{"id":4673,"date":"2019-05-05T04:02:28","date_gmt":"2019-05-05T11:02:28","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=4673"},"modified":"2021-12-27T19:02:30","modified_gmt":"2021-12-27T19:02:30","slug":"indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/","title":{"rendered":"Ubu  nibwo buzima bwa Chebby Brandon"},"content":{"rendered":"\n<div class=\"wp-block-image\"><figure class=\"aligncenter\"><img decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/05\/IMG-20190505-WA0020-1024x682.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-4674\"\/><\/figure><\/div>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Uburundi ni igihugu gifise abakinyi bakina i Buraya batari bake kandi bafise ingabirano zidasanzwe.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Uno musi dushaka tuvuge kuvyerekeye ubuzima bw&#8217;umukinyi w&#8217;Umurundi asanzwe akina mu bwongereza yitwa Chebby Brandon.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Chebby Brandon n&#8217;umurundi asanzwe afise imyaka 18 y&#8217;amavuko yavukiye mu gihugu c&#8217;Ubwongereza se wiwe ni umurundi  akaba yitwa Ndayishimiye Chebby Warren mugihe Nyina wiwe ari umuzungukazi w&#8217;umwongereza.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Chebby Brandon akaba yatanguye gukina umupira w&#8217;amaguru mu gihugu c&#8217;ubwongereza afise imyaka 6 mu mugwi wigenga witwa Sky blue yakina nk&#8217;umukinyi  wo kuruhande  aho naho akaba yahakinye ikiringo  c&#8217;imyaka 6. Inyuma yaho umugwi Eastleight Fc waciye umutora  ,  amaze gukwiza imyaka 12  inyuma yaho  Southamthon yaciye imugura imushira mu mugwi wabo akina inkino zitandukanye n&#8217;imigwi yo mu cicaro cambere mu bwongereza mu kiringo c&#8217;umwaka umwe.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Inyuma yaho Umugwi wa  Southamthon waciye umurekura , abona kwerekeza mu mugwi Portsmouth naho  amara amezi 8 , aca agenda atera imbere buke buke. Mu mugwi wa Eistleight akaba  yawukinyemwo nk&#8217;umukinyi wo Ku ruhande rw&#8217;ibubampfu yarize ibintu bitari bike  mbere aranatsinda n&#8217;ibitsindo vyinshi .<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Chebby Brandon akaba yaratwaye n&#8217;ibikombe bigera kuri bine ari kumwe na Eistleight , akaba yarakinye n&#8217;ihiganwa ryaba Tipo aratsinda igitsindo catumye  Umugwi wiwe utwara igikombe .<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Akaba yaratowe nk&#8217;umwe mu basatirizi bafise ibitsindo vyinshi , yagumye  akura ageze mu myaka 16 canke 17 baciye bamuha Bourse y&#8217;amashure kugira abandanye amashure yiwe,  ico gihe cose yakina nk&#8217;umukinyi wo kuruhande bita Elier Gauche, Chebby  akaba yarakinye imyaka itari mike mw&#8217;ihiganwa ryitwa Youth Alliance ihiganwa ryaciyemwo abakinyi bakomakomeye .<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Inyuma yo   guhabwa Bourse yo kwiga Chebby Brandon yarabandanije amashure gushika aho aronka urupapuro rw&#8217;umutsindo Diplome  muvya Sports iri kurwerwo rugira gatatu (niveaux 3).<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Zimwe mungabirano yemera cane  n&#8217;inguvu asanzwe afise bita   Endurance hamwe na  Physic , ashobora gukina igihe kirekire atarushe  , akaba yemera  igihagararo ciwe . Iyo ahuye n&#8217;abandi  bakinyi akoresha inguvu ziwe n&#8217;ico gihagararo , inyuma yivyo asanzwe anyaruka cane mugihe aba ari mu kibuga .<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mu mezi atano gusa  amaze muri uyo mugwi wa Stone ham akina nk&#8217;umusatirizi wo hagati .