{"id":43185,"date":"2023-07-22T01:12:57","date_gmt":"2023-07-22T01:12:57","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=43185"},"modified":"2023-07-22T01:12:57","modified_gmt":"2023-07-22T01:12:57","slug":"abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/","title":{"rendered":"Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur&#8217;iy&#8217;indwi yabahariwe"},"content":{"rendered":"<p>Ni kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Mukakaro 2023 bamwe mu barongoye ishirahamwe ry&#8217;aba Diaspora, Manirakiza J. Berkimas icegera c&#8217;uwutwara iryo shirahamwe Secr\u00e9taire g\u00e9n\u00e9ral, Willy Ndabaniwe hamwe na madame Ang\u00e8le Niyonzima icegera c&#8217;uwutwara ishirahamwe Dicobu, bari bahamagaje abanditsi n&#8217;abamenyeshamakuru kugira babamenyeshe ibikorwa bagiye kurangurira mu gihugu cabo c&#8217;amavukiro muri iyi indwi yabitiriwe( Semaine de la Diaspora).<\/p>\n<p>Imigambi bafise bazobandanya bakora mu guteza Imbere igihugu cabo, ni myinshi, ariko iyetegekanijwe Muri uyu mwaka 2023, ni ivyirwa ku bamenyeshamakuru bakorera ku mbuga ngurukanabumenyi, Kuri uyu wa 21 Mukakaro 2023. Kuri uwo musi nyene mu ntara ya Ruyigi hazotangwa imfashanyo k&#8217;imiryango igera 300.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-43188\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/IMG-20230722-WA0003-1.jpg\" alt=\"\" width=\"720\" height=\"480\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/IMG-20230722-WA0003-1.jpg 720w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/IMG-20230722-WA0003-1-300x200.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/IMG-20230722-WA0003-1-600x400.jpg 600w\" sizes=\"auto, (max-width: 720px) 100vw, 720px\" \/><\/p>\n<p>Kugarukira ku miryango yatwawe n&#8217;umwuzurira mu Gatumba, bizoba igenekerezo rya 28 Mukakaro. Igenekerezo rya 31 Mukakaro hazoba Inama rukokoma izohuza aba diaspora Bose muvyo bazovugana harimwo gutanga intererano y&#8217;amafaranga angana idorari 5 k&#8217;ukwezi k&#8217;umu diaspora wese ayo mahera nayo akazobikwa umwaka wose aje gufasha urwaruka ruba mu gihugu c&#8217;uburundi mu kw&#8217;iteza Imbere<\/p>\n<p>Igenekerezo rya 12 Myandagaro hazoba Isabukuru Dukunde Uburundi ryateguwe n&#8217;ishirahamwe Dicobu, Igenekerezo rya 15 Myandagaro hazotangwa imfashanyo ku mashure atagira ibikoresho vya nkenerwa nk&#8217;intebe canke ibitabo ivyo bikazotangwa n&#8217;aba diaspora bavuye mu gihugu ca Gabon.<\/p>\n<p>Igenekerezo rya 17 gushika 19 aZoba ari ugusozera ibikorwa mu kanyamuneza.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ni kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Mukakaro 2023 bamwe mu barongoye ishirahamwe ry&#8217;aba Diaspora, Manirakiza J. Berkimas icegera c&#8217;uwutwara iryo shirahamwe Secr\u00e9taire g\u00e9n\u00e9ral, Willy Ndabaniwe hamwe na madame Ang\u00e8le Niyonzima icegera c&#8217;uwutwara ishirahamwe Dicobu, bari bahamagaje abanditsi n&#8217;abamenyeshamakuru kugira babamenyeshe ibikorwa bagiye kurangurira mu gihugu cabo c&#8217;amavukiro muri iyi indwi yabitiriwe( Semaine de [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":43186,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-43185","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur&#039;iy&#039;indwi yabahariwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur&#039;iy&#039;indwi yabahariwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ni kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Mukakaro 2023 bamwe mu barongoye ishirahamwe ry&#8217;aba Diaspora, Manirakiza J. Berkimas icegera c&#8217;uwutwara iryo shirahamwe Secr\u00e9taire g\u00e9n\u00e9ral, Willy Ndabaniwe hamwe na madame Ang\u00e8le Niyonzima icegera c&#8217;uwutwara ishirahamwe Dicobu, bari bahamagaje abanditsi n&#8217;abamenyeshamakuru kugira babamenyeshe ibikorwa bagiye kurangurira mu gihugu cabo c&#8217;amavukiro muri iyi indwi yabitiriwe( Semaine de [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-07-22T01:12:57+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/IMG-20230722-WA0004.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"480\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/\",\"name\":\"Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur'iy'indwi yabahariwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-07-22T01:12:57+00:00\",\"dateModified\":\"2023-07-22T01:12:57+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur&#8217;iy&#8217;indwi yabahariwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur'iy'indwi yabahariwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur'iy'indwi yabahariwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ni kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Mukakaro 2023 bamwe mu barongoye ishirahamwe ry&#8217;aba Diaspora, Manirakiza J. Berkimas icegera c&#8217;uwutwara iryo shirahamwe Secr\u00e9taire g\u00e9n\u00e9ral, Willy Ndabaniwe hamwe na madame Ang\u00e8le Niyonzima icegera c&#8217;uwutwara ishirahamwe Dicobu, bari bahamagaje abanditsi n&#8217;abamenyeshamakuru kugira babamenyeshe ibikorwa bagiye kurangurira mu gihugu cabo c&#8217;amavukiro muri iyi indwi yabitiriwe( Semaine de [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-07-22T01:12:57+00:00","og_image":[{"width":720,"height":480,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/IMG-20230722-WA0004.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/","name":"Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur'iy'indwi yabahariwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-07-22T01:12:57+00:00","dateModified":"2023-07-22T01:12:57+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abarundi-baba-mu-mahanga-bashikirije-ibikorwa-bagiye-kurangurwa-muriyindwi-yabahariwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abarundi baba mu mahanga bashikirije ibikorwa bagiye kurangurwa mur&#8217;iy&#8217;indwi yabahariwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43185","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=43185"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43185\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":43191,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43185\/revisions\/43191"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/43186"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=43185"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=43185"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=43185"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}