{"id":44005,"date":"2023-11-17T09:00:07","date_gmt":"2023-11-17T09:00:07","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=44005"},"modified":"2023-11-17T09:00:07","modified_gmt":"2023-11-17T09:00:07","slug":"etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/","title":{"rendered":"\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000%"},"content":{"rendered":"<p>Mu gihe yari yavuze ko icizere co gutsinda Gambia ari ibice 500% , ubuho yavuze ko afise icizere co gutsinda Gabon ibice 1000%.<\/p>\n<p>Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023 isaha icumi (16h00) mu masaha ya Dar es Salaam ku kibuga ca Benjamin Mkapa , aho umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba watana mu mitwe n\u2019umugwi nserukira gihugu wa Gambia, mu rukino rw\u2019indwi ya mbere yo kurondera itike yo kwitabira inkino za nyuma z\u2019igikombe c\u2019Isi c\u2019umwaka wa 2026.<\/p>\n<p>Uburundi bukaba bwaraye butsinze igihugu ca Gambia kizokwitabira inkino za CAN 2024 ibitsindo 3 kuri 2.<\/p>\n<p>Inyuma y\u2019urwo rukino, Etienne Ndayiragije yaratanze ikiganiro ku banditsi n\u2019abamenyeshamakuru, aho yabanje gushimira Imana kubona baronse amanota atatu muhira ntivyari vyoroshe kuko bakinye n\u2019umugwi ukomeye.<\/p>\n<p>Ndayiragije asubira kandi agashimira abasore biwe ku kungene bavyitwayemwo neza cane.<\/p>\n<p>Abajijwe ikibazo c\u2019uko Uburundi bwama butsinda ibitsindo hanyuma bagahakwa kubigombora vyose, akaba yishuye ati:\u2019\u2019 gikuru ni amanota atatu&#8221;.<\/p>\n<p>Abajijwe ingene agiye kwitegurira Gabon naho, akaba yishuye ati:\u2019\u2019ubu ngiye kuraba urukino Gabon yakinye uno musi ndabe uko bakina, hanyuma ikindi gikurikira ni kuraba abakinyi bacu uko bavyuka kugira bashobora kugarukana utuguvu \u2018\u2019.<\/p>\n<p>\u2018\u2019 Muri runo rukino twagize ingorane nyinshi twakoze impinduka zikomeye mu gice ca kabiri bivanye n\u2019ukurwara kwa D\u00e9rick na Abedi bababaye, vyaciye biba ngombwa y\u2019uko tubasubiriza bitari mu migambi \u2018\u2019.<\/p>\n<p>Abajijwe icizere afise co gutsinda Gabon, akaba yavuze y\u2019uko afise icizere kingana n\u2019ibice 1000%, bitandukanye n\u2019uko yari yavuze ko afise icizere kingana n\u2019ibice 500% co gutsinda Gabon .<\/p>\n<p>Mwomenyako Uburundi buzokwakira Gabon kuri uyu w\u2019Imana igenekerezo rya 19 Munyonyo 2023 igice c\u2019isaha icenda (15h00) mu masaha y\u2019i Burundi, ku kibuga citiriwe Benjamin Mkapa kiri mu gisagara ca Dar Es Saalam .<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu gihe yari yavuze ko icizere co gutsinda Gambia ari ibice 500% , ubuho yavuze ko afise icizere co gutsinda Gabon ibice 1000%. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023 isaha icumi (16h00) mu masaha ya Dar es Salaam ku kibuga ca Benjamin Mkapa , aho umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba watana [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":44006,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515],"tags":[],"class_list":["post-44005","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000% - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000% - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu gihe yari yavuze ko icizere co gutsinda Gambia ari ibice 500% , ubuho yavuze ko afise icizere co gutsinda Gabon ibice 1000%. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023 isaha icumi (16h00) mu masaha ya Dar es Salaam ku kibuga ca Benjamin Mkapa , aho umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba watana [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-11-17T09:00:07+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/Screenshot_20231117-104844.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"660\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"bosingwa\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"bosingwa\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/\",\"name\":\"\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000% - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-11-17T09:00:07+00:00\",\"dateModified\":\"2023-11-17T09:00:07+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000%\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\",\"name\":\"bosingwa\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"bosingwa\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000% - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000% - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu gihe yari yavuze ko icizere co gutsinda Gambia ari ibice 500% , ubuho yavuze ko afise icizere co gutsinda Gabon ibice 1000%. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023 isaha icumi (16h00) mu masaha ya Dar es Salaam ku kibuga ca Benjamin Mkapa , aho umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba watana [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-11-17T09:00:07+00:00","og_image":[{"width":720,"height":660,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/Screenshot_20231117-104844.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"bosingwa","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"bosingwa","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/","name":"\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000% - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-11-17T09:00:07+00:00","dateModified":"2023-11-17T09:00:07+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/etienne-ndayiragije-ngo-icizere-co-gutsinda-gabon-ciyongereye-ku-bice-1000\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"\u00c9tienne Ndayiragije ngo icizere co gutsinda Gabon ciyongereye ku bice 1000%"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2","name":"bosingwa","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"bosingwa"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44005","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=44005"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44005\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":44007,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44005\/revisions\/44007"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/44006"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=44005"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=44005"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=44005"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}