{"id":45281,"date":"2024-04-12T06:06:55","date_gmt":"2024-04-12T06:06:55","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=45281"},"modified":"2024-04-12T08:21:00","modified_gmt":"2024-04-12T08:21:00","slug":"burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/","title":{"rendered":"Burundi: Integuro y&#8217;ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n&#8217;Inama nshingamateka"},"content":{"rendered":"<p><strong><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Nk&#8217;uko vyashikirijwe n&#8217;umushikiranganji w&#8217;intwaro yo hagati ari umutumire mu nama nshingamateka ku musi wa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza,iyo nteguro y&#8217;ibwirizwa ije kwisunga intunganyo nshasha y&#8217;igihugu igabanya intara n&#8217;amakomine; amazone n&#8217;imitumba canke amakaritiye bikongerekana.Iyo nteguro kandi irerekana n&#8217;ibisata bitegerezwa ku rugero rwose hamwe n&#8217;imyaka n&#8217;urupapuro rw&#8217;umutsindo rutegerezwa kuwipfuza kurongora kimwe muri ivyo.<\/span><\/span><\/strong><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Muri bishasha bigize iyonteguro y&#8217;ibwirizwa harimwo ko intara zigize Uburundi ziva kuri 18 zikaja kuri 5,amakomine akagabanywa gushika kuri 42 yamara amazone n&#8217;imitumba canke amakaritiye bikiyongera kuva mu mwaka wa 2025.<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Izindi mpinduka ziri muri iryo bwirizwa rishasha rigiye gutunganya gushasha intwaro n&#8217;uko ata mushingamateka canke umukenguzamateka yemerewe gusubira kuja mu nama mpanuzwajambo z&#8217;amakomine.Umushikiranganji w&#8217;intwaro yo hagati mu gihugu Martin Niteretse agira ati: &#8221; ntiboshinga amategeko ku rwego rw&#8217;igihugu ngo bongere basubire kuyashinga ku rwego rwo hasi.&#8221;<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Ibisata vy&#8217;amazone n&#8217;amakomine bizokwiyongera.Abahanuzi b&#8217;uwurongoye zone (chef de zone) bazoba bafise urupapuro rw&#8217;umutsindo rwa kaminuza.<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Aha ni mu gihe abahanuzi bo ku mitumba canke amakaritiye babwirizwa kuzoba bakwije imyaka 25 y&#8217;amavuko.<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Nayo mukwitoza mu kibanza ca musitanteri uwuhiganirwa ico kibanza abwirizwa kuba afise imyaka 30 mu gihe mw&#8217;ibwirizwa ryahahora yari imyaka 25.<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Iyo nteguro nshasha y&#8217;ibwirizwa irerekana ko komine izogira ibisata bibiri gusa.N&#8217;ukuvuga igisata nshingwantwaro (l&#8217;organe ex\u00e9cutif de la commune) kirongowe na musitanteri <\/span><\/span><br \/>\n<span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">hamwe n&#8217;igisata nshingamategeko (conseil communal ou organe de contr\u00f4le et de supervision). Aha kandi bitegekanijwe ko musitanteri atazosubira gusasa mu nama mpanuzwajambo ya komine (conseil communal).<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Umunyamabanga nshingwabikorwa wa komine azotorwa abanje gukora ikibazo hanyuma aheze yongere ace agenwa n&#8217;itegeko ry&#8217;umukuru w&#8217;igihugu (d\u00e9cret).<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Integuro y&#8217;ibwirizwa rigiye kugenga intwaro y&#8217;amakomine ntiritomora ariko urupapuro rw&#8217;umutsindo rwa musitanteri. Amakomine ariko azoba yigenga (autonomie de gestion).<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Komine ibwirizwa kuba ifise igitabo c&#8217;imigambi y&#8217;imitumba (plan collinaire de d\u00e9veloppement PCD) gitegurwa n&#8217;umukuru w&#8217;umutumba. Ibwirizwa kuba ifise kandi igitabo c&#8217;imigambi ya komine (plan communal de d\u00e9veloppement communautaire PCDC).<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Iyo nteguro nshaha y&#8217;ibwirizwa ritunganya gushasha intwaro mu Burundi kuva mu mwaka wa 2025 abashingamateka bamaze kuyica hirya nohino bayemeje ijana kw&#8217;ijana.