{"id":42946,"date":"2023-06-28T19:28:08","date_gmt":"2023-06-28T19:28:08","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42946"},"modified":"2023-06-28T19:28:50","modified_gmt":"2023-06-28T19:28:50","slug":"ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/","title":{"rendered":"Ubutware bwa Miss Carelle n&#8217;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye"},"content":{"rendered":"<p>Ubutware bwa Miss Carelle n&#8217;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye<\/p>\n<p>Naho Kelly Ngaruko yatanguye igihe ciwe mu mwaka uheze, atarabwa ryiza kubera havugwa akarenganyo, Miss Carelle Ndayizeye we atanguriye Ku biciro vy&#8217;inzoga vyari bihanitse Ku musi w&#8217;urubanza, bituma abanywi b&#8217;inzoga, bayoboka amazi ya Kinju.<\/p>\n<p>Abavuze ngo igihe kijana n&#8217;ivyaco, ntibabeshe. Ikiringo ca Lellie carelle Ndayizeye nka Miss Burundi nticatanguye nkuko Ico Kwa Kelly Ngaruko catanguye mu mwaka uheze.<br \/>\nUno mwaka, urubanza rwanitabiriwe n&#8217;abatware batari bake bo mu nzego zo hejuru cane, gushika k&#8217; Umutambukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;igihugu, rwaranzwe n&#8217;utuntu twinshi, ariko kamwe akaba ariko kagarutsweko cane Ku mbuga hwaniro zitandukanye zirimwo Twitter.<br \/>\nIco kintu cagarutseko, kikaba ari amazi ya Kinju yabonetse cane muri urwo rubanza rw&#8217;iteka, ariko Kandi abatari bake ngo ntibanayugurure, bayatwaye uko bayaguze.<br \/>\nIgituma ayo Mazi ariyo yavuzwe cane, nuko hasohotse menu y&#8217;ibinyobwa vyari vyateguriwe abari muri urwo rubanza.<br \/>\nKuri iyo menu, ibinyobwa ntivyari bike, Kandi vyari ubwoko butandukanye, birimwo imivinyu , ama Whisky, Ama Cocktail, hamwe n&#8217;inzoga bakunze kwita iz&#8217;ifuro, maze hakarengako agacupa ka Kinju ka 50cl.<br \/>\nMurivyo rero icari kizimbutse akaba yari Amazi, kuko ko yagurwa 3000. Nayo ibindi vyari hagati y&#8217;15,000fbu Kuri Savanna, hamwe n&#8217;800,000fbu Kuri Champagne Ruinart.<br \/>\nKuri Twitter, abantu rero bagize imisi babuvugako cane, aho abatari bake baciye baronka inyishu y&#8217;ibibazo bitari bike bari bagize umwanya bibaza.<br \/>\nUravye ama FOTO y&#8217;urubanza, ikinyobwa ca Kinju, Nico kinyobwa cabonetse cane ku meza z&#8217;abantu. Akavuze umwe mubakoresha Twitter, ngo yari yibajije ko abantu bose bahevye Inzoga, ariko iyo menu imaze kuboneka, abantu batangura gutahura igituma bari biteretse izo Kinju.<br \/>\nMu gihe Kinju ariyo yavuzwe cane uno mwaka, mu mwaka uheze Kuri Miss Ngaruko Kelly, ho havuzwe cane ivy&#8217;uko hoba habayemwo akarenganyo, noneho bakamutora atarabereye ico kibanza.<br \/>\nAriko uko imisi yagiye igenda, Niko yagiye arakundwa, bivanye n&#8217;ibikorwa yagiye yerekana. Gushika yaho bamwe bamwe batangura kwibaza ko uwuzosubira muri ico kibanza cari kimazemwo igihe Kelly Ngaruko bitazomworohera kubera ibikorwa uwo mukobwa yakoze.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ubutware bwa Miss Carelle n&#8217;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye Naho Kelly Ngaruko yatanguye igihe ciwe mu mwaka uheze, atarabwa ryiza kubera havugwa akarenganyo, Miss Carelle Ndayizeye we atanguriye Ku biciro vy&#8217;inzoga vyari bihanitse Ku musi w&#8217;urubanza, bituma abanywi b&#8217;inzoga, bayoboka amazi ya Kinju. Abavuze ngo igihe kijana n&#8217;ivyaco, ntibabeshe. Ikiringo ca Lellie carelle Ndayizeye nka [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42948,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,1],"tags":[],"class_list":["post-42946","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-uncategorized"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ubutware bwa Miss Carelle n&#039;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubutware bwa Miss Carelle n&#039;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ubutware bwa Miss Carelle n&#8217;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye Naho Kelly Ngaruko yatanguye igihe ciwe mu mwaka uheze, atarabwa ryiza kubera havugwa akarenganyo, Miss Carelle Ndayizeye we atanguriye Ku biciro vy&#8217;inzoga vyari bihanitse Ku musi w&#8217;urubanza, bituma abanywi b&#8217;inzoga, bayoboka amazi ya Kinju. Abavuze ngo igihe kijana n&#8217;ivyaco, ntibabeshe. Ikiringo ca Lellie carelle Ndayizeye nka [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-06-28T19:28:08+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-06-28T19:28:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230628-153544.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"402\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/\",\"name\":\"Ubutware bwa Miss Carelle n'ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-06-28T19:28:08+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-28T19:28:50+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubutware bwa Miss Carelle n&#8217;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubutware bwa Miss Carelle n'ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ubutware bwa Miss Carelle n'ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ubutware bwa Miss Carelle n&#8217;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye Naho Kelly Ngaruko yatanguye igihe ciwe mu mwaka uheze, atarabwa ryiza kubera havugwa akarenganyo, Miss Carelle Ndayizeye we atanguriye Ku biciro vy&#8217;inzoga vyari bihanitse Ku musi w&#8217;urubanza, bituma abanywi b&#8217;inzoga, bayoboka amazi ya Kinju. Abavuze ngo igihe kijana n&#8217;ivyaco, ntibabeshe. Ikiringo ca Lellie carelle Ndayizeye nka [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-06-28T19:28:08+00:00","article_modified_time":"2023-06-28T19:28:50+00:00","og_image":[{"width":720,"height":402,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/Screenshot_20230628-153544.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/","name":"Ubutware bwa Miss Carelle n'ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-06-28T19:28:08+00:00","dateModified":"2023-06-28T19:28:50+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubutware-bwa-miss-carelle-nubwa-miss-kelly-batanguye-ugutandukanye\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubutware bwa Miss Carelle n&#8217;ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42946","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42946"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42946\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42949,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42946\/revisions\/42949"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42948"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42946"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42946"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42946"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}