{"id":629,"date":"2018-12-21T09:15:11","date_gmt":"2018-12-21T16:15:11","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=629"},"modified":"2018-12-21T09:15:11","modified_gmt":"2018-12-21T16:15:11","slug":"natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/","title":{"rendered":"Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi"},"content":{"rendered":"\n<figure class=\"wp-block-image is-resized\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2018\/12\/46688315_2238886926336226_503413915628077056_n-1024x1024.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-635\" width=\"591\" height=\"591\"\/><\/figure>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><em>Natacha yavuze uburyo yitwaye mu gihe yaca aho abatari bake bamusaba kuryamana nawe kugira bamufashe mu muziki wiwe. <\/em><\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mu gihe abatari bake badakunze kuvuga ku buzima babayemwo\nbakiri bato mu muziki, Natacha we ntiyariye umunwa yavuze vyose ashira ahabona,\nanavuga n\u2019igituma atigeze amenyekana mu bihe vya mbere, kandi ntanakorane&nbsp; n\u2019abaririmvyi b\u2019abahungu kuva akiri muto mu\nmuziki. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mu kiyago yagiranye na mugenzi wacu Spok\u2019s mu kiganiro PPF\nShow gica kuri BETV, yavuze ko abakobwa bagitangura umuziki bagira ibibazo\nbikomeye. Muri ivyo bibazo hakabamwo ko uwo yikozeko wese ngo amushigikire muri\nico gikorwa aba atanguye, amusaba kuryamana nawe.&nbsp; Abo bamusaba iryo shano ngo bakaba bari mu\nmice itandukanye irimwo abaririmvyi, abamenyeshamakuru, abahinyanyuzi n\u2019abandi.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Bamubajije nimba yarabashije kwemera kuryamana n\u2019umwe\nmubabimusavye, yahakanye ko ivyo atawe yigeze avyemerera. Igituma nuko ngo\nyarafise iyo aja kandi n\u2019ubu azi ivyarimwo. Nkuko abishikiriza Natacha akaba\nyaragerageje kwirwanira kugira ntiyinjizwe muri ubwo busambanyi bukorerwa\nabatari bake. Akaba avuga ko yashimye kwihangana kugira azokwifashe buke buke. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ngendabanka &nbsp;akavuga\nko yatanguye kuririmba mu ma Karaoke akiri mu mwaka w\u201910 w\u2019amashure yisumbuye,\nIvyo bikaba vyatumwe n\u2019uko yabonye nyina yaratanguye gusa nabi kubera\nukuronderera umuryango w\u2019abana batari bake bavukana nawe, kuko ngo babuze se\nbakiri bato cane. Muri ico gihe Natacha ngo yakora imisi 3 mu ndwi, kuwa\ngatanu, kuwa gatandatu, no ku musi w\u2019Imana, kugira ashitse ico yemereye nyina\nko azofasha umuryango, ariko we aruhuke.&nbsp;&nbsp;\n<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mwomenya ko ivyo abishikirije mu gihe asa nkaho ari wenyene\nmu baririmvyikazi b\u2019abarundi&nbsp; bariko\nbarakora bigashimwa. Abatari bake bakaba bagiye bahaca ariko bagasa nk\u2019abagenda\nbatumuka nk\u2019ifu y\u2019imijira, ntihamenyekane igituma batakiboneka mu bikorwa\nvy\u2019umuziki.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Natacha yavuze uburyo yitwaye mu gihe yaca aho abatari bake bamusaba kuryamana nawe kugira bamufashe mu muziki wiwe. Mu gihe abatari bake badakunze kuvuga ku buzima babayemwo bakiri bato mu muziki, Natacha we ntiyariye umunwa yavuze vyose ashira ahabona, anavuga n\u2019igituma atigeze amenyekana mu bihe vya mbere, kandi ntanakorane&nbsp; n\u2019abaririmvyi b\u2019abahungu kuva akiri muto mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515],"tags":[],"class_list":["post-629","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Natacha yavuze uburyo yitwaye mu gihe yaca aho abatari bake bamusaba kuryamana nawe kugira bamufashe mu muziki wiwe. Mu gihe abatari bake badakunze kuvuga ku buzima babayemwo bakiri bato mu muziki, Natacha we ntiyariye umunwa yavuze vyose ashira ahabona, anavuga n\u2019igituma atigeze amenyekana mu bihe vya mbere, kandi ntanakorane&nbsp; n\u2019abaririmvyi b\u2019abahungu kuva akiri muto mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2018-12-21T16:15:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2018\/12\/46688315_2238886926336226_503413915628077056_n-1024x1024.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/\",\"name\":\"Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2018-12-21T16:15:11+00:00\",\"dateModified\":\"2018-12-21T16:15:11+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Natacha yavuze uburyo yitwaye mu gihe yaca aho abatari bake bamusaba kuryamana nawe kugira bamufashe mu muziki wiwe. Mu gihe abatari bake badakunze kuvuga ku buzima babayemwo bakiri bato mu muziki, Natacha we ntiyariye umunwa yavuze vyose ashira ahabona, anavuga n\u2019igituma atigeze amenyekana mu bihe vya mbere, kandi ntanakorane&nbsp; n\u2019abaririmvyi b\u2019abahungu kuva akiri muto mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2018-12-21T16:15:11+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2018\/12\/46688315_2238886926336226_503413915628077056_n-1024x1024.jpg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/","name":"Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2018-12-21T16:15:11+00:00","dateModified":"2018-12-21T16:15:11+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-yahakanye-ubumaraya-bwagizwa-abatari-bake-mu-baririmvyikazi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Natacha yahakanye ubumaraya bwagizwa abatari bake mu baririmvyikazi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/629","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=629"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/629\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=629"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=629"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=629"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}