{"id":43824,"date":"2023-10-10T07:22:01","date_gmt":"2023-10-10T07:22:01","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=43824"},"modified":"2023-10-10T07:22:01","modified_gmt":"2023-10-10T07:22:01","slug":"gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/","title":{"rendered":"Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu"},"content":{"rendered":"<p><strong>Bamwe mubanyagihugu bo mu kigwati c&#8217;amahoro c&#8217;i Rumotomoto muri komine Gihanga intara ya Bubanza baranegura ko barihishijwe amafaranga y&#8217;amande bavuga kwari menshi agera kubihumbi 50 ku muntu basanze adafise agakaye ndangamuryango canke katujuje neza, ivyo bikaba vyabaye inyuma y&#8217;isakwa ryabaye kuwa gatandatu igenekerezo rya 7 gitugutu 2023. Abatashoboye kuyariha bari bakiri mu gasho k&#8217;igipolisi ca komine Gihanga gushika ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 9 gitugutu 2023. Ikindi<\/strong> bidogera<strong> n&#8217;uko abafashwe bose batarihishijwe amafaranga amwe, kandi atari bose bahawe igitansi. Uburongozi bwa komine buvugako amande atadukanye bivanye n&#8217;icaha cagiriye umuntu.<\/strong><\/p>\n<p>Bamwe mubantu bafashwe muri iryo sakwa baremeza ko bari bafise amakaye y&#8217;imiryango ariko umukono w&#8217;umukuru w&#8217;umutumba wari kurupapuro rumwe, mugihe abajejwe umutekano bavuga ko uyo mukono wategerezwa kuba ku mpapuro zose zanditseko abagize umuryango.<\/p>\n<p>Hari abandi bafashwe bemera ikosa ko ata dukaye bari bafise canke ata mikono yariko y&#8217;abatware. Ariko n&#8217;ubwo biri uko, baridoga ko hari abafashwe baca bararekurwa babanje kuriha amahera ari hagati y&#8217; ibihumbi 10 na 30 ata gitasi kugira ntibajanwe mugasho, ayo bise &#8220;agafanta k&#8217;abapolisi&#8221;.<\/p>\n<p>Abataronse ako &#8220;gafanta&#8221; bamaze gushikanwa mugasho , bemeza ko kugira basohoke barihishwa ibihumbi 50 vy&#8217;amande bagahabwa n&#8217;igitasi ca komine nk&#8217;uko twaciboneye canditseko &#8220;amande administrative&#8221; , n&#8217;ubwo na co nyene basa n&#8217;abatacemera kuko ngo amafaranga acanditseko yandikishije ikaramu atari imashini.<\/p>\n<p>Abo banyagihugu bavugako bakenye ku buryo hari ababanje gufata amadeni kugira bashobore kuyariha, abandi nabo bayabuze. Inyuma y&#8217;imisi 2 bafashwe, abayabuze bakaba bari bakiri mugasho k&#8217;igipolici ca komine gihanga .<\/p>\n<p>Musitanteri wa Komine Gihanga L\u00e9opold Ndayisaba aremeza ko umukwabu nk&#8217;uyo wahora ukorwa no mubindi bice vya commune Gihanga mu ntumbero y&#8217;ukubungabunga amahoro n&#8217;umutekano.<\/p>\n<p>Ku bijanye n&#8217;amahera adasa yatswe abo banyagihugu, uyo mutware asigura ko amande muri ivyo vy&#8217;ubukaye bigoye ko angana kuko bivana n&#8217;ico umuntu yagira. Atanga akarorero k&#8217;uwudafise indangamuntu ko atohanishwa amande angana n&#8217;uwufise iyashaje, canke ati uwufise abantu benshi batanditse mw&#8217;ikaye ndangamuryango ntiyotanga amwe n&#8217;uwutandikishije umuntu umwe.<\/p>\n<p>Uwurongoye komine Gihanga yahavuye avugana n&#8217;uwurongoye igipolisi muri komine baraheza basezerana ko hokorwa urutonde rw&#8217;abakiri mugasho badashoboye kuriha amande gutyo batahe baje gutunganya ivy&#8217;utwo dukaye tw&#8217;imiryango, abatadufise n&#8217;abo ko bogenda komine ikatubarihira.<\/p>\n<p>Aha ababa muri ico kigwati ca Rumotomoto bakaba basaba ko udukaye ndangamuryango tutokwama tugurwa gushasha uko umwaka utashe tutaruzura nk&#8217;uko biri ubu.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bamwe mubanyagihugu bo mu kigwati c&#8217;amahoro c&#8217;i Rumotomoto muri komine Gihanga intara ya Bubanza baranegura ko barihishijwe amafaranga y&#8217;amande bavuga kwari menshi agera kubihumbi 50 ku muntu basanze adafise agakaye ndangamuryango canke katujuje neza, ivyo bikaba vyabaye inyuma y&#8217;isakwa ryabaye kuwa gatandatu igenekerezo rya 7 gitugutu 2023. Abatashoboye kuyariha bari bakiri mu gasho k&#8217;igipolisi ca [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":19,"featured_media":43825,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,517],"tags":[],"class_list":["post-43824","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bamwe mubanyagihugu bo mu kigwati c&#8217;amahoro c&#8217;i Rumotomoto muri komine Gihanga intara ya Bubanza baranegura ko barihishijwe amafaranga y&#8217;amande bavuga kwari menshi agera kubihumbi 50 ku muntu basanze adafise agakaye ndangamuryango canke katujuje neza, ivyo bikaba vyabaye inyuma y&#8217;isakwa ryabaye kuwa gatandatu igenekerezo rya 7 gitugutu 2023. Abatashoboye kuyariha bari bakiri mu gasho k&#8217;igipolisi ca [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-10-10T07:22:01+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/Gihanga.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1040\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"780\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Jean De Dieu NAHIMANA\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Jean De Dieu NAHIMANA\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/\",\"name\":\"Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-10-10T07:22:01+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-10T07:22:01+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab\",\"name\":\"Jean De Dieu NAHIMANA\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg\",\"caption\":\"Jean De Dieu NAHIMANA\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/jeandedieu\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Bamwe mubanyagihugu bo mu kigwati c&#8217;amahoro c&#8217;i Rumotomoto muri komine Gihanga intara ya Bubanza baranegura ko barihishijwe amafaranga y&#8217;amande bavuga kwari menshi agera kubihumbi 50 ku muntu basanze adafise agakaye ndangamuryango canke katujuje neza, ivyo bikaba vyabaye inyuma y&#8217;isakwa ryabaye kuwa gatandatu igenekerezo rya 7 gitugutu 2023. Abatashoboye kuyariha bari bakiri mu gasho k&#8217;igipolisi ca [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-10-10T07:22:01+00:00","og_image":[{"width":1040,"height":780,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/Gihanga.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Jean De Dieu NAHIMANA","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Jean De Dieu NAHIMANA","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/","name":"Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-10-10T07:22:01+00:00","dateModified":"2023-10-10T07:22:01+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/gihanga-udukaye-ndangamuryango-turapfunze-abantu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Gihanga: Udukaye ndangamuryango turapfunze abantu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab","name":"Jean De Dieu NAHIMANA","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg","contentUrl":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg","caption":"Jean De Dieu NAHIMANA"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/jeandedieu\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43824","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/19"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=43824"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43824\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":43826,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/43824\/revisions\/43826"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/43825"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=43824"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=43824"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=43824"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}