<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Chebby Brandon yashoboye  guhamagarwa no mu mugwi nserukira gihugu w&#8217;intamba mu rugamba w&#8217;abatarenza imyaka 20 amara amezi abiri ari mu mwiherero na bagenziwe , akaba yarigeze no kujana na bagenzi biwe b&#8217;intamb z&#8217;abatarenza imyaka 20 muri Lusaka i Zambia igihe bariko  barondere itike yo kwitabira inkino za CAN U 20 yabereye muri Niger mu mwaka wa 2018, ariko kubwo amahirwe make yararwaye ntiyashoboye kwitabira urukino rwo gusubiriza rwabahuje na Zambia ariko Umugwi w&#8217;intamba z&#8217;abtarenza imyaka 20 waciye uronka amahirwe yo kwirabira CAN U 20 yabereye muri Niger .<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Bimwe mu bintu akunda ni ugukora imyimenyerezo ari wenyene no kuja muri Gym akunda kuraba cane abakinyi basanzwe bakina nko kumwanya akinamwo kugira abashe kuronka ubumenyi buhagije .<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uburundi ni igihugu gifise abakinyi bakina i Buraya batari bake kandi bafise ingabirano zidasanzwe. Uno musi dushaka tuvuge kuvyerekeye ubuzima bw&#8217;umukinyi w&#8217;Umurundi asanzwe akina mu bwongereza yitwa Chebby Brandon. Chebby Brandon n&#8217;umurundi asanzwe afise imyaka 18 y&#8217;amavuko yavukiye mu gihugu c&#8217;Ubwongereza se wiwe ni umurundi akaba yitwa Ndayishimiye Chebby Warren mugihe Nyina wiwe ari umuzungukazi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[721,515,973,519,525,712],"tags":[],"class_list":["post-4673","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-arsenal","category-homepage","category-inkino","category-kirundi","category-sports","category-yvan-muziki"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Uburundi ni igihugu gifise abakinyi bakina i Buraya batari bake kandi bafise ingabirano zidasanzwe. Uno musi dushaka tuvuge kuvyerekeye ubuzima bw&#8217;umukinyi w&#8217;Umurundi asanzwe akina mu bwongereza yitwa Chebby Brandon. Chebby Brandon n&#8217;umurundi asanzwe afise imyaka 18 y&#8217;amavuko yavukiye mu gihugu c&#8217;Ubwongereza se wiwe ni umurundi akaba yitwa Ndayishimiye Chebby Warren mugihe Nyina wiwe ari umuzungukazi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-05-05T11:02:28+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-27T19:02:30+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/05\/IMG-20190505-WA0020-1024x682.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/\",\"name\":\"Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-05-05T11:02:28+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-27T19:02:30+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Uburundi ni igihugu gifise abakinyi bakina i Buraya batari bake kandi bafise ingabirano zidasanzwe. Uno musi dushaka tuvuge kuvyerekeye ubuzima bw&#8217;umukinyi w&#8217;Umurundi asanzwe akina mu bwongereza yitwa Chebby Brandon. Chebby Brandon n&#8217;umurundi asanzwe afise imyaka 18 y&#8217;amavuko yavukiye mu gihugu c&#8217;Ubwongereza se wiwe ni umurundi akaba yitwa Ndayishimiye Chebby Warren mugihe Nyina wiwe ari umuzungukazi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-05-05T11:02:28+00:00","article_modified_time":"2021-12-27T19:02:30+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/05\/IMG-20190505-WA0020-1024x682.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/","name":"Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-05-05T11:02:28+00:00","dateModified":"2021-12-27T19:02:30+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ubu-nibwo-buzima-bwa-chebby-brandon\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4673","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4673"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4673\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":30778,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4673\/revisions\/30778"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4673"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4673"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4673"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}