{"id":45267,"date":"2024-03-27T16:02:38","date_gmt":"2024-03-27T16:02:38","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=45267"},"modified":"2024-03-27T16:03:11","modified_gmt":"2024-03-27T16:03:11","slug":"musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/","title":{"rendered":"Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa"},"content":{"rendered":"<p><strong>Liduine\u00a0 Bigirimana, n\u2019umukeyezi w\u2019imyaka 62 ava mu bwoko bw\u2019abatwa,asanzwe aba mu gacimbiri Gahise , umutumba na komine Musigati mu ntara ya Bubanza. Imyaka iriko irababa itanu (5) atanguje umugambi wo kubumba amatafari , ugafasha cane cane ba genzi we bo mu bwoko bw\u2019abatwa yemeza ko kare bari babaye m\u2019ubuzima butoroshe.Abajejwe intwaro barashima ibikorwa vyishirahamwe rytangujwe n\u2019uyo mukenyezi.<\/strong><\/p>\n<p>Uyo mukenyezi arikoahindura ubuzima bw\u2019imiryango y\u2019abatwa mu gacimbiri Gahise,ku mutumba na komine Musigati atangura avuga ko ubwa mbere,vyavuye ku mwikomo yagize amaze ku bona ko ubukene abatwa bo mu gice abayemwo bwatuma n\u2019umwe muribo ashobora kwitaba Imana hanyuma ntibaronke n\u2019ico bamufobamwo.Lidwine Bigirimana w\u2019imyaka 62 avuga ko ari havuye ko iciyumviro co gushinga ishiramwe ryo kubumba amatafari,kugiraimiryango yabatwa ishobore kwikenura.<\/p>\n<p>Ubu uwo mugambi umaze guha akazi abakenyezi bagera kuri 30 bose b\u2019abatwakazi bahora batunzwe n\u2019ugusegerereza\u00a0 abandi n\u2019abao basegerereza. Tumubajije icabimutumwe yatwishuye ati\u00a0:\u00a0<em>\u00ab\u00a0Kuva nza kubaka kuri uwu mutumba narababazwa cane n\u2019ukwama mbona imiryango y\u2019abatwa iguma ibayeho nabi itembereza inkono mu mihana ntizigurwe, gushika aho uwubuze uwiwe amufuba mu kirepe, abana babo ntibaje kumashure nk\u2019abandi, umutwakazi iyo afise imbanyi canke uwundi wese iyo arwaye ntiyubahuke kuja kwa muganga, nca niyumvira ikintu cotuma ubwo buzima bwabo buhinduka, niko guhera kugikorwa nasanze ba Data-Bukwe bakora kandi mbona gitanga imbembo iboneka nca mbona ko n\u2019umukenyezi yohungukira, mba ntanguye kwegeranya abatwakzi batarenga cumi (10) tuja kubumba amatafari nk\u2019abandi dutangura kubona inyungu , gutyo turabandanya.\u00a0\u00bb<\/em><\/p>\n<p>Abandanya ashikiriza ko mu nyuma yaho abatwakazi bandi bahavuye baja barakurikira bagenzi babo muri uwo mwuga w\u2019amatafari gushika aho bashika mirongo itatu(30) , baca bashinga ishirahamwe bise <em>\u00ab\u00a0Garukira_abatwa\u00a0\u00bb<\/em> bashobora nukuranguriramwo ivyo kuziganya n\u2019uguhana utugurane hagati yabo, bakongera bagateguriramwo intambo ndangakaranga banahemberwa iyo batamvye mu misi mikuru itandukanye ibera muri iyo komine.<\/p>\n<p>Iciyumviro ciwe kirashimwe n\u2019imiryango y\u2019abatwa yo mu Gahise kuko yemeza ko ubu abakenyezi bakora ako kazi bashobora kwigurira ibitenge, bagafungura neza nk\u2019abandi, bakagurira ibikoresho abana babo bakaja kw\u2019ishure, bakiha n\u2019agacupa nk\u2019abandi bo m\u2019ubundi bwoko. Abagabo na bo baharonkeye akazi ko kwikorera no gupakira ayo matafari. Bamwe muri bo bamenyesha ko batacikumira kuko ku bwabo ivyo vyatumwa n\u2019ubukene.<\/p>\n<p>Bibaza ko muri kazoza uwo mwuga ushobora kuzotuma biyubakira na bo amazu meza, bakarima, abandi bakazogura amapikipiki kugira abacire amafranga kuko nk\u2019uko babandanya babisigura ibumba ryahora ribatunze ubu ritacunguka kandi n\u2019imyonga ryagazurwamwo ubu bayirukanywemwo na bene yo.<\/p>\n<p><strong>Iciyumviro ca Liduine Bigirimana kirashimwa n\u2019abajejwe intwaro aho i Musigati<\/strong><\/p>\n<p>Umukuru w\u2019uwo mutumba Francine Minani yemeza ko kuva aho abo batwakazi batanguriye ivyo kubumba amatafari bakayagurisha , ubusuma bahora bagirizwa k\u2019umutumba butakivugwa kandi ko ayo matafari atanga ikori komine ikahungukira.<\/p>\n<p>Umukenyezi Liduine ariko avuga ko inyota yiwe izohera ari uko abonye imiryango y\u2019abatwa ironse uburaro bwiza nk\u2019abandi, ivyo kuyikumira mu kibano biheze , ico kibanza naco kivuyemwo ihinguriro ry\u2019amatafari ya kijambere rikomeye k\u2019uburyo ari ryo ryotanga ayubakishwa i Musigati no mu ntara yose ya Bubanza. Kuko ku bwiwe , nta kuntu Reta yoba ariko irarwanya abasegerereza hama ngo abo batwa ntibigishwe ibindi bikorwa vyobabeshaho.