{"id":43499,"date":"2023-09-07T20:14:48","date_gmt":"2023-09-07T20:14:48","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=43499"},"modified":"2023-09-07T20:14:48","modified_gmt":"2023-09-07T20:14:48","slug":"%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/","title":{"rendered":"\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe."},"content":{"rendered":"<p>Abarundi batari bake barindiriye igishika urukino rw\u2019Intamba mu rugamba na Cameroun ruzoba igenekerezo rya 12 Nyakanga 2023 .<\/p>\n<p>Ariko naho biri uko , benshi bipfuza kumenya igisabwa kugira umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ushobore gusezerera Cameroun kuri urwo rukino .<\/p>\n<p>Mugihe Intamba mu rugamba zokwihenda zikanganya 0-0 na Cameroun zizoba ziserewe , ati kuberiki? n\u2019uko Cameroun ifise ibitsindo vyinshi yatsindiye hanze kurusha Uburundi, Uburundi ico busabwa kugira burengane ni kunganya na Cameroun 1-1, 2-2 , 3-3 .<\/p>\n<p>Inkino Cameroun yakinye :<\/p>\n<p>&#8211; Burundi 0-1 Cameroun<br \/>\n&#8211; Cameroun 1-1 Namibie<br \/>\n&#8211; Namibie 2-1 Cameroun<\/p>\n<p>Amategeko ya CAN avuga ko , iyo imigwi imaze kunganya amanota baca baraba ibitsindo yinjije , bagasanga banganije ivyo navyo , baca baraba ibitsindo iyo migwi yinjijwe , basanze iyo migwi yose ibinganya naho baca baraba ibitsindo umugwi winjirije hanze ( But \u00e0 l\u2019ext\u00e9rieur ) ivyo navyo Cameroun ica iba imbere y\u2019uburundi , kuko ifise ibitsindo bibiri yatsindiye hanze .<\/p>\n<p>Inkino Cameroun yakinye :<\/p>\n<p>&#8211; Burundi 0-1 Cameroun<br \/>\n&#8211; Cameroun 1-1 Namibie<br \/>\n&#8211; Namibie 2-1 Cameroun<\/p>\n<p>Uburundi nabwo nyene bukaba bwaratsinze igitsindo kimwe gusa hanze ( Away) naco bagitsinze Namibie aho banganije 1-1 .<\/p>\n<p>Inkino Uburundi bumaze gukina :<\/p>\n<p>&#8211; Namibie 1-1 Burundi<br \/>\n&#8211; Burundi 0-1 Cameroun<br \/>\n&#8211; Burundi 3-2 Namibie<\/p>\n<p>Namibie yoyo niyo ifise amahirwe angana kuri 90% yo kw\u2019itabira CAN kuko ifise amanota 5 ni ukuvuga iri imbere y\u2019Uburundi hamwe na Cameroun.<\/p>\n<p>Uburundi na Cameroun kugira bose bashobore kwitabira CAN hama Namibia igasigara n\u2019uko bonganya ibitsindo 4-4 ivyo navyo biragoye .<\/p>\n<p>Inkino Namibie yakinye ni izi :<\/p>\n<p>&#8211; Namibie 1-1 Burundi<br \/>\n&#8211; Cameroun 1-1 Namibie<br \/>\n&#8211; Namibie 2-1 Cameroun<br \/>\n&#8211; Burundi 3-2 Namibie<\/p>\n<p>Namibie ikaba yarashoboye kwinjiza ibitsindo 3 hanze ni ukuvuga iciba imbere y\u2019Uburundi na Cameroun .<\/p>\n<p>-Burundi bwinjije ibitsindo 4 , bwinjizwa 4 buca busigarana ibitsindo 0.<\/p>\n<p>&#8211; Cameroun yinjije ibitsindo yatsinze ibitsindo 3 , yinjizwa 3 ica isigarana ibitsindo 0.<\/p>\n<p>&#8211; Namibia nayo yatsinze ibitsindo 6 , yinjizwa ibitsindo 6 ica isigara ibitsindo 0 .<\/p>\n<p>Ninayo mpamvu bishitse Uburundi bukanganya na Cameroun (0-0) boca baraba ibitsindo imigwi yatsindiye hanze ( But \u00e0 l\u2019ext\u00e9rieur) .<\/p>\n<p>Ariko Uburundi bukanganya na Cameroun kuva ku gitsindo 1-1 ,2-2, 3-3, niho buzoca burengana kuko buzoca bungana na Cameroun ibitsindo 2-2 imigwi yompi yatsindiye hanze ( Away)<\/p>\n<p>Hama bazoca baraba hagati y\u2019Uburundi na Cameroun umugwi watsinze Namibia ni uwahe , ivyo bizoca biha Uburundi uburenganzira bwo kwitabira CAN 2024 bivanye n\u2019uko bwanganije na Namibi 1-1 , busubira kandi butsinda 3-2.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abarundi batari bake barindiriye igishika urukino rw\u2019Intamba mu rugamba na Cameroun ruzoba igenekerezo rya 12 Nyakanga 2023 . Ariko naho biri uko , benshi bipfuza kumenya igisabwa kugira umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ushobore gusezerera Cameroun kuri urwo rukino . Mugihe Intamba mu rugamba zokwihenda zikanganya 0-0 na Cameroun zizoba ziserewe , ati kuberiki? [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":43500,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,525],"tags":[],"class_list":["post-43499","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-sports"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe. - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\u26bd\ufe0f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe. - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abarundi batari bake barindiriye igishika urukino rw\u2019Intamba mu rugamba na Cameroun ruzoba igenekerezo rya 12 Nyakanga 2023 . Ariko naho biri uko , benshi bipfuza kumenya igisabwa kugira umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ushobore gusezerera Cameroun kuri urwo rukino . Mugihe Intamba mu rugamba zokwihenda zikanganya 0-0 na Cameroun zizoba ziserewe , ati kuberiki? [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\u26bd\ufe0f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-09-07T20:14:48+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/09\/Screenshot_20230907-221205.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"540\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"393\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"bosingwa\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"bosingwa\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/\",\"name\":\"\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe. - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-09-07T20:14:48+00:00\",\"dateModified\":\"2023-09-07T20:14:48+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\",\"name\":\"bosingwa\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"bosingwa\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe. - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\u26bd\ufe0f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe. - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abarundi batari bake barindiriye igishika urukino rw\u2019Intamba mu rugamba na Cameroun ruzoba igenekerezo rya 12 Nyakanga 2023 . Ariko naho biri uko , benshi bipfuza kumenya igisabwa kugira umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ushobore gusezerera Cameroun kuri urwo rukino . Mugihe Intamba mu rugamba zokwihenda zikanganya 0-0 na Cameroun zizoba ziserewe , ati kuberiki? [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\u26bd\ufe0f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-09-07T20:14:48+00:00","og_image":[{"width":540,"height":393,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/09\/Screenshot_20230907-221205.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"bosingwa","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"bosingwa","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/","name":"\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe. - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-09-07T20:14:48+00:00","dateModified":"2023-09-07T20:14:48+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/%e2%9a%bd%ef%b8%8f-uburundi-bukihenda-bukanganya-na-cameroun-0-0-buzoba-busezerewe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"\u26bd\ufe0f Uburundi bukihenda bukanganya na Cameroun 0-0 buzoba busezerewe."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2","name":"bosingwa","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"bosingwa"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43499","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=43499"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43499\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":43501,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43499\/revisions\/43501"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/43500"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=43499"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=43499"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=43499"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}