{"id":43031,"date":"2023-07-05T10:26:41","date_gmt":"2023-07-05T10:26:41","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=43031"},"modified":"2023-07-05T10:26:41","modified_gmt":"2023-07-05T10:26:41","slug":"alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/","title":{"rendered":"Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi"},"content":{"rendered":"<p>Kimwe mu bihimba vya Nirna vyateje ikibazo abafana, basaba ko yoraba akaza arafuka. Na Alvin Smith nawe nyene biba uko nyene, kuko hari igihimba ciwe cahindutse M\u00eamez kuri Twitter.<\/p>\n<p>Buri gihe iyo Nirnah umugore wa Alvin Smith ari i Bujumbura, mu karuhuko ariko ndetse no kuraba umugabo, ntihabura akantu kavugwa kuri umwe canke uwundi.<br \/>\nMuri commentaire Kuri Video yo kumwipfuriza ikaze, vyarabonetse ko abafana ba Alvin Smith bari bakumbiye cane uwo mugore wiwe, kuko buri gihe ari ngaha, bakora ama Video atari make, amwe amwe anatwenza gusumba ayandi.<br \/>\nHampande y&#8217;ama Video, Alvin Smith n&#8217;umugore wiwe, bakaba banakunda no kwifotoza ama foto atandukanye, Kandi abatari bake bakaba batareka kugira ico bayavuzeko.<br \/>\nAmwe mu mafoto rero baheruka kwifotozanya, akaba ataretse kugira ico avuzweko, kuko abonekesha inda y&#8217;uwo mugore wa Alvin.<br \/>\nNkuko twabashije kubibona Kuri Status za Whatsapp za Nelly Nat wa munyarusaku, ngo abafana batanguye kumurungikira Foto ya Nirna na Alvin bamubwira ngo amuhanure.<br \/>\nIzo mpanuro bamusabira, zikaba zihagaze ku kumuhanura ngo arabe impuzu azoza arambara, kuko hari ibihimba vyiwe ngo bitabereye kuja ahabona.<br \/>\nIgihimba ciwe cateye amakenga abafana bashikirije ikirego Kwa Nelly Nat n&#8217;inda. Vyabonetse ko uwo munyarusaku yashizeko ikimenyetso.<br \/>\nUkwo kutamera neza kw&#8217;ico gihimba, kukaba gukunze kuboneka ku bantu b&#8217;imice 2, bamwe bakaba ari abantu baba bari bavyibushe, hanyuma bakagira Sport, bigatuma bagabanuka cane, umubiri ukononekara.<br \/>\nUmuce wa Kabiri, n&#8217;uw&#8217;abagore bamaze kwibaruka nka 2. Kubera inda iyo utabaye maso, ngo umenye uko uvyitwaramwo, bishobora gutuma inyuma yo kuvyara ico gihimba giheza ntigisubire uko cari kimeze imbere yo gusama.<br \/>\nKu batabizi naho, nuko Nirnah asanzwe afise abana muri Canada, iyo aba, amakuru tudashobora kwemeza ijana kw&#8217;ijana, nuko bikaba bivugwa ko afise abana 2, Alvin Smith nawe akaba afise 1 yavyaranye n&#8217;umugore w&#8217;umwe muba Producer b&#8217;indirimbo hano iwacu.<br \/>\nNayo Kuri Alvin Smith, nuko amano yiwe yabaye M\u00eamez kuri Twitter, kuko hari uwavuze ko abatazi igituma Smith yafashe rirya Zina ry&#8217;inka, ngo Nuko afise amano atameze neza, baca babikurikizisha video ya Alvin, ibonekamwo amano yiwe Kuri TikTok.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kimwe mu bihimba vya Nirna vyateje ikibazo abafana, basaba ko yoraba akaza arafuka. Na Alvin Smith nawe nyene biba uko nyene, kuko hari igihimba ciwe cahindutse M\u00eamez kuri Twitter. Buri gihe iyo Nirnah umugore wa Alvin Smith ari i Bujumbura, mu karuhuko ariko ndetse no kuraba umugabo, ntihabura akantu kavugwa kuri umwe canke uwundi. Muri [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":43032,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-43031","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Kimwe mu bihimba vya Nirna vyateje ikibazo abafana, basaba ko yoraba akaza arafuka. Na Alvin Smith nawe nyene biba uko nyene, kuko hari igihimba ciwe cahindutse M\u00eamez kuri Twitter. Buri gihe iyo Nirnah umugore wa Alvin Smith ari i Bujumbura, mu karuhuko ariko ndetse no kuraba umugabo, ntihabura akantu kavugwa kuri umwe canke uwundi. Muri [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-07-05T10:26:41+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/Screenshot_20230705-122345.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"402\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/\",\"name\":\"Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-07-05T10:26:41+00:00\",\"dateModified\":\"2023-07-05T10:26:41+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Kimwe mu bihimba vya Nirna vyateje ikibazo abafana, basaba ko yoraba akaza arafuka. Na Alvin Smith nawe nyene biba uko nyene, kuko hari igihimba ciwe cahindutse M\u00eamez kuri Twitter. Buri gihe iyo Nirnah umugore wa Alvin Smith ari i Bujumbura, mu karuhuko ariko ndetse no kuraba umugabo, ntihabura akantu kavugwa kuri umwe canke uwundi. Muri [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-07-05T10:26:41+00:00","og_image":[{"width":720,"height":402,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/Screenshot_20230705-122345.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/","name":"Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-07-05T10:26:41+00:00","dateModified":"2023-07-05T10:26:41+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirnah-ibihimba-vyabo-vyavuzweko-na-benshi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Alvin Smith na Nirnah ibihimba vyabo vyavuzweko na benshi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43031","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=43031"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43031\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":43033,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43031\/revisions\/43033"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/43032"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=43031"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=43031"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=43031"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}