<\/p>\n<p>Ubuyobozi bwa komine Musigati na bwo buvuga ko bushimishwa n\u2019ico ciyumviro kuko nkuko bivugwa n\u2019umuhanuzi wa musitanteri ajejwe ivy\u2019ubutunzi n\u2019iterambere n\u2019abatari mw\u2019ishirahamwe bashobora kuhakura ikiraka co k\u2019umusi. Georges Nahimana yifuza ko abakenyezi nk\u2019abo borwira muri komine, ariko kwemeza ko komine igiye guhimiriza kugira ico ciyumviro ca Liduine Bigirimana kirangurwe no kuyindi mitumba.<\/p>\n<p><strong>Inkuru yanditswe na Nolis Nduwimana<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Liduine\u00a0 Bigirimana, n\u2019umukeyezi w\u2019imyaka 62 ava mu bwoko bw\u2019abatwa,asanzwe aba mu gacimbiri Gahise , umutumba na komine Musigati mu ntara ya Bubanza. Imyaka iriko irababa itanu (5) atanguje umugambi wo kubumba amatafari , ugafasha cane cane ba genzi we bo mu bwoko bw\u2019abatwa yemeza ko kare bari babaye m\u2019ubuzima butoroshe.Abajejwe intwaro barashima ibikorwa vyishirahamwe rytangujwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":45268,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,517],"tags":[],"class_list":["post-45267","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Liduine\u00a0 Bigirimana, n\u2019umukeyezi w\u2019imyaka 62 ava mu bwoko bw\u2019abatwa,asanzwe aba mu gacimbiri Gahise , umutumba na komine Musigati mu ntara ya Bubanza. Imyaka iriko irababa itanu (5) atanguje umugambi wo kubumba amatafari , ugafasha cane cane ba genzi we bo mu bwoko bw\u2019abatwa yemeza ko kare bari babaye m\u2019ubuzima butoroshe.Abajejwe intwaro barashima ibikorwa vyishirahamwe rytangujwe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2024-03-27T16:02:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2024-03-27T16:03:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/03\/IMG_20240326_1327391-scaled.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"2560\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1707\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/\",\"name\":\"Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2024-03-27T16:02:38+00:00\",\"dateModified\":\"2024-03-27T16:03:11+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Liduine\u00a0 Bigirimana, n\u2019umukeyezi w\u2019imyaka 62 ava mu bwoko bw\u2019abatwa,asanzwe aba mu gacimbiri Gahise , umutumba na komine Musigati mu ntara ya Bubanza. Imyaka iriko irababa itanu (5) atanguje umugambi wo kubumba amatafari , ugafasha cane cane ba genzi we bo mu bwoko bw\u2019abatwa yemeza ko kare bari babaye m\u2019ubuzima butoroshe.Abajejwe intwaro barashima ibikorwa vyishirahamwe rytangujwe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2024-03-27T16:02:38+00:00","article_modified_time":"2024-03-27T16:03:11+00:00","og_image":[{"width":2560,"height":1707,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/03\/IMG_20240326_1327391-scaled.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/","name":"Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2024-03-27T16:02:38+00:00","dateModified":"2024-03-27T16:03:11+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musigati-umukenyezi-umwe-yahinduye-ubuzima-mu-miryango-ryabatwa\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Musigati : Umukenyezi umwe yahinduye ubuzima mu miryango ry\u2019abatwa"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45267","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=45267"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45267\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":45269,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45267\/revisions\/45269"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/45268"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=45267"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=45267"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=45267"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}