{"id":4590,"date":"2019-05-02T07:26:50","date_gmt":"2019-05-02T14:26:50","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=4590"},"modified":"2020-05-14T19:10:49","modified_gmt":"2020-05-14T19:10:49","slug":"burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/","title":{"rendered":"&#8220;Kazoza Plus&#8221;, uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere"},"content":{"rendered":"\r\n<div class=\"wp-block-image\">\r\n<figure class=\"aligncenter\"><img decoding=\"async\" class=\"wp-image-4591\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/05\/Kazoza-Plus-1024x768.jpg\" alt=\"\" \/><\/figure>\r\n<\/div>\r\n\r\n\r\n\r\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ishirahamwe ryo kuguranana no kuziganya &#8220;Kazoza Finance&#8221; ryatanguje kuri uno wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka w&#8217;2019 uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi baryo gutorera umuti ibibazo bafise na cane cane mu kubafasha guteza imbere imigambi yabo ico bise \u201cKazoza Plus\u201d.<\/p>\r\n\r\n\r\n\r\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Umuyobozi mukuru w\u2019iryo shirahamwe ryo kuziganya no kuguranana Kazoza Finance, Aim\u00e9 SINANIRANYE avuga ko kubona batanguje ubwo buryo bushasha \u201cKazoza Plus\u201d bashaka ko ivyo bize n\u2019ivyo babonye mu myaka 7 bamaze bakora bobiha abandi mu kubaronsa inyigisho kugira imigambi yabo itunganywe.<\/p>\r\n\r\n\r\n\r\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Aime SINANIRANYE avuga ati\u00a0:\u201c Vyose twabishize muri Kazoza Plus kugira umuntu wese afise iciyumviro co kwiteza imbere azoherekezwe kugira arangure umugambi wiwe.\u201d<\/p>\r\n\r\n\r\n\r\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Kubijanye no gushigikira igisata c\u2019uburimyi Aim\u00e9 SINANIRANYE avuga ko buri mwaka ico gisata bagitegekanirije amafaranaga angana n\u2019imiriyoni 500 z\u2019amafaranga y\u2019amarundi kandi ari intambwe ishimishije muri ico gisata ugereranije n\u2019imyaka bamaze ishirahamwe ryabo ritanguye.<\/p>\r\n\r\n\r\n\r\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Kubijanye n\u2019inyungu isabwa kuwasavye ingurane, uwo arongoye iryo shirahamwe ryo kuziganya no kuguranana avuga ko Kazoza Finance iri mu mashirahamwe yo kuziganya no kuguranana basaba inyungu nke ugereranije n\u2019ayandi mashirahamwe kuko bon go \u00a0batanga ibice 8 kw\u2019ijana kuwuyazanye nayo uwuyasavye akarihishwa ibice 14 kw\u2019ijana , ariko igikuru ngo nuko bakurikiza amategeko y\u2019igihugu uko asabwa ata na kimwe bakuyemwo.<\/p>\r\n\r\n\r\n\r\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana Kazoza Finance rikaba ryatanguye mu mwaka w\u20192012 rifise abanywanyi bashika ibihumbi 2 n\u2019umutahe ungana imiriyoni 200 ariko gushika ubu mu mwaka w\u20192019 bakaba ngo bageze ku banywanyi ibihumbi 23 hamwe n\u2019umutahe w\u2019imiriyoni 500.<\/p>\r\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ishirahamwe ryo kuguranana no kuziganya &#8220;Kazoza Finance&#8221; ryatanguje kuri uno wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka w&#8217;2019 uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi baryo gutorera umuti ibibazo bafise na cane cane mu kubafasha guteza imbere imigambi yabo ico bise \u201cKazoza Plus\u201d. Umuyobozi mukuru w\u2019iryo shirahamwe ryo kuziganya no kuguranana Kazoza Finance, Aim\u00e9 SINANIRANYE avuga ko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[735,518,531,548,718,515,519],"tags":[876,688,689,875],"class_list":["post-4590","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-bdusa","category-burundi","category-development","category-economy","category-fabelove","category-homepage","category-kirundi","tag-culture_feature","tag-kazoza-finance","tag-kazoza-plus","tag-rev-pasteur-kidebuye-jonathan"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>&quot;Kazoza Plus&quot;, uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"&quot;Kazoza Plus&quot;, uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ishirahamwe ryo kuguranana no kuziganya &#8220;Kazoza Finance&#8221; ryatanguje kuri uno wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka w&#8217;2019 uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi baryo gutorera umuti ibibazo bafise na cane cane mu kubafasha guteza imbere imigambi yabo ico bise \u201cKazoza Plus\u201d. Umuyobozi mukuru w\u2019iryo shirahamwe ryo kuziganya no kuguranana Kazoza Finance, Aim\u00e9 SINANIRANYE avuga ko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-05-02T14:26:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-14T19:10:49+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/05\/Kazoza-Plus-1024x768.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/\",\"name\":\"\\\"Kazoza Plus\\\", uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-05-02T14:26:50+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-14T19:10:49+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"&#8220;Kazoza Plus&#8221;, uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"\"Kazoza Plus\", uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"\"Kazoza Plus\", uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ishirahamwe ryo kuguranana no kuziganya &#8220;Kazoza Finance&#8221; ryatanguje kuri uno wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka w&#8217;2019 uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi baryo gutorera umuti ibibazo bafise na cane cane mu kubafasha guteza imbere imigambi yabo ico bise \u201cKazoza Plus\u201d. Umuyobozi mukuru w\u2019iryo shirahamwe ryo kuziganya no kuguranana Kazoza Finance, Aim\u00e9 SINANIRANYE avuga ko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-05-02T14:26:50+00:00","article_modified_time":"2020-05-14T19:10:49+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/05\/Kazoza-Plus-1024x768.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/","name":"\"Kazoza Plus\", uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-05-02T14:26:50+00:00","dateModified":"2020-05-14T19:10:49+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-kazoza-plus-uburyo-bushasha-bwo-gufasha-abanywanyi-kwiteza-imbere\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"&#8220;Kazoza Plus&#8221;, uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4590","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4590"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4590\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":15970,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4590\/revisions\/15970"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4590"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4590"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4590"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}