{"id":44184,"date":"2024-01-05T07:41:13","date_gmt":"2024-01-05T07:41:13","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=44184"},"modified":"2024-01-05T07:46:48","modified_gmt":"2024-01-05T07:46:48","slug":"burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/","title":{"rendered":"Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025"},"content":{"rendered":"<p><b>Umunyamabanga mukuru w\u2019umugambwe CNDD- FDD abona ko hari amashure menshi y\u2019indaro ubu arimwo abanyeshure bake , mbere ugasanga n\u2019ibirasi bigaragara.Mukiganiro yatunganije kubamenyeshamakuru kw\u2019igenekerezo rya 02 Nzero 2024.Reveriyano Ndikuriyo yavuze ko bagiye gusaba Reta ngo isubire ije irarungika mu mashure y\u2019uburaro abanyeshure bose bafise abavyeyi bashobora kubarihira amafaranga y\u2019ibifungurwa.<\/b><\/p>\n<p>Umunyamabanga mukuru w&#8217;uwo mugambwe muri ico kiganiro,Reveriyano Ndikuriyo ariko avuga kubijanye n\u2019igisata c\u2019inyigisho kubijanye n\u2019amashure y\u2019indaro,avuga ko bitumvikana ingene abana biga bataha kandi hari amashure ya Reta agaragara akagira ati:<em>\u201dAkarorero ni kw&#8217;ishure nka Lyc\u00e9e Makamba ushobora gusangako nk&#8217;abana amajana atatu ( 300 ) kandi yahorako igihumbi n&#8217;amajana abiri ( 1200).\u201d<\/em><\/p>\n<p>Reveriyano Ndikuriyo wewe agira ati :<em>&#8220;Ubu boraba urugero rw&#8217;amanota runaka hama mu ndaro hakarungikwa umunyeshure wese afise umuvyeyi ashobora kumurihira ivyo afungura kw&#8217;ishure. Kuko kwiga baba kw&#8217;ishure vyigisha abanyeshure kubana n&#8217;abandi, bikabubaka muri kazoza, kuko batizanya isabuni, bagasangira&#8230;&#8221;<\/em><\/p>\n<p>Umunyamabanga mukuru w\u2019umugambwe CNDD-FDD, yaragarutse kumashure amwe amwe avuga ko asa n&#8217;ayagaragara nk ishure ryisumbuye rya Kiganda, Gishubi,Rusengo, Busiga,Tangara hamwe n&#8217;ahandi amasomero yoba ari ariko ata na kimwe ariko arakoreshwa.<\/p>\n<p>Niko gutangaza ko kuva m&#8217;umwaka w&#8217;ishure uza hazosubiraho amashure y&#8217;indaro kuko ayo mashure mukubakwa yatwaye uburyo butari buke bwa Reta.<\/p>\n<p>Uyo aramutswa umugambwe CNDD-FDD\u00a0 vyo rero ngo biriko birigwa n&#8217;ubunyamabanga ntunganyabisata bujejwe imibano\u00a0 muruwo mugambwe bukoranye n&#8217;ibisata vya Reta kugira mu kwezi kw&#8217;icenga hasubire kungururwa amashure atari make.<\/p>\n<p><strong>Inkuru yanditswe na Dieudonn\u00e9 Niyoyanzigamiye<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umunyamabanga mukuru w\u2019umugambwe CNDD- FDD abona ko hari amashure menshi y\u2019indaro ubu arimwo abanyeshure bake , mbere ugasanga n\u2019ibirasi bigaragara.Mukiganiro yatunganije kubamenyeshamakuru kw\u2019igenekerezo rya 02 Nzero 2024.Reveriyano Ndikuriyo yavuze ko bagiye gusaba Reta ngo isubire ije irarungika mu mashure y\u2019uburaro abanyeshure bose bafise abavyeyi bashobora kubarihira amafaranga y\u2019ibifungurwa. Umunyamabanga mukuru w&#8217;uwo mugambwe muri ico kiganiro,Reveriyano [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":44185,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,579],"tags":[],"class_list":["post-44184","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-politique"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umunyamabanga mukuru w\u2019umugambwe CNDD- FDD abona ko hari amashure menshi y\u2019indaro ubu arimwo abanyeshure bake , mbere ugasanga n\u2019ibirasi bigaragara.Mukiganiro yatunganije kubamenyeshamakuru kw\u2019igenekerezo rya 02 Nzero 2024.Reveriyano Ndikuriyo yavuze ko bagiye gusaba Reta ngo isubire ije irarungika mu mashure y\u2019uburaro abanyeshure bose bafise abavyeyi bashobora kubarihira amafaranga y\u2019ibifungurwa. Umunyamabanga mukuru w&#8217;uwo mugambwe muri ico kiganiro,Reveriyano [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2024-01-05T07:41:13+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2024-01-05T07:46:48+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/01\/WhatsApp-Image-2024-01-05-at-09.39.09.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/\",\"name\":\"Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2024-01-05T07:41:13+00:00\",\"dateModified\":\"2024-01-05T07:46:48+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umunyamabanga mukuru w\u2019umugambwe CNDD- FDD abona ko hari amashure menshi y\u2019indaro ubu arimwo abanyeshure bake , mbere ugasanga n\u2019ibirasi bigaragara.Mukiganiro yatunganije kubamenyeshamakuru kw\u2019igenekerezo rya 02 Nzero 2024.Reveriyano Ndikuriyo yavuze ko bagiye gusaba Reta ngo isubire ije irarungika mu mashure y\u2019uburaro abanyeshure bose bafise abavyeyi bashobora kubarihira amafaranga y\u2019ibifungurwa. Umunyamabanga mukuru w&#8217;uwo mugambwe muri ico kiganiro,Reveriyano [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2024-01-05T07:41:13+00:00","article_modified_time":"2024-01-05T07:46:48+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/01\/WhatsApp-Image-2024-01-05-at-09.39.09.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/","name":"Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2024-01-05T07:41:13+00:00","dateModified":"2024-01-05T07:46:48+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umugambwe-cndd-fdd-usaba-ko-amashure-yindaro-yosubira-kurungikwamwo-abanyeshure-kuva-mu-mwaka-wishure-wa-2024-2025\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi: Umugambwe CNDD-FDD usaba ko amashure yindaro yosubira kurungikwamwo abanyeshure kuva mu mwaka w\u2019ishure wa 2024-2025"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44184","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=44184"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44184\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":44186,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/44184\/revisions\/44186"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/44185"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=44184"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=44184"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=44184"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}