{"id":44082,"date":"2023-12-12T07:41:28","date_gmt":"2023-12-12T07:41:28","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=44082"},"modified":"2023-12-12T07:42:41","modified_gmt":"2023-12-12T07:42:41","slug":"bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/","title":{"rendered":"Bujumbura : Ingoro y&#8217;imicokama n&#8217;ubuhinga igiye guhindurwa isoko y&#8217;ubudandarizo"},"content":{"rendered":"<p><strong>N&#8217;aho abaririmvyi bahora bayikoreramwo ibiteramo bari biyamirije ko ingoro ndangamico y&#8217;i Bujumbura igiye guhindurirwa ivyo ikorerwamwo. Himirije gutunganirizwa isoko igurishirizwamwo ivyavuye mu migambi y&#8217;urwaruka rw&#8217;abarundi. Abari hagati y&#8217;amajana abiri n&#8217;amajana atatu bashobora kuharonka ibibanza.<\/strong><\/p>\n<p>Ntiharamenyekana itarike bizotangurira ariko umuhuza bikorwa w&#8217;umugambi PAEEJ ufasha ugaherekeza urwaruka rwitunganiriza imigambi yemeje kuri uyu wa mbere ko ingoro y&#8217;imicokama n&#8217;ubuhinga &#8220;Palais des arts et de la culture&#8221;vuba izoba isoko ritoya ry&#8217;ivyavuye mu migambi y&#8217;urwaruka rw&#8217;abarundi.<\/p>\n<p>D\u00e9sir\u00e9 Manirakiza umuhuzabikorwa muri PAEEJ agira\u00a0 ati :&#8221; Hariho abo twumvise bavuga ngo hagiye kororerwa inkoko, inkwavu ariko sivyo, rizoba ari isoko ritoya nokwita &#8220;Mini super March\u00e9 &#8221; kugira dufashe urwaruka kuronka amasoko atari ayo hanze y&#8217;igihugu ariko ya hano iwacu kandi ya kijambere.<\/p>\n<p>Ubu rero iyo nyubakwa iriko irasubiramwo. Abandanya amenyesha ko hashobora kuzokwandwa ivyahinguwe n&#8217;urwaruka ruri hagati y&#8217;amajana abiri (200) n&#8217;amajana atatu (300) .<\/p>\n<p>Umuhuzabikorwa w&#8217;urwo mugambi asigura ko uko bizokorwa atari nka kurya umwe wese yozana imeza agatereka mu kibanza ciwe ahubwo ko icahinguwe cose kizoba kiriko ikimenyetso bica &#8220;code barre&#8221; umuguzi azoza muri iryo Soko akagitora ina co azoca aronka ubutumwa bumwereka ko catowe mugabo si we azoza kukigurisha , harashobora kuzonatunganirizwa n&#8217;igikoni c&#8217;ibihingurirwa i Burundi.<\/p>\n<p>Yamara rero uwo mugambi wo guhindura ico iyo nyubakwa ikorerwamwo wari wiyamirijwe n&#8217;abaririmvyi bamwe bahoze batunganiriza ibiteramo muri iyo ngoro.<\/p>\n<p>Mu kwezi kwa 5 umwaka 2023 , abo baririmvyi bari basavye ko bitokorwa kuko bibaye kwoba ari uguhemukira imicokama. Bamwe bagira bati :&#8221; Bibaye uko , vyoba ari ivyo gutera ivyatsi, hari mu nama Umushikiranganji w&#8217;ico gihe yari ajejwe imicokama yabagirishije.&#8221;<\/p>\n<p>Ez\u00e9chiel Nibigira yasiguye ko umugambi nk&#8217;uwo usanzwe kuko ataho ibintu biroye ari ivya Reta mu yindi. Yongeyeko ko kubera urwaruka ruriko rurimbura ku bwinshi, abanyamahanga babwirizwa kuronka rero aho babisanga.<\/p>\n<p>Ibiteramo ndangakaranga vyahora bitunganirizwa muriyo ngoro ndangakaranga vyari vyagiye biragabanuka kuva mu myaka y&#8217;ibihumbi 2016 haja harakorerwa cane ibijanye n&#8217;amahayanisha gurisha. Aho muri iyo nama yahuje abaririmvyi n&#8217;umushikiranganji yababwiye ko hari iyindi ngoro iriko irategurwa kugira izoje iraberamwo ibijanye n&#8217;imicokama n&#8217;ubuhinga bizoja biraberamwo ariko ntiyatomoye neza aho itumbereye.<\/p>\n<p><strong>Inkuru yanditswe na Nolis Nduwimana<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>N&#8217;aho abaririmvyi bahora bayikoreramwo ibiteramo bari biyamirije ko ingoro ndangamico y&#8217;i Bujumbura igiye guhindurirwa ivyo ikorerwamwo. Himirije gutunganirizwa isoko igurishirizwamwo ivyavuye mu migambi y&#8217;urwaruka rw&#8217;abarundi. Abari hagati y&#8217;amajana abiri n&#8217;amajana atatu bashobora kuharonka ibibanza. Ntiharamenyekana itarike bizotangurira ariko umuhuza bikorwa w&#8217;umugambi PAEEJ ufasha ugaherekeza urwaruka rwitunganiriza imigambi yemeje kuri uyu wa mbere ko ingoro y&#8217;imicokama [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":44083,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[542,515],"tags":[],"class_list":["post-44082","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-culture","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Bujumbura : Ingoro y&#039;imicokama n&#039;ubuhinga igiye guhindurwa isoko y&#039;ubudandarizo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Bujumbura : Ingoro y&#039;imicokama n&#039;ubuhinga igiye guhindurwa isoko y&#039;ubudandarizo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"N&#8217;aho abaririmvyi bahora bayikoreramwo ibiteramo bari biyamirije ko ingoro ndangamico y&#8217;i Bujumbura igiye guhindurirwa ivyo ikorerwamwo. Himirije gutunganirizwa isoko igurishirizwamwo ivyavuye mu migambi y&#8217;urwaruka rw&#8217;abarundi. Abari hagati y&#8217;amajana abiri n&#8217;amajana atatu bashobora kuharonka ibibanza. Ntiharamenyekana itarike bizotangurira ariko umuhuza bikorwa w&#8217;umugambi PAEEJ ufasha ugaherekeza urwaruka rwitunganiriza imigambi yemeje kuri uyu wa mbere ko ingoro y&#8217;imicokama [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-12-12T07:41:28+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-12-12T07:42:41+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/12\/WhatsApp-Image-2023-12-12-at-09.24.49.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1008\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"756\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/\",\"name\":\"Bujumbura : Ingoro y'imicokama n'ubuhinga igiye guhindurwa isoko y'ubudandarizo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-12-12T07:41:28+00:00\",\"dateModified\":\"2023-12-12T07:42:41+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Bujumbura : Ingoro y&#8217;imicokama n&#8217;ubuhinga igiye guhindurwa isoko y&#8217;ubudandarizo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Bujumbura : Ingoro y'imicokama n'ubuhinga igiye guhindurwa isoko y'ubudandarizo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Bujumbura : Ingoro y'imicokama n'ubuhinga igiye guhindurwa isoko y'ubudandarizo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"N&#8217;aho abaririmvyi bahora bayikoreramwo ibiteramo bari biyamirije ko ingoro ndangamico y&#8217;i Bujumbura igiye guhindurirwa ivyo ikorerwamwo. Himirije gutunganirizwa isoko igurishirizwamwo ivyavuye mu migambi y&#8217;urwaruka rw&#8217;abarundi. Abari hagati y&#8217;amajana abiri n&#8217;amajana atatu bashobora kuharonka ibibanza. Ntiharamenyekana itarike bizotangurira ariko umuhuza bikorwa w&#8217;umugambi PAEEJ ufasha ugaherekeza urwaruka rwitunganiriza imigambi yemeje kuri uyu wa mbere ko ingoro y&#8217;imicokama [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-12-12T07:41:28+00:00","article_modified_time":"2023-12-12T07:42:41+00:00","og_image":[{"width":1008,"height":756,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/12\/WhatsApp-Image-2023-12-12-at-09.24.49.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/","name":"Bujumbura : Ingoro y'imicokama n'ubuhinga igiye guhindurwa isoko y'ubudandarizo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-12-12T07:41:28+00:00","dateModified":"2023-12-12T07:42:41+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bujumbura-ingoro-yimicokama-nubuhinga-igiye-guhindurwa-isoko-yubudandarizo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Bujumbura : Ingoro y&#8217;imicokama n&#8217;ubuhinga igiye guhindurwa isoko y&#8217;ubudandarizo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44082","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=44082"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44082\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":44084,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44082\/revisions\/44084"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/44083"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=44082"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=44082"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=44082"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}