{"id":6492,"date":"2019-08-02T04:29:19","date_gmt":"2019-08-02T11:29:19","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=6492"},"modified":"2019-08-02T04:29:19","modified_gmt":"2019-08-02T11:29:19","slug":"kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/","title":{"rendered":"Kidumu ati : &#8221;Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko&#8221;."},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Kidumu ati : &#8220;navuze ko umuziki w&#8217;Uburundi uc\u0101v\u00fbra\u00a0 mu kirundi gifobetse ariko bamwe bamwe bariko barabitahura ubu bivanye n&#8217;ivyo bariko barabona bacamwo.<\/em><\/strong><\/p>\n<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/08\/kidumu.jpg\" rel=\"attachment wp-att-6506\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone wp-image-6506\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/08\/kidumu.jpg\" alt=\"\" width=\"600\" height=\"600\" \/><\/a><\/p>\n<p>Amajambo <strong>Kwiyamiriza<\/strong> hamwe <strong>N&#8217;uguheba<\/strong>\u00a0 niyo Kidumu yashimiye umuririmvyikazi Natasha kubona afata ingingo akanayikwirikiza ngo ejo bazogaruka aronke umusaruro ukwiye kurusha ivyo yase. Arongera akanavuga ko bose bomwigirako akarorero uwomuririmvyikazi,yaravuze kumuziki w&#8217;uburundi ucavura abenshi\u00a0 babitahura ukutariko ariko ngo ubu bariko barabitahura bivanye nivyo bariko baracamwo bitandukanye aho akaba arinyuma yaho habaye ihiganwa rya Primusic bakazana umuririmvyi Diamond platnumz bamuhaye amahera Kidumu yita kwarinamake kuriwe kuko azi heshi bamuhaye ayasumba ayo bamuhaye aha iwacu naho abeshi bavuga ngo nimeshi ucubona ko hakiri impinga ndende yabasazwe bategura ibiteramo kobadakunda abaririmvyi biwabo kuko batabaha agaciro nakazi kabo\u00a0 vyerekana ko bagihanze amaso cane umuziki wohanze gusumba uwacu. ikindi nuko nabaririmvyi bacu ubwabo boza barihagararako bukebuke bikazoza .akaba aribimwe muvyo yaganiriye nabagenzi bacu bakorera imboneshakure BTV mukiganiro bakoranye.<\/p>\n<p>Mwomenya kandi ko umuririmvyi kidumu avuga ko ururirimbo <strong>MBWIRA\u00a0<\/strong> bakoranye na MARINA ruzosohoka kuri uwu wagatandatu igenekerezo rya 03Myandagaro. Akaba kandi asazwe ariko arakora ibiteramo bitandukanye mugihugu c&#8217;Uburundi ibiteramo haba ivyamaze gukora n&#8217;ivyatarakora yagiye avyitirira indirimbo Telenovela kumusi wa mungu igenekerezo rya 04Myandagaro, akazoba ariko ateramisha abakunzi bumuziki kuri NYABUGETE Beach. Inyuma yaho akozobandanyiriza ibiteramo vyiwe mu ntara ya Gitega.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kidumu ati : &#8220;navuze ko umuziki w&#8217;Uburundi uc\u0101v\u00fbra\u00a0 mu kirundi gifobetse ariko bamwe bamwe bariko barabitahura ubu bivanye n&#8217;ivyo bariko barabona bacamwo. Amajambo Kwiyamiriza hamwe N&#8217;uguheba\u00a0 niyo Kidumu yashimiye umuririmvyikazi Natasha kubona afata ingingo akanayikwirikiza ngo ejo bazogaruka aronke umusaruro ukwiye kurusha ivyo yase. Arongera akanavuga ko bose bomwigirako akarorero uwomuririmvyikazi,yaravuze kumuziki w&#8217;uburundi ucavura abenshi\u00a0 [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519],"tags":[857,840,653,670],"class_list":["post-6492","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","tag-coronavirus","tag-jay-c-production","tag-kidumu","tag-natasha-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kidumu ati : &#039;&#039;Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko&quot;. - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kidumu ati : &#039;&#039;Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko&quot;. - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Kidumu ati : &#8220;navuze ko umuziki w&#8217;Uburundi uc\u0101v\u00fbra\u00a0 mu kirundi gifobetse ariko bamwe bamwe bariko barabitahura ubu bivanye n&#8217;ivyo bariko barabona bacamwo. Amajambo Kwiyamiriza hamwe N&#8217;uguheba\u00a0 niyo Kidumu yashimiye umuririmvyikazi Natasha kubona afata ingingo akanayikwirikiza ngo ejo bazogaruka aronke umusaruro ukwiye kurusha ivyo yase. Arongera akanavuga ko bose bomwigirako akarorero uwomuririmvyikazi,yaravuze kumuziki w&#8217;uburundi ucavura abenshi\u00a0 [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-08-02T11:29:19+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/08\/kidumu.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/\",\"name\":\"Kidumu ati : ''Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko\\\". - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-08-02T11:29:19+00:00\",\"dateModified\":\"2019-08-02T11:29:19+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kidumu ati : &#8221;Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko&#8221;.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kidumu ati : ''Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko\". - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kidumu ati : ''Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko\". - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Kidumu ati : &#8220;navuze ko umuziki w&#8217;Uburundi uc\u0101v\u00fbra\u00a0 mu kirundi gifobetse ariko bamwe bamwe bariko barabitahura ubu bivanye n&#8217;ivyo bariko barabona bacamwo. Amajambo Kwiyamiriza hamwe N&#8217;uguheba\u00a0 niyo Kidumu yashimiye umuririmvyikazi Natasha kubona afata ