{"id":46947,"date":"2024-10-04T14:19:43","date_gmt":"2024-10-04T14:19:43","guid":{"rendered":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?p=46947"},"modified":"2024-10-04T14:23:56","modified_gmt":"2024-10-04T14:23:56","slug":"bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/","title":{"rendered":"Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb"},"content":{"rendered":"<p><strong>Bamwe mubanyagihughu bo ku mutumba Muregenza zone Musenyi komine Mpanda intara ya Bubanza bavuga ko bazi ibijanye no gufungura neza kugira bikingire indwara ziterwa no gufungura nabi. Ariko kubera amikoro make,hari imwe mu miryango bigora kuronka imirwi yose y&#8217;imfungurwa.Abajejwe amagara y&#8217;abantu kuri uyo mutumba bavuga ko ibitigiri vy&#8217;abana bafise ingwara ziterwa n&#8217;ugufungura nabi zagabanutse.<\/strong><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Bamwe mu banyagihugu bo kuri uyo mutumba wa Murengeza ,bavuga ko hari imiryango ikenye bigatuma hari zimwe mu mfungurwa baheza ntibaronke.Abo ni nk&#8217;abafungura bakoze &#8220;itashe&#8221; (t\u00e2che).Bavuga ko abo bibagora kugira bafungure imirwi yose y&#8217;imfungurwa uko ari itatu :ndemamubiri, ntanganguvu na sanganyangaburo. Ibi kandi biremezwa n&#8217;umukuru w&#8217;uyo mutumba.Emmanuel Ndayiragije avuga ari ko naho biri uko abanyagihugu bagerageza kwikora kuvyo bimbura kugira bahangane n&#8217;indwara ziturutse ku gufungura nabi.Avuga ko bamwe muri bo ari abimukira baba kuri uyo mutumba batagira aho barima.<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Uwurongoye ivuriro ritoyi riri kuri uyo mutumba Methode Nduwayo avuga ko kuri iryo vuriro bakira abana bafise indwara ziturutse k&#8217;ugufungura nabi ,ariko ko ibitigiri biriko biragabanuka kubera amashirahamwe afasha kugira izo ndwara zigabanuke mukwigisha abanyagihugu ingene bofungura neza . <\/span><\/span><br \/>\n<span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">kimwe mubimenyetso vyerekana indwara zo gufungura nabi harimwo kugira umushatsi uhishiye no kuvyimba zimwe mungingo z&#8217;umubiri nk&#8217;ibirenge.<\/span><\/span><\/p>\n<p><span style=\"vertical-align: inherit;\"><span style=\"vertical-align: inherit;\">Bimwe mubikorwa bikorwa nabaremeshakiyago harimwo kwigisha abavyeyi gufungurira neza abana ,no kugira isuku rijanye n&#8217;ibifungurwa kugire birinde banarinde indwara ziterwa n&#8217;ugufungura nabi.<\/span><\/span><\/p>\n<p><strong>Inkuru yanditswe na \u00c9gide Nahayo<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bamwe mubanyagihughu bo ku mutumba Muregenza zone Musenyi komine Mpanda intara ya Bubanza bavuga ko bazi ibijanye no gufungura neza kugira bikingire indwara ziterwa no gufungura nabi. Ariko kubera amikoro make,hari imwe mu miryango bigora kuronka imirwi yose y&#8217;imfungurwa.Abajejwe amagara y&#8217;abantu kuri uyo mutumba bavuga ko ibitigiri vy&#8217;abana bafise ingwara ziterwa n&#8217;ugufungura nabi zagabanutse. Bamwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":46948,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,517],"tags":[],"class_list":["post-46947","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bamwe mubanyagihughu bo ku mutumba Muregenza zone Musenyi komine Mpanda intara ya Bubanza bavuga ko bazi ibijanye no gufungura neza kugira bikingire indwara ziterwa no gufungura nabi. Ariko kubera amikoro make,hari imwe mu miryango bigora kuronka imirwi yose y&#8217;imfungurwa.Abajejwe amagara y&#8217;abantu kuri uyo mutumba bavuga ko ibitigiri vy&#8217;abana bafise ingwara ziterwa n&#8217;ugufungura nabi zagabanutse. Bamwe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2024-10-04T14:19:43+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2024-10-04T14:23:56+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/10\/IMG-20241004-WA0048.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"2560\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1152\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/\",\"name\":\"Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2024-10-04T14:19:43+00:00\",\"dateModified\":\"2024-10-04T14:23:56+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Bamwe mubanyagihughu bo ku mutumba Muregenza zone Musenyi komine Mpanda intara ya Bubanza bavuga ko bazi ibijanye no gufungura neza kugira bikingire indwara ziterwa no gufungura nabi. Ariko kubera amikoro make,hari imwe mu miryango bigora kuronka imirwi yose y&#8217;imfungurwa.Abajejwe amagara y&#8217;abantu kuri uyo mutumba bavuga ko ibitigiri vy&#8217;abana bafise ingwara ziterwa n&#8217;ugufungura nabi zagabanutse. Bamwe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2024-10-04T14:19:43+00:00","article_modified_time":"2024-10-04T14:23:56+00:00","og_image":[{"width":2560,"height":1152,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2024\/10\/IMG-20241004-WA0048.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/","name":"Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2024-10-04T14:19:43+00:00","dateModified":"2024-10-04T14:23:56+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/bubanza-turazi-ibijanye-no-gufungura-nezaariko-imwe-mumiryango-irakenye\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Bubanza : \u00ab Turazi ibijanye no gufungura neza,ariko imwe mumiryango irakenye \u00bb"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/46947","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=46947"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/46947\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":46949,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/46947\/revisions\/46949"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/46948"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=46947"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=46947"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=46947"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}