<\/span><\/span><\/p>\n<p><strong><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Inkuru Yanditswe Jotham IRATUZI<\/span><\/span><\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Nk&#8217;uko vyashikirijwe n&#8217;umushikiranganji w&#8217;intwaro yo hagati ari umutumire mu nama nshingamateka ku musi wa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza,iyo nteguro y&#8217;ibwirizwa ije kwisunga intunganyo nshasha y&#8217;igihugu igabanya intara n&#8217;amakomine; amazone n&#8217;imitumba canke amakaritiye bikongerekana.Iyo nteguro kandi irerekana n&#8217;ibisata bitegerezwa ku rugero rwose hamwe n&#8217;imyaka n&#8217;urupapuro rw&#8217;umutsindo rutegerezwa kuwipfuza kurongora kimwe muri ivyo. Muri bishasha bigize [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":45284,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,517],"tags":[],"class_list":["post-45281","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Burundi: Integuro y&#039;ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n&#039;Inama nshingamateka - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi: Integuro y&#039;ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n&#039;Inama nshingamateka - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Nk&#8217;uko vyashikirijwe n&#8217;umushikiranganji w&#8217;intwaro yo hagati ari umutumire mu nama nshingamateka ku musi wa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza,iyo nteguro y&#8217;ibwirizwa ije kwisunga intunganyo nshasha y&#8217;igihugu igabanya intara n&#8217;amakomine; amazone n&#8217;imitumba canke amakaritiye bikongerekana.Iyo nteguro kandi irerekana n&#8217;ibisata bitegerezwa ku rugero rwose hamwe n&#8217;imyaka n&#8217;urupapuro rw&#8217;umutsindo rutegerezwa kuwipfuza kurongora kimwe muri ivyo. Muri bishasha bigize [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2024-04-12T06:06:55+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2024-04-12T08:21:00+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/04\/IMG-20240412-WA0000.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"567\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/\",\"name\":\"Burundi: Integuro y'ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n'Inama nshingamateka - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2024-04-12T06:06:55+00:00\",\"dateModified\":\"2024-04-12T08:21:00+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi: Integuro y&#8217;ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n&#8217;Inama nshingamateka\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi: Integuro y'ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n'Inama nshingamateka - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Burundi: Integuro y'ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n'Inama nshingamateka - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Nk&#8217;uko vyashikirijwe n&#8217;umushikiranganji w&#8217;intwaro yo hagati ari umutumire mu nama nshingamateka ku musi wa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza,iyo nteguro y&#8217;ibwirizwa ije kwisunga intunganyo nshasha y&#8217;igihugu igabanya intara n&#8217;amakomine; amazone n&#8217;imitumba canke amakaritiye bikongerekana.Iyo nteguro kandi irerekana n&#8217;ibisata bitegerezwa ku rugero rwose hamwe n&#8217;imyaka n&#8217;urupapuro rw&#8217;umutsindo rutegerezwa kuwipfuza kurongora kimwe muri ivyo. Muri bishasha bigize [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2024-04-12T06:06:55+00:00","article_modified_time":"2024-04-12T08:21:00+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":567,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/04\/IMG-20240412-WA0000.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/","name":"Burundi: Integuro y'ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n'Inama nshingamateka - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2024-04-12T06:06:55+00:00","dateModified":"2024-04-12T08:21:00+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-integuro-yibwirizwa-rishasha-rigenga-intwaro-yemejwe-ninama-nshingamateka\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi: Integuro y&#8217;ibwirizwa rishasha rigenga intwaro yemejwe n&#8217;Inama nshingamateka"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45281","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=45281"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45281\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":45289,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45281\/revisions\/45289"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/45284"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=45281"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=45281"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=45281"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}