{"id":44018,"date":"2023-11-27T20:44:11","date_gmt":"2023-11-27T20:44:11","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=44018"},"modified":"2023-11-28T07:51:00","modified_gmt":"2023-11-28T07:51:00","slug":"ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/","title":{"rendered":"Ruziba:Abafovye ababo mw&#8217;itongo ry&#8217;abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy&#8217;abo"},"content":{"rendered":"<p><strong>Bamwe mubasanzwe barafovye ababo mw&#8217;itongo ry&#8217;abapfuye rya Ruziba mu bumanuko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura muri Komine Muha bavuga ko ubukene buri mu miryango buzotuma badashobora gushira mu ngiro ingingo iheruka gutangazwa n&#8217;uburongozi bw&#8217;iyo komine ihagarika guhamba abantu muri ico kibanza hamwe no kwimura imva zose ziri mu metro 9 uvuye kw&#8217;ibarabara rikuru ry&#8217;igihugu rigira g\u00e2tatu rigiye gusanurwa<\/strong> .<\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Abo banyagihugu begereye akaburi ka Ruziba bemeza ko muri rusangi ingongo uburongozi bwa komine Muha bwafashe, izotuma ibarabara rikuru rikorwa ataco zari zitwaye, ariko bagashikiriza ko ishirwa mu ngiro ry&#8217;iyo ngingo rishobora guhungabanya imiryango yabo.<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Hari n&#8217;ababona ko ishirwa mu ngiro ishobora gukomeretsa imwe mu miryango yahamvye abayo muri ico kibanza.<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Hari n&#8217;abandi basaba ko kubera amikoro m\u00e2ke bobareka bibaye ngobwa bakababimurira kuko kubura umuntu n&#8217;ikimwe ariko ikibazo c&#8217;ubyo naco ari ikindi .<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Abo banyagihugu bemeza ko itongo ry&#8217;abapfuye rya Ruziba risanzwe rifobwamwo ababuze ababo bava mu miryango y&#8217;amikoro m\u00e2ke .Ubu bavuga ko kwimura ababo atavyo boshobora .<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Mw&#8217;itangazo ryateweko umukono na Musitanteri wa Muha m&#8217;ubumanuko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura yari yari yahamagariye abanyagihugu bose basanzwe bafuba ababo muri iryo tongo ry&#8217;abapfuye ko bihagaritswe,yongera anavuga ko mu ntumbero yo kworohereza ibikorwa vyo gusanura ibarabara rikuru ry&#8217;igihugu nomero zitatu ko abantu bose bahambwe mu metro 9 uvuye kw&#8217;ibarabara ko bategerezwa kubimura mu kirongo kitarenze amezi atatu bakaja gushingurwa ahandi .<\/span><\/span><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bamwe mubasanzwe barafovye ababo mw&#8217;itongo ry&#8217;abapfuye rya Ruziba mu bumanuko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura muri Komine Muha bavuga ko ubukene buri mu miryango buzotuma badashobora gushira mu ngiro ingingo iheruka gutangazwa n&#8217;uburongozi bw&#8217;iyo komine ihagarika guhamba abantu muri ico kibanza hamwe no kwimura imva zose ziri mu metro 9 uvuye kw&#8217;ibarabara rikuru ry&#8217;igihugu rigira g\u00e2tatu rigiye [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":19,"featured_media":44019,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,517],"tags":[],"class_list":["post-44018","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ruziba:Abafovye ababo mw&#039;itongo ry&#039;abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy&#039;abo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ruziba:Abafovye ababo mw&#039;itongo ry&#039;abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy&#039;abo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bamwe mubasanzwe barafovye ababo mw&#8217;itongo ry&#8217;abapfuye rya Ruziba mu bumanuko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura muri Komine Muha bavuga ko ubukene buri mu miryango buzotuma badashobora gushira mu ngiro ingingo iheruka gutangazwa n&#8217;uburongozi bw&#8217;iyo komine ihagarika guhamba abantu muri ico kibanza hamwe no kwimura imva zose ziri mu metro 9 uvuye kw&#8217;ibarabara rikuru ry&#8217;igihugu rigira g\u00e2tatu rigiye [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-11-27T20:44:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-11-28T07:51:00+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/IMG_20231127_115109_232-scaled.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"2560\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1920\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Jean De Dieu NAHIMANA\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Jean De Dieu NAHIMANA\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/\",\"name\":\"Ruziba:Abafovye ababo mw'itongo ry'abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy'abo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-11-27T20:44:11+00:00\",\"dateModified\":\"2023-11-28T07:51:00+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ruziba:Abafovye ababo mw&#8217;itongo ry&#8217;abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy&#8217;abo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab\",\"name\":\"Jean De Dieu NAHIMANA\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg\",\"caption\":\"Jean De Dieu NAHIMANA\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/jeandedieu\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ruziba:Abafovye ababo mw'itongo ry'abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy'abo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ruziba:Abafovye ababo mw'itongo ry'abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy'abo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Bamwe mubasanzwe barafovye ababo mw&#8217;itongo ry&#8217;abapfuye rya Ruziba mu bumanuko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura muri Komine Muha bavuga ko ubukene buri mu miryango buzotuma badashobora gushira mu ngiro ingingo iheruka gutangazwa n&#8217;uburongozi bw&#8217;iyo komine ihagarika guhamba abantu muri ico kibanza hamwe no kwimura imva zose ziri mu metro 9 uvuye kw&#8217;ibarabara rikuru ry&#8217;igihugu rigira g\u00e2tatu rigiye [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-11-27T20:44:11+00:00","article_modified_time":"2023-11-28T07:51:00+00:00","og_image":[{"width":2560,"height":1920,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/IMG_20231127_115109_232-scaled.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Jean De Dieu NAHIMANA","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Jean De Dieu NAHIMANA","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/","name":"Ruziba:Abafovye ababo mw'itongo ry'abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy'abo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-11-27T20:44:11+00:00","dateModified":"2023-11-28T07:51:00+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ruzibaabafovye-ababo-mwitongo-ryabapfu-basaba-gushigikirwa-kugira-bimure-ibisigarira-vyabo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ruziba:Abafovye ababo mw&#8217;itongo ry&#8217;abapfu basaba gushigikirwa kugira bimure ibisigarira vy&#8217;abo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab","name":"Jean De Dieu NAHIMANA","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg","contentUrl":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg","caption":"Jean De Dieu NAHIMANA"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/jeandedieu\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44018","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/19"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=44018"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44018\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":44023,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44018\/revisions\/44023"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/44019"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=44018"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=44018"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=44018"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}