{"id":44116,"date":"2023-12-20T10:00:10","date_gmt":"2023-12-20T10:00:10","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=44116"},"modified":"2023-12-20T10:00:10","modified_gmt":"2023-12-20T10:00:10","slug":"nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/","title":{"rendered":"N&#8217;ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b&#8217;ishirahamwe BRA manufacturing"},"content":{"rendered":"<p><strong>Abakozi b&#8217;ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike BRA Manufacturing bazindutse basubira guhagarika akazi mu gitondo co kuri uyu wa 18 Kigarama 2023 basaba ko batunganirizwa mukuronswa amasezerano y&#8217;akazi hamwe n&#8217;utundi turusho twose dutegekanywa n&#8217;amategeko agenga abakozi . Umushikirangaji w&#8217;abakozi n&#8217;akazi ahashitse yari yabemereye ko ico kibazo kibwirizwa gutorerwa umuti.<\/strong><\/p>\n<p>Ikibazo c&#8217;abakozi b&#8217;ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike BRA Manufacturing n&#8217;ikibazo kimaze igihe kitari gito,k&#8217;uko hari hageze ukwezi abo bakozi nyene bahagaritse akazi mbere umushikirangaji w&#8217;abakozi n&#8217;akazi Venuste Muyabaga arahishikira arumviriza impande zose gutyo anavaho humvikanywe ko uburongozi bw&#8217;iryohonguriro bugiye gutorera bimwe mubibazo vy&#8217;abo bakozi mukiringo kitarenga imisi itanu,ingingo yahumurije abakozi bari bahagaritse akazi .<\/p>\n<p>Mu gihe bari bahagaritse akazi kuri uyu wa mbere igenerekerezo rya 18 Kigarama 2023, umushikirangaji w&#8217;abakozi n&#8217;akazi Venuste Muyabaga ari nawe yari yahagarariye ibiganiro vya mbere yasubiriye aragaruka yumvise ko ibikorwa vyahagaze araheza asiga ababwiye kwagaruka mu gihe c&#8217;umuhingamo igihe c&#8217;isaha 9 kugira ikibazo kive mu nzira ,ariko araheza asiga abwiye uwujejwe igipolisi mu Gisagara ca Bujumbura ko yoba arabumviriza,uno nawe ntabirebire yabashikiyeko uretse kubasaba kubandanya basaba gutunganirizwa ariko batekanye.<\/p>\n<p>Umushikirangaji w&#8217;abakozi n&#8217;akazi Venuste Muyabaga yahavuye agaruka kw&#8217;isango yabahaye araheza arahuza abaserukira abakozi n&#8217;uburongozi bw&#8217;ishirahamwe BRA Manufacturing gushika mu masa y&#8217;umugoroba isaha 12 n&#8217;iminota 45 .<\/p>\n<p>Ariko abakozi bakaba batashimishijwe n&#8217;ivyavuye mubiganiro kuko ahubwo bobo batangajwe no kuba ivyashitsweko mu nama ya mbere bitashizwe mu ngiro ariko Ubu bakavuga ahubwo babwiwe kwatari masezerano bagifiniye n&#8217;iryo shirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike ahubwo ko bokwandika basaba akazi gushasha.Ubu bamwe mubakozi bavuga ko ivyo bariko barakorerwa bisa n&#8217;iterabwoba.<\/p>\n<p>Kw&#8217;igenekerezo rya 19 Kigarama 2023,abo bakozi bakaba bazindutse bigizwa inyuma n&#8217;igipolisi kugira hinjizwe abakozi bashasha,ico gipolisi nyene kikaba casubiriye kubasaba kuja kwitura ubutungane ariko batabujije ibikorwa vy&#8217;ishirahamwe ko bibandanya.Bano nabo bakaba baciye berekeza kubiro vy&#8217;umushikiranganji w&#8217;akazi kugira barabe ko botunganirizwa ariko bakaba babwiwe k oumushikiranganji atari hafi afatiriwe n&#8217;amabanga y&#8217;akazi ari hagati mu gihugu .<\/p>\n<p>Abakozi b&#8217;ishirahamwe BRA Manufacturing basaba gutunganirizwa bakaba baba amajana ane (400).<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abakozi b&#8217;ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike BRA Manufacturing bazindutse basubira guhagarika akazi mu gitondo co kuri uyu wa 18 Kigarama 2023 basaba ko batunganirizwa mukuronswa amasezerano y&#8217;akazi hamwe n&#8217;utundi turusho twose dutegekanywa n&#8217;amategeko agenga abakozi . Umushikirangaji w&#8217;abakozi n&#8217;akazi ahashitse yari yabemereye ko ico kibazo kibwirizwa gutorerwa umuti. Ikibazo c&#8217;abakozi b&#8217;ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":19,"featured_media":44117,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,517],"tags":[],"class_list":["post-44116","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>N&#039;ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b&#039;ishirahamwe BRA manufacturing - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"N&#039;ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b&#039;ishirahamwe BRA manufacturing - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abakozi b&#8217;ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike BRA Manufacturing bazindutse basubira guhagarika akazi mu gitondo co kuri uyu wa 18 Kigarama 2023 basaba ko batunganirizwa mukuronswa amasezerano y&#8217;akazi hamwe n&#8217;utundi turusho twose dutegekanywa n&#8217;amategeko agenga abakozi . Umushikirangaji w&#8217;abakozi n&#8217;akazi ahashitse yari yabemereye ko ico kibazo kibwirizwa gutorerwa umuti. Ikibazo c&#8217;abakozi b&#8217;ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-12-20T10:00:10+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/12\/WhatsApp-Image-2023-12-20-at-11.25.33.