{"id":44125,"date":"2023-12-19T14:08:23","date_gmt":"2023-12-19T14:08:23","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=44125"},"modified":"2023-12-20T14:26:18","modified_gmt":"2023-12-20T14:26:18","slug":"reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/","title":{"rendered":"Reta niyo igena igihugu inkino z&#8217;umurwi nserukira gihugu n&#8217;iziyndi mirwi ziberamwo"},"content":{"rendered":"<p><strong>Mu gihe abarundi batari bake bama biyumvira impamvu imigwi nserukira gihugu y\u2019Intamba mu Rugamba itakirira inkino zayo mu gihugu c\u2019Urwanda mugihe ari hafi cane y\u2019Uburundi ikaja kwakirira mu gihugu ca Tanzania n\u2019Ubuganda , inyishu y\u2019ico kibazo yaraye imenyekanye.<\/strong><\/p>\n<p>Ariko yishura bimwe mu bibazo vy&#8217;abamenyeshamakuru mu kiganiro yari yatunganije kuri uyu wakabiri, uwurongoye ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru mu Burundi FFB Muyenge Alexandre yashikirije ko atari FFB ihitamwo kuja gukinira kure y\u2019Uburundi, ahubwo ko ari igihugu giheza kikibarungika aho cahisemwo .<\/p>\n<p>Umukuru wa FFB akaba yagize ati <em>\u2019\u2019 Twebwe si twe dutanga uburyo bw\u2019umugwi nserukiragihigu Intamba mu Rgamba, ni igihugu. Ni ukuvuga ko igihugu kitubwiye kiti genda mukinire i Huye mu Rwanda, twebwe turagenda. Batubwiye bati\u2019\u2019 genda mukinire i Dar Es Saalam, turagenda. Batubwiye bati genda mukinire i Nairobi ni uko, aho batubwiye hose turagenda kuko baba babonye uburyo bafise. Twebwe natwe ntitwoca tubategeka ngo vyanka vyakunda tugomba tuje I Huye, nyene uburyo rero akubwiye jewe mbona wogenda gukinira i Tanzania ntaco uvuga, canke mu Buganda. Aho bazotubwira hose niho tuzoja, ntidutegeka Reta. \u2018\u2019<\/em><\/p>\n<p>Intamba z\u2019abigeme muri uno mwaka zakinye urukino rwa Gicuti n\u2019umugwi nserukiragihigu w\u2019Urwanda .<\/p>\n<p>Uburundi bumaze kwakira Inkino zitarinke muri Tanzania , harimwo urukino rwa Cameroun , Namibia , Gambia , Gabon tutibagiye n\u2019umigwi yaserukiye igihugu mu nkino za CAF Champions League na Conf\u00e9d\u00e9ration Cup nka Bumamuru Fc , Flambeau du Centre hamwe na Aigle Noir .<\/p>\n<p>Izo nkino Uburundi buzakirira I Tanzania ku kibuga ca Benjamin Mkapa kiri I Dar Es Salaam bivanye n\u2019uko budafise ikibuga mpuzamakungu cemewe na CAF hamwe na FIFA.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu gihe abarundi batari bake bama biyumvira impamvu imigwi nserukira gihugu y\u2019Intamba mu Rugamba itakirira inkino zayo mu gihugu c\u2019Urwanda mugihe ari hafi cane y\u2019Uburundi ikaja kwakirira mu gihugu ca Tanzania n\u2019Ubuganda , inyishu y\u2019ico kibazo yaraye imenyekanye. Ariko yishura bimwe mu bibazo vy&#8217;abamenyeshamakuru mu kiganiro yari yatunganije kuri uyu wakabiri, uwurongoye ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":44126,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515],"tags":[],"class_list":["post-44125","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Reta niyo igena igihugu inkino z&#039;umurwi nserukira gihugu n&#039;iziyndi mirwi ziberamwo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Reta niyo igena igihugu inkino z&#039;umurwi nserukira gihugu n&#039;iziyndi mirwi ziberamwo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu gihe abarundi batari bake bama biyumvira impamvu imigwi nserukira gihugu y\u2019Intamba mu Rugamba itakirira inkino zayo mu gihugu c\u2019Urwanda mugihe ari hafi cane y\u2019Uburundi ikaja kwakirira mu gihugu ca Tanzania n\u2019Ubuganda , inyishu y\u2019ico kibazo yaraye imenyekanye. Ariko yishura bimwe mu bibazo vy&#8217;abamenyeshamakuru mu kiganiro yari yatunganije kuri uyu wakabiri, uwurongoye ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-12-19T14:08:23+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-12-20T14:26:18+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/12\/WhatsApp-Image-2023-12-20-at-16.14.49.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"480\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"bosingwa\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"bosingwa\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/\",\"name\":\"Reta niyo igena igihugu inkino z'umurwi nserukira gihugu n'iziyndi mirwi ziberamwo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-12-19T14:08:23+00:00\",\"dateModified\":\"2023-12-20T14:26:18+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Reta niyo igena igihugu inkino z&#8217;umurwi nserukira gihugu n&#8217;iziyndi mirwi ziberamwo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\",\"name\":\"bosingwa\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"bosingwa\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Reta niyo igena igihugu inkino z'umurwi nserukira gihugu n'iziyndi mirwi ziberamwo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Reta niyo igena igihugu inkino z'umurwi nserukira gihugu n'iziyndi mirwi ziberamwo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu gihe abarundi batari bake bama biyumvira impamvu imigwi nserukira gihugu y\u2019Intamba mu Rugamba itakirira inkino zayo mu gihugu c\u2019Urwanda mugihe ari hafi cane y\u2019Uburundi ikaja kwakirira mu gihugu ca Tanzania n\u2019Ubuganda , inyishu y\u2019ico kibazo yaraye imenyekanye. Ariko yishura bimwe mu bibazo vy&#8217;abamenyeshamakuru mu kiganiro yari yatunganije kuri uyu wakabiri, uwurongoye ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-12-19T14:08:23+00:00","article_modified_time":"2023-12-20T14:26:18+00:00","og_image":[{"width":720,"height":480,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/12\/WhatsApp-Image-2023-12-20-at-16.14.49.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"bosingwa","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"bosingwa","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/","name":"Reta niyo igena igihugu inkino z'umurwi nserukira gihugu n'iziyndi mirwi ziberamwo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-12-19T14:08:23+00:00","dateModified":"2023-12-20T14:26:18+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/reta-niyo-igena-igihugu-inkino-zumurwi-nserukira-gihugu-niziyndi-mirwi-ziberamwo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Reta niyo igena igihugu inkino z&#8217;umurwi nserukira gihugu n&#8217;iziyndi mirwi ziberamwo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2","name":"bosingwa","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"bosingwa"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44125","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=44125"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44125\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":44129,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44125\/revisions\/44129"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/44126"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=44125"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=44125"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=44125"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}