona, abaririmvyi Christian Ninteretse Ari mu batwaye rya Higanwa Primusic, akaba azoba Ari mu gitigiri c&#8217;abazoseruka muri ico giteramo, kizobera mu gace kitwa Niboye, Kari muri karere ka Kicukiro I Kigali.<br \/>\nUwundi mugwi uzohaboneka, akaba ari umugwi ndangakaranga Intatana, wa hano iwacu, uzobasha kurungika abawuserukira muri ico giteramo.<br \/>\nNkuko twari twabishikirije mu misi iheze, uwo mugwi ndangakaranga Intwari, ukaba utashimye kuzoba uri wonyene, ahubwo ushima gutumira uwundi mugwi ndangakaranga w&#8217;aba nyarwanda witwa IGANZE GAKONDO, kugira bafatanye, kuko kanatsinda basanzwe bafitanye ubucuti bwiza.<br \/>\nIcivugo c&#8217;ico giteramo nkuko vyashikirijwe na Omer Nzoyisaba asanzwe arongoye umugwi uriko urategura igiteramo, ni Heart Of Africa.<br \/>\nIco civugo bakaba bagitoye kuko bizwi ko Uburundi ari Umutima w&#8217; Afrika, ariko Kandi kuko bipfuza kuvuga n&#8217;uguhayagiza Uburundi biciye mu mvyino n&#8217;intambo nkuko vyakorwa aho hambere.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ca Giteramo c&#8217;umugwi ndangakaranga Intwari, w&#8217;abarundi ukorera i Kigali, kizonabonekamwo abandi baririmvyi b&#8217;abarundi n&#8217;abo basanzwe ari ba rutumwako muri ico gihugu, hamwe n&#8217;abavuye mu gihugu c&#8217;Uburundi. Mu misi iheze twari twababwiye ibijanye n&#8217;igiteramo Kiriko gitegurwa I Kigali n&#8217;umugwi ndangakaranga w&#8217;abarundi, ariko watangujwe n&#8217;aba nyarwanda babaye hano iwacu, ubu naho habonetse bishasha muvy&#8217;ico giteramo. Amakuru mashasha [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":42944,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[971],"class_list":["post-42941","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","tag-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Christian Ninteretse n&#039;Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Christian Ninteretse n&#039;Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ca Giteramo c&#8217;umugwi ndangakaranga Intwari, w&#8217;abarundi ukorera i Kigali, kizonabonekamwo abandi baririmvyi b&#8217;abarundi n&#8217;abo basanzwe ari ba rutumwako muri ico gihugu, hamwe n&#8217;abavuye mu gihugu c&#8217;Uburundi. Mu misi iheze twari twababwiye ibijanye n&#8217;igiteramo Kiriko gitegurwa I Kigali n&#8217;umugwi ndangakaranga w&#8217;abarundi, ariko watangujwe n&#8217;aba nyarwanda babaye hano iwacu, ubu naho habonetse bishasha muvy&#8217;ico giteramo. Amakuru mashasha [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-06-28T09:20:33+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230628-105615.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"404\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/\",\"name\":\"Christian Ninteretse n'Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-06-28T09:20:33+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-28T09:20:33+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Christian Ninteretse n&#8217;Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Christian Ninteretse n'Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Christian Ninteretse n'Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ca Giteramo c&#8217;umugwi ndangakaranga Intwari, w&#8217;abarundi ukorera i Kigali, kizonabonekamwo abandi baririmvyi b&#8217;abarundi n&#8217;abo basanzwe ari ba rutumwako muri ico gihugu, hamwe n&#8217;abavuye mu gihugu c&#8217;Uburundi. Mu misi iheze twari twababwiye ibijanye n&#8217;igiteramo Kiriko gitegurwa I Kigali n&#8217;umugwi ndangakaranga w&#8217;abarundi, ariko watangujwe n&#8217;aba nyarwanda babaye hano iwacu, ubu naho habonetse bishasha muvy&#8217;ico giteramo. Amakuru mashasha [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-06-28T09:20:33+00:00","og_image":[{"width":720,"height":404,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230628-105615.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/","name":"Christian Ninteretse n'Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-06-28T09:20:33+00:00","dateModified":"2023-06-28T09:20:33+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-ninteretse-nintatana-nabo-bamaze-gushirwa-mu-bazoba-bari-muri-heart-of-africa-concert-ya-club-intwari\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Christian Ninteretse n&#8217;Intatana nabo bamaze gushirwa mu bazoba bari muri Heart of Africa Concert ya Club Intwari"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42941","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42941"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42941\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42945,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42941\/revisions\/42945"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42944"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42941"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42941"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42941"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}