{"id":43493,"date":"2023-09-08T08:37:56","date_gmt":"2023-09-08T08:37:56","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=43493"},"modified":"2023-09-08T08:37:56","modified_gmt":"2023-09-08T08:37:56","slug":"i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/","title":{"rendered":"I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi"},"content":{"rendered":"<p>Urwaruka mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, ngo rugize igihe rwishoye mu busambanyi cane, aho amayeri abandanya aba menshi gusumba, nkuko ibinyamakuru muri ico gihugu bibishikiriza.<\/p>\n<p>Amwe mu mayeri agize igihe akoreshwa, yashizwe hanze, n&#8217;ayitwa Sex Group, aho ubusambanyi bukorerwa mu murwi, aho abakobwa n&#8217;abahungu baryamana bose, bahinduranya nk&#8217;abasangiye impuzu.<\/p>\n<p>Ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, caganiriye n&#8217;umwe mu bakobwa bari bashowe muri iryo bara, gishikiriza ko uwo mugenzo ngo weze mu rwaruka.<\/p>\n<p>Iryo bara nkuko ico kinyamakuru kibishikiriza ngo Ribera mu mazu atandukanye yakira ibirori, aho hageze igitigiri kizwi, kuko baba batumiranye, noneho bagatangura kwiha akamenyo.<\/p>\n<p>Umwanditsi w&#8217;iyo nkuru yavuze ko abagize iyo migwi, ngo basigaye bahayagiza abasore bafise umugongo ukomeye kuko ngo babasha kuryamana n&#8217;abakobwa benshi mu mwanya muto.<\/p>\n<p>Abakobwa nabo bakaba ngo baryohererwa kuba ngo babasha kuryamana na benshi, batagoranye, kuko ngo ubu ugusambana ataho bitandukanye n&#8217;ukuramukanya.<\/p>\n<p>Naho biruko, hari bamwe muri urwo rwaruka batavyerekwa, kuko babona ko iyo migenzo y&#8217;abanyamahanga ata kibanza ifise mu Rwanda, kuko bibatesha ibanga.<\/p>\n<p>Ariko Kandi hakaba hanavugwa ko abishora muri ubwo busambanyi ari abakiri bato, ngo batagira akazi, kuko aribo baronkera umwanya iryo bara.<\/p>\n<p>Ico kinyamakuru co mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, kikaba kimenyesha ko iryo bara hari n&#8217;abatari bake muribo baryoherwa kurikora batanikingiye, nkuko vyabonetse mu biyago bagirana mu migwi ya Whatsapp baba bahuriyemwo.<\/p>\n<p>Iryo bara ririko riraka indaro muri urwo rwaruka, rikaba rishobora kuba imbarutso y&#8217;ikwiragira ry&#8217;imigera myinshi iriko iraboneka muri kino gihe, kuko ikigo kijejwe amagara y&#8217;abantu mu Rwanda, ibiharuro giheruka gutanga, vyerekana ko abandura cane muri ico gihugu baboneka musi y&#8217;imyaka 24.<\/p>\n<p>Ico kigo nyene camenyesheje ko abandura 35%, bari hagati y&#8217;imyaka 15 na 21 y&#8217;amavuko.<\/p>\n<p>Aha mukamenya ko ico gihugu, giheruka gufata ingingo nyinshi kugira urwaruka ruve ku nzoga, zirimwo kuduza amakori y&#8217;inzoga, guhana abaha Inzoga abana, hamwe n&#8217;ukugabanya amasaha ubunywero bumara bwuguruye.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Urwaruka mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, ngo rugize igihe rwishoye mu busambanyi cane, aho amayeri abandanya aba menshi gusumba, nkuko ibinyamakuru muri ico gihugu bibishikiriza. Amwe mu mayeri agize igihe akoreshwa, yashizwe hanze, n&#8217;ayitwa Sex Group, aho ubusambanyi bukorerwa mu murwi, aho abakobwa n&#8217;abahungu baryamana bose, bahinduranya nk&#8217;abasangiye impuzu. Ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":43495,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[514,515,519],"tags":[],"class_list":["post-43493","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-east-africa-news","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Urwaruka mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, ngo rugize igihe rwishoye mu busambanyi cane, aho amayeri abandanya aba menshi gusumba, nkuko ibinyamakuru muri ico gihugu bibishikiriza. Amwe mu mayeri agize igihe akoreshwa, yashizwe hanze, n&#8217;ayitwa Sex Group, aho ubusambanyi bukorerwa mu murwi, aho abakobwa n&#8217;abahungu baryamana bose, bahinduranya nk&#8217;abasangiye impuzu. Ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-09-08T08:37:56+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/09\/Screenshot_20230907-195548.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"697\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/\",\"name\":\"I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-09-08T08:37:56+00:00\",\"dateModified\":\"2023-09-08T08:37:56+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Urwaruka mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, ngo rugize igihe rwishoye mu busambanyi cane, aho amayeri abandanya aba menshi gusumba, nkuko ibinyamakuru muri ico gihugu bibishikiriza. Amwe mu mayeri agize igihe akoreshwa, yashizwe hanze, n&#8217;ayitwa Sex Group, aho ubusambanyi bukorerwa mu murwi, aho abakobwa n&#8217;abahungu baryamana bose, bahinduranya nk&#8217;abasangiye impuzu. Ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-09-08T08:37:56+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":697,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/09\/Screenshot_20230907-195548.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/","name":"I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-09-08T08:37:56+00:00","dateModified":"2023-09-08T08:37:56+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/i-kigali-urwaruka-rwihaye-ubusambanyi-bwo-mu-migwi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"I Kigali Urwaruka rwihaye ubusambanyi bwo mu migwi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43493","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=43493"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43493\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":43507,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43493\/revisions\/43507"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/43495"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=43493"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=43493"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=43493"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}