{"id":45827,"date":"2024-05-13T06:24:25","date_gmt":"2024-05-13T06:24:25","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=45827"},"modified":"2024-05-13T06:29:15","modified_gmt":"2024-05-13T06:29:15","slug":"basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/","title":{"rendered":"Basaba ko umugambi bemerewe w&#8217;ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro"},"content":{"rendered":"<p><strong>Bamwe mu banyagihugu bo mu buraruko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura babona k&#8217;umugambi w&#8217;ukubaronsa amazi avuye mu masoko ari mu mitumba ihanamiye igisagara ca Bujumbura wemewe n&#8217;ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo amasoko ntanganguvu wokwihutishwa.bavuga ko muri kino gihe bahangayikishijwe n&#8217;ikama ry&#8217;amazi ry&#8217;isubiriza,aho hari abashobora kumara ukwezi batabonye n&#8217;ima ry&#8217;amazi.ubushikiranganji bubijejwe bwemeza ko iryo teba ry&#8217;ishirwamungiro ryavuye ahanini kwibura ry&#8217;ibikoresho,ariko bukizeza ko mu gihe wotangura womara ukwezi kumwe gusa.<\/strong><\/p>\n<p>Abo banyagihugu bo murico gice c&#8217;uburaruko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura bavuga ko hangayikishijwe n&#8217;ibura ry&#8217;amazi basigura ko rimwe na rimwe amazi akunda gukama murayo ma karatiye,aho hari hamwe bashobora kumara ikiringo kiri hagati y&#8217;indwi z&#8217;ibiri n&#8217;ukwezi ata n&#8217;ima ry&#8217;amazi babonye.abo banyagihugu bamenyesha ko baheza bakikora mu mazi atemba mu mimiserege,ayo nayo bavuga ko aba acafuye,ashobora n&#8217;ukubatera ingorane.ku mvo yiryo bura ry&#8217;amazi meza ,bibaza iyo iyo umugambi bamwe basiguriwe n&#8217;abajejwe intwaro y&#8217;ukubaronsa amazi avuye mu mu masoko ahanamiye igisagara ca Bujumbura wemewe n&#8217;ubushishikirangangi bw&#8217;amasoko ntanganguvu ugeze kugira umuti uboneke w\u2019ico kibazo.<\/p>\n<p>Abo banyagisagara bafise icizere ko mu gihe woshirwa mu ngiro hoba akarusho gafatiye ahanini ukutongera gukama kw&#8217;amazi murako gace n&#8217;agaciro kisununuye k&#8217;ibibanza vy&#8217;ukubakamwo kuko nkuko babisigura ,amwe mu ma karatiye yaho atirukirwa kubamwo kubera ubwo bukene bw&#8217;amazi buhibonekeza.<br \/>\nBabona nyabuna kuwo mugambi wokwihutisha,nayo kuvyo bosabwa boterera.<\/p>\n<p>Ubushikiranganji bw&#8217;amasoko ntanganguvu bwemeza ko uwo mugambi watevye Kuja mu ngiro kubera ibikoresho.umuvugizi w&#8217;ubwo bushikiranganji F\u00e9lix Ngendabanyikwa ,mu kiganiro C&#8217;inzego z&#8217;abavugizi cabereye mu ntara ya Karusi mu mpera z&#8217;ukwezi kwa ntwarante uno mwaka ,yijejwe abarundi ko ivyo bikorwa bigiye gutangura,bikazomara ukwezi kumwe gusa.<\/p>\n<p>Mu gusahiriza ayo mazi azova mu masoko ari mu misozi ihanamiye igisagara c&#8217;ubutunzi Bujumbura,uwo mutegetsi yamenyesheje ko hazotunganywa n&#8217; ibindi bibanza muri karatiye Nyabugete,zone Kanyosha ,commune Muha mu bumanuko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura,aho bizokwakira ayavuye mu kiyaga Tanganyika, naho atamenyesheje Igihe ibikorwa bizotangurirako.<\/p>\n<p><strong>N&#8217;inkuru yanditswe na Dieudonn\u00e9 Niyoyanzigamiye<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bamwe mu banyagihugu bo mu buraruko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura babona k&#8217;umugambi w&#8217;ukubaronsa amazi avuye mu masoko ari mu mitumba ihanamiye igisagara ca Bujumbura wemewe n&#8217;ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo amasoko ntanganguvu wokwihutishwa.bavuga ko muri kino gihe bahangayikishijwe n&#8217;ikama ry&#8217;amazi ry&#8217;isubiriza,aho hari abashobora kumara ukwezi batabonye n&#8217;ima ry&#8217;amazi.ubushikiranganji bubijejwe bwemeza ko iryo teba ry&#8217;ishirwamungiro ryavuye ahanini kwibura [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":45828,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,517],"tags":[],"class_list":["post-45827","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Basaba ko umugambi bemerewe w&#039;ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Basaba ko umugambi bemerewe w&#039;ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bamwe mu banyagihugu bo mu buraruko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura babona k&#8217;umugambi w&#8217;ukubaronsa amazi avuye mu masoko ari mu mitumba ihanamiye igisagara ca Bujumbura wemewe n&#8217;ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo amasoko ntanganguvu wokwihutishwa.bavuga ko muri kino gihe bahangayikishijwe n&#8217;ikama ry&#8217;amazi ry&#8217;isubiriza,aho hari abashobora kumara ukwezi batabonye n&#8217;ima ry&#8217;amazi.ubushikiranganji bubijejwe bwemeza ko iryo teba ry&#8217;ishirwamungiro ryavuye ahanini kwibura [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2024-05-13T06:24:25+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2024-05-13T06:29:15+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/05\/IMG-20240510-WA0030.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"762\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1016\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/\",\"name\":\"Basaba ko umugambi bemerewe w'ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2024-05-13T06:24:25+00:00\",\"dateModified\":\"2024-05-13T06:29:15+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Basaba ko umugambi bemerewe w&#8217;ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Basaba ko umugambi bemerewe w'ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Basaba ko umugambi bemerewe w'ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Bamwe mu banyagihugu bo mu buraruko bw&#8217;igisagara ca Bujumbura babona k&#8217;umugambi w&#8217;ukubaronsa amazi avuye mu masoko ari mu mitumba ihanamiye igisagara ca Bujumbura wemewe n&#8217;ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo amasoko ntanganguvu wokwihutishwa.bavuga ko muri kino gihe bahangayikishijwe n&#8217;ikama ry&#8217;amazi ry&#8217;isubiriza,aho hari abashobora kumara ukwezi batabonye n&#8217;ima ry&#8217;amazi.ubushikiranganji bubijejwe bwemeza ko iryo teba ry&#8217;ishirwamungiro ryavuye ahanini kwibura [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2024-05-13T06:24:25+00:00","article_modified_time":"2024-05-13T06:29:15+00:00","og_image":[{"width":762,"height":1016,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/05\/IMG-20240510-WA0030.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/","name":"Basaba ko umugambi bemerewe w'ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2024-05-13T06:24:25+00:00","dateModified":"2024-05-13T06:29:15+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/basaba-ko-umugambi-bemerewe-wukubaha-amazi-meza-woshirwa-mu-ngiro\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Basaba ko umugambi bemerewe w&#8217;ukubaha amazi meza woshirwa mu ngiro"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45827","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=45827"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45827\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":45829,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/45827\/revisions\/45829"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/45828"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=45827"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=45827"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=45827"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}