{"id":43157,"date":"2023-07-15T07:34:03","date_gmt":"2023-07-15T07:34:03","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=43157"},"modified":"2023-07-15T07:34:03","modified_gmt":"2023-07-15T07:34:03","slug":"kidum-yohabwa-ubushikiranganji","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/","title":{"rendered":"Kidum yohabwa Ubushikiranganji?"},"content":{"rendered":"<p><strong>Bamwe barimwo Cedric Bangy, riraniga ngo abarundi ntibizera abaririmvyi ngo n&#8217;abo bashirwe mu mabanga akomakomeye y&#8217;igihugu, nkuko biriko biraboneka mu bindi bihugu.<\/strong><\/p>\n<p>Kidum nawe ngo niyizerwe n&#8217;abatwara Uburundi, ico Nico cipfuzo ca Cedric Bangy atwara ihuriro ry&#8217;abaririmvyi mu Burundi, ariko Kandi akaba n&#8217;inararibonye mu Muziki.<br \/>\nMuvyo yanditse Kuri Facebook yiwe, uwo Mugabo atavuga rumwe n&#8217;abaririmvyi batari bake, kuko iyo avuga atazi kworosha, yasavye ko abatware bokwiga gukunda ababo.<br \/>\nKubwa Cedric Bangy ngo Nimbona Jean Pierre benshi muzi nka Kidum, ngo yarakwiye guhabwa Ubushikiranganji bw&#8217;imicokama.<\/p>\n<p>Ico cipfuzo c&#8217;uwo mugabo wo mu runganywe rumwe nawe, kikaba cabonetse inyuma yaho Jay Jay Okocha, yakiniye umugwi nserukiragihugu wa Nigeria agizwe umushikiranganji w&#8217;inkino muri ico gihugu giheruka guhabwa umukuru w&#8217;igihugu mushasha.<br \/>\nUmushikiranganji ava mu baririmvyi canke mu bakiri bato atwara Ubushikiranganji bw&#8217;Urwaruka, akaba anaheruka gusabwa n&#8217;uwundi muririmvyi, mu kiganiro n&#8217;inkerebutsi. We akaba yasaba ko bohabwa uwo bangana bahurira muri vyinshi, kugira bikunde azoze aramenya iryo bagona.<br \/>\nIki kibazo c&#8217;uguhabwa Ubushikiranganji bumwe, umukuru w&#8217;igihugu akaba aheruka kubivugako muri ico kiganiro nyene aheruka kugirana n&#8217;inkerebutsi, aho yavuga ko bidakunda ko habaho Ubushikiranganji bwinshi.<br \/>\nUbu rero hakaba hatazwi vy&#8217;ukuri ico bazoshikiriza Kuri ico cipfuzo c&#8217;uwo muririmvyi, adahengeshanya kugira ico asaba aba na bariya.<\/p>\n<p>Ku batabizi nuko muri Africa y&#8217;ubuseruko abaririmvyi batari bake bamaze guhabwa ibibanza mu nzego z&#8217;ibihugu bavamwo, uretse hano iwacu gusa.<br \/>\nMuri Kenya, Jaguar akaba hampande yo kuba yarabaye umushingamateka, aheruka guhabwa kuba umunyamabanga ntayegayezwa muri bumwe mu bushikiranganji muri ico gihugu.<br \/>\nTom Close mu Rwanda akaba ariwe atwara umugwi ujejwe gutororokanya amaraso, akaba aheruka kwemezwa n&#8217;inama nshikiranganji.<br \/>\nBobi Wine akaba ari mu bashaka kugwanira ikibanza c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu muri Uganda, nayo Jose Chameleon akaba nawe aheruka gutsindwa, aho yitoza mu kibanza c&#8217;umukuru w&#8217;igisagara ca Kampala.<br \/>\nMuri Tanzania naho abatari bake bakaba bamaze gutwara intara, abandi bakagira abanyamahanga mu bushikiranganji butandukanye, Kandi bakaba batahagaritse kuririmba naho bashizwe muri ayo mabanga.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bamwe barimwo Cedric Bangy, riraniga ngo abarundi ntibizera abaririmvyi ngo n&#8217;abo bashirwe mu mabanga akomakomeye y&#8217;igihugu, nkuko biriko biraboneka mu bindi bihugu. Kidum nawe ngo niyizerwe n&#8217;abatwara Uburundi, ico Nico cipfuzo ca Cedric Bangy atwara ihuriro ry&#8217;abaririmvyi mu Burundi, ariko Kandi akaba n&#8217;inararibonye mu Muziki. Muvyo yanditse Kuri Facebook yiwe, uwo Mugabo atavuga rumwe n&#8217;abaririmvyi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":43158,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[],"class_list":["post-43157","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kidum yohabwa Ubushikiranganji? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kidum yohabwa Ubushikiranganji? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bamwe barimwo Cedric Bangy, riraniga ngo abarundi ntibizera abaririmvyi ngo n&#8217;abo bashirwe mu mabanga akomakomeye y&#8217;igihugu, nkuko biriko biraboneka mu bindi bihugu. Kidum nawe ngo niyizerwe n&#8217;abatwara Uburundi, ico Nico cipfuzo ca Cedric Bangy atwara ihuriro ry&#8217;abaririmvyi mu Burundi, ariko Kandi akaba n&#8217;inararibonye mu Muziki. Muvyo yanditse Kuri Facebook yiwe, uwo Mugabo atavuga rumwe n&#8217;abaririmvyi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-07-15T07:34:03+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/Screenshot_20230715-091526.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"719\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"391\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/\",\"name\":\"Kidum yohabwa Ubushikiranganji? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-07-15T07:34:03+00:00\",\"dateModified\":\"2023-07-15T07:34:03+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kidum yohabwa Ubushikiranganji?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kidum yohabwa Ubushikiranganji? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kidum yohabwa Ubushikiranganji? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Bamwe barimwo Cedric Bangy, riraniga ngo abarundi ntibizera abaririmvyi ngo n&#8217;abo bashirwe mu mabanga akomakomeye y&#8217;igihugu, nkuko biriko biraboneka mu bindi bihugu. Kidum nawe ngo niyizerwe n&#8217;abatwara Uburundi, ico Nico cipfuzo ca Cedric Bangy atwara ihuriro ry&#8217;abaririmvyi mu Burundi, ariko Kandi akaba n&#8217;inararibonye mu Muziki. Muvyo yanditse Kuri Facebook yiwe, uwo Mugabo atavuga rumwe n&#8217;abaririmvyi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-07-15T07:34:03+00:00","og_image":[{"width":719,"height":391,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/Screenshot_20230715-091526.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/","name":"Kidum yohabwa Ubushikiranganji? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-07-15T07:34:03+00:00","dateModified":"2023-07-15T07:34:03+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-yohabwa-ubushikiranganji\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kidum yohabwa Ubushikiranganji?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43157","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=43157"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43157\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":43159,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43157\/revisions\/43159"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/43158"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=43157"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=43157"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=43157"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}