{"id":5260,"date":"2019-06-03T10:14:26","date_gmt":"2019-06-03T17:14:26","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=5260"},"modified":"2019-06-03T10:14:26","modified_gmt":"2019-06-03T17:14:26","slug":"iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/","title":{"rendered":"Iti&#8221; kokoko&#8221;! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n&#8217;abahabaye iriko iradodora."},"content":{"rendered":"<p>&nbsp;<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignleft wp-image-5271 \" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/06\/diaspora.jpg\" alt=\"\" width=\"477\" height=\"268\" \/><\/p>\n<p>Nkuko rero bitakiri agaseseshwa rumuri, Leta y&#8217;Uburundi haraheze igihe kitari gito vyigararagaza ko yahagurukiye umwitwarariko udasanzwe w&#8217;Abarundi baba mu mahanga, eka mbere hakaba n&#8217;akabirya k&#8217;ukwongeramwo abo bose babaye mu mahanga.<\/p>\n<p>Uwo mwitwarariko rero uragaragarira mu bikorwa binyuranye Leta imaze imisi ikora ibicishije mu bushikiranganji bw&#8217;imigenderanire n&#8217;ayandi makungu, aho hasanzwe harashizweho ubuyobozi bukuru bujejwe abarundi baba mu Mahanga.<\/p>\n<p>Ibitari bike rero biriko birakorwa aho , hirya no hino bigaragara ko Abarundi bari mu mahanga, bariko barisuganya barondera kwiyunga , maze n&#8217;ico gikorwa nyene bikaboneka ko Leta ibikwirikiranira hafi na narirya nko ku ma groupes whatsapp kenshi izo diaspora ziganiriramwo haba harimwo ,umuyobozi mu kuru w&#8217;ico gisata kijejwe Diaspora( Directeur G\u00e9n\u00e9ral) hamwe rero n&#8217;abaserukira Uburundi mu micungararo inyuranye mu bihugu Abarundi barimwo. ( Ambassadeurs)<\/p>\n<p>Ibi kandi ni urukwirikirane rw&#8217;ibindi bikorwa Leta yakoze muri uwo mwitwarariko nyene , nk&#8217;ugushiraho umugambi utomora neza ibijanye na Diaspora( Politique Nationale de la Diaspora) hamwe n&#8217;ibindi rero bitari bike, nk&#8217;uko na kare nyene yaba Leta, canke inzego ndogozi z&#8217;ishirahamwe ry&#8217;Abarundi baba hanze bigaragara ko atawusinziriye umukondora zosi.<\/p>\n<p>Ni muri iyo ntumbero rero , vuba bwango, mu kwezi kumwe n&#8217;imisi icumi n&#8217;icenda gusa, kuva kw&#8217;ignekerezo rya 22 gushika 26 Makakaro( Juillet) uwu mwaka 2019, Leta yategekanije indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga , eka mbere hamwe n&#8217;abo bose bahabaye.<\/p>\n<p>Icivugo c&#8217;iyo ndwi rero kizoba ari iki: &#8220;<strong>Umurundi aba mu Mahanga, ni kirumara mw&#8217;ishirwa mu ngiro ry&#8217;umugambi w&#8217;Igihugu w&#8217;Iterambere&#8221;<\/strong><\/p>\n<p>Intumbero rero katwa y&#8217;iyo ndwi kukazoba ari uguhanahana ivyiyumviro ku bijanye n&#8217;uruhara rw&#8217;Umurundi aba mu mahanga canke uwo wese yahabaye mw&#8217;ishirwa mu ngiro ry&#8217;umugambi w&#8217;Igihugu w&#8217;Iterambere&#8221;.<\/p>\n<p>Abatari bake barabona inyungu ikomeye igihugu kigiye kugira kubera ukwo gukangurira Abarundi baba hanze mw&#8217;ikwirikirana ry&#8217;umugambi\u00a0 w&#8217;Igihugu w&#8217;Iterambere, eka mbere kandi no ku ruhande rw&#8217;Abarundi baba hanze hakaba hitezwe ko hatazobura akarusho\u00a0 mw&#8217;iyoroherezwa muri bino na biriya , aha umuntu akaba yogomba agafata gusa\u00a0 nk&#8217;ironswa ry&#8217;urupapuro rw&#8217;inzira Passeport umuntu atarinze kuriha ibihumbi n&#8217;ibihunguruka arinda gushika mu Burundi kurondera urwo rupapuro, aho uheza ugasanga ruciye rugira igiciro c&#8217;umurengera mu kiringo nyene kurukenera kumbure atari asanzwe afise uwo mugambi w&#8217;ugusimbira i Burundi mubona ko bisaba ukwisuganya gukwiye umuntu ngo yoye kugenda imbokoboko. Iryo Lero Leta irivumereye yoheza ikaronsa ubuhinga ubuserukizi bwabwo iyo buherereye hose maze gutyo bikaba vyobera amarame abatari bake.<\/p>\n<p><em>Ivyiza biterwa iyo abantu bagiye hamwe biba vyinshi. UBUGIRIGIRI BUGIRA BABIRI!<\/em><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>&nbsp; Nkuko rero bitakiri agaseseshwa rumuri, Leta y&#8217;Uburundi haraheze igihe kitari gito vyigararagaza ko yahagurukiye umwitwarariko udasanzwe w&#8217;Abarundi baba mu mahanga, eka mbere hakaba n&#8217;akabirya k&#8217;ukwongeramwo abo bose babaye mu mahanga. Uwo mwitwarariko rero uragaragarira mu bikorwa binyuranye Leta imaze imisi ikora ibicishije mu bushikiranganji bw&#8217;imigenderanire n&#8217;ayandi makungu, aho hasanzwe harashizweho ubuyobozi bukuru bujejwe abarundi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,531,515,519],"tags":[],"class_list":["post-5260","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-development","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Iti&quot; kokoko&quot;! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n&#039;abahabaye iriko iradodora. - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Iti&quot; kokoko&quot;! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n&#039;abahabaye iriko iradodora. - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"&nbsp; Nkuko rero bitakiri agaseseshwa rumuri, Leta y&#8217;Uburundi haraheze igihe kitari gito vyigararagaza ko yahagurukiye umwitwarariko udasanzwe w&#8217;Abarundi baba mu mahanga, eka mbere hakaba n&#8217;akabirya k&#8217;ukwongeramwo abo bose babaye mu mahanga. Uwo mwitwarariko rero uragaragarira mu bikorwa binyuranye Leta imaze imisi ikora ibicishije mu bushikiranganji bw&#8217;imigenderanire n&#8217;ayandi makungu, aho hasanzwe harashizweho ubuyobozi bukuru bujejwe abarundi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-06-03T17:14:26+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/06\/diaspora.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/\",\"name\":\"Iti\\\" kokoko\\\"! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n'abahabaye iriko iradodora. - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-06-03T17:14:26+00:00\",\"dateModified\":\"2019-06-03T17:14:26+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Iti&#8221; kokoko&#8221;! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n&#8217;abahabaye iriko iradodora.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Iti\" kokoko\"! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n'abahabaye iriko iradodora. - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Iti\" kokoko\"! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n'abahabaye iriko iradodora. - Indundi Culture | Magazine","og_description":"&nbsp; Nkuko rero bitakiri agaseseshwa rumuri, Leta y&#8217;Uburundi haraheze igihe kitari gito vyigararagaza ko yahagurukiye umwitwarariko udasanzwe w&#8217;Abarundi baba mu mahanga, eka mbere hakaba n&#8217;akabirya k&#8217;ukwongeramwo abo bose babaye mu mahanga. Uwo mwitwarariko rero uragaragarira mu bikorwa binyuranye Leta imaze imisi ikora ibicishije mu bushikiranganji bw&#8217;imigenderanire n&#8217;ayandi makungu, aho hasanzwe harashizweho ubuyobozi bukuru bujejwe abarundi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-06-03T17:14:26+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/06\/diaspora.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/","name":"Iti\" kokoko\"! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n'abahabaye iriko iradodora. - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-06-03T17:14:26+00:00","dateModified":"2019-06-03T17:14:26+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/iti-kokoko-ngiyo-indwi-yahariwe-abarundi-baba-mu-mahanga-hamwe-nabahabaye-iriko-iradodora\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Iti&#8221; kokoko&#8221;! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n&#8217;abahabaye iriko iradodora."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5260","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=5260"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5260\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=5260"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=5260"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=5260"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}