{"id":43213,"date":"2023-07-25T21:55:52","date_gmt":"2023-07-25T21:55:52","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=43213"},"modified":"2023-07-25T21:55:52","modified_gmt":"2023-07-25T21:55:52","slug":"nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/","title":{"rendered":"Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n&#8217;icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0"},"content":{"rendered":"<p>Mu misi iheze, aho umwigeme Ngabirano Belle Ange Edissa yafashe ikibanza c&#8217;icababa ca 1 ca Miss Burundi, ariko Kandi akaba na Miss Ngoma, yashira ahabona izina ry&#8217;umugambi wiwe agiye gukora, Nelly Nat yabaheye gasopo ngo bakinire ahandi, Atari kw&#8217;izina ry&#8217;umugambi agiye gukora.<\/p>\n<p>Uwo mwigeme azwiko kutorohereza abaririmvyi batandukanye, yerekanye ko uwo mugambi wa Miss Belle Ange Ufise izina risa n&#8217;iry&#8217;umugambi wiwe.<\/p>\n<p>Ico gihe Nelly yaciye asaba ko hohindurwa izina ry&#8217;uwo mugambi, anerekana Kuri Stories ya Whatsapp yiwe ko banabiganiriye n&#8217;abariko baramufasha gutegura uwo mugambi, Kandi anavuga ko bamwijeje kubihindura.<\/p>\n<p>Yanditse agira ati : &#8221; iyi titre muze muyihindure kuko Project yanje, ifise titre iyo nyene, Kandi na Lancement yayo yarabaye devabt la Press, en plus ninayo Project BHB bashigikiye, ninayo Project iriko itegurwa mw&#8217;ireresi documentaire, ninayo Project twatanze muri Paeej. Murabe muhindure izina, kuko aho nshobora kubashira mu Butungane.&#8221;<\/p>\n<p>Nelly Kuri Status ya WhatsApp, yongera ashirako ifoto yerekana igice gito c&#8217;uwo mugambi wiwe, ashirako amajambo agira ati:&#8221; Aha sinkubesha muhindure titre ziriho ziruzuye. Ahubwo ni sawa kubera mubigize avant Lancement yanyu.&#8221;<\/p>\n<p>Uwo musi nyene, Miss Belle Ange Akoresheje Twitter, yari yashize ahabona Cover yo gutumirira abantu kuzoja kumufata mu mugongo mw&#8217;itanguzwa ry&#8217;ico gikorwa, ryabaye Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 22\/7 I Gitega.<\/p>\n<p>Ubutumwa bwaherekeje ishirwa habona ry&#8217;ubwo butumire, yavuze ko akanyamuneza Ari kose kuba Ari Umurundikazi, ariko ngo gukora Ibishoboka vyose ngo igihugu kigume gisa neza, navyo ni itegeko kuriwe.<\/p>\n<p>Umusi umwe canke 2 imbere Yuko ashira ahabona uwo mugambi wiwe, hakaba haciye hahindurwa ya titre nka kumwe wa munyarusaku Nelly yabisaba.<\/p>\n<p>Uwo mugambi ukaba ubu wahawe akazina ka &#8221; Burundi Sain&#8221;, akajambo kavuye mu civugo caherekeje uwo mugambi, mu gihe ubwa mbere witwa &#8221; Burundi Bwacu Bwiza.&#8221;<\/p>\n<p>Nkuko yama ntiyaretse kugira ico avuze Kuri ico gikorwa cakoretse, kuko Nelly yasubiye kwandika amubwira ko azoja kumushigikira, Kandi anamushimira ko batahuranye.<\/p>\n<p>Yanditse agira ngo :&#8221; Ja Imbere, hanyuma nzoza kubashigikira, Imana ibahezagire. Twarayaze, yarantahuye, Imana imumpere imigisha, ntumirire aba Jeune b&#8217;i Gitega kuja kumushigikira.&#8221;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu misi iheze, aho umwigeme Ngabirano Belle Ange Edissa yafashe ikibanza c&#8217;icababa ca 1 ca Miss Burundi, ariko Kandi akaba na Miss Ngoma, yashira ahabona izina ry&#8217;umugambi wiwe agiye gukora, Nelly Nat yabaheye gasopo ngo bakinire ahandi, Atari kw&#8217;izina ry&#8217;umugambi agiye gukora. Uwo mwigeme azwiko kutorohereza abaririmvyi batandukanye, yerekanye ko uwo mugambi wa Miss Belle [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":43214,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519],"tags":[],"class_list":["post-43213","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n&#039;icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n&#039;icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu misi iheze, aho umwigeme Ngabirano Belle Ange Edissa yafashe ikibanza c&#8217;icababa ca 1 ca Miss Burundi, ariko Kandi akaba na Miss Ngoma, yashira ahabona izina ry&#8217;umugambi wiwe agiye gukora, Nelly Nat yabaheye gasopo ngo bakinire ahandi, Atari kw&#8217;izina ry&#8217;umugambi agiye gukora. Uwo mwigeme azwiko kutorohereza abaririmvyi batandukanye, yerekanye ko uwo mugambi wa Miss Belle [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-07-25T21:55:52+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/InShot_20230725_234905823-scaled.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"2560\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1439\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/\",\"name\":\"Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n'icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-07-25T21:55:52+00:00\",\"dateModified\":\"2023-07-25T21:55:52+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n&#8217;icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n'icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n'icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu misi iheze, aho umwigeme Ngabirano Belle Ange Edissa yafashe ikibanza c&#8217;icababa ca 1 ca Miss Burundi, ariko Kandi akaba na Miss Ngoma, yashira ahabona izina ry&#8217;umugambi wiwe agiye gukora, Nelly Nat yabaheye gasopo ngo bakinire ahandi, Atari kw&#8217;izina ry&#8217;umugambi agiye gukora. Uwo mwigeme azwiko kutorohereza abaririmvyi batandukanye, yerekanye ko uwo mugambi wa Miss Belle [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-07-25T21:55:52+00:00","og_image":[{"width":2560,"height":1439,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/InShot_20230725_234905823-scaled.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/","name":"Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n'icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-07-25T21:55:52+00:00","dateModified":"2023-07-25T21:55:52+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nat-akaba-aratsinze-urugamba-rwamuhuza-nicababa-ca-mbere-ca-miss-burundi-2023\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Nelly Nat akaba aratsinze urugamba rwamuhuza n&#8217;icababa ca Mbere ca Miss Burundi 2023.\u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43213","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=43213"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43213\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":43216,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43213\/revisions\/43216"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/43214"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=43213"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=43213"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=43213"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}