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1016\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"762\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Jean De Dieu NAHIMANA\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Jean De Dieu NAHIMANA\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/\",\"name\":\"N'ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b'ishirahamwe BRA manufacturing - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-12-20T10:00:10+00:00\",\"dateModified\":\"2023-12-20T10:00:10+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"N&#8217;ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b&#8217;ishirahamwe BRA manufacturing\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab\",\"name\":\"Jean De Dieu NAHIMANA\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg\",\"caption\":\"Jean De Dieu NAHIMANA\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/jeandedieu\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"N'ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b'ishirahamwe BRA manufacturing - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"N'ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b'ishirahamwe BRA manufacturing - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abakozi b&#8217;ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike BRA Manufacturing bazindutse basubira guhagarika akazi mu gitondo co kuri uyu wa 18 Kigarama 2023 basaba ko batunganirizwa mukuronswa amasezerano y&#8217;akazi hamwe n&#8217;utundi turusho twose dutegekanywa n&#8217;amategeko agenga abakozi . Umushikirangaji w&#8217;abakozi n&#8217;akazi ahashitse yari yabemereye ko ico kibazo kibwirizwa gutorerwa umuti. Ikibazo c&#8217;abakozi b&#8217;ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-12-20T10:00:10+00:00","og_image":[{"width":1016,"height":762,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/12\/WhatsApp-Image-2023-12-20-at-11.25.33.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Jean De Dieu NAHIMANA","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Jean De Dieu NAHIMANA","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/","name":"N'ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b'ishirahamwe BRA manufacturing - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-12-20T10:00:10+00:00","dateModified":"2023-12-20T10:00:10+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubu-ntacizere-co-gutunganirizwa-bafise-abakozi-bishirahamwe-bra-manufacturing\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"N&#8217;ubu ntacizere co gutunganirizwa bafise abakozi b&#8217;ishirahamwe BRA manufacturing"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/586534e558f2e8ec68aeac1a73e35bab","name":"Jean De Dieu NAHIMANA","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg","contentUrl":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/avatars\/19\/1697611451-bpfull.jpg","caption":"Jean De Dieu NAHIMANA"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/jeandedieu\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44116","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/19"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=44116"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44116\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":44118,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44116\/revisions\/44118"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/44117"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=44116"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=44116"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=44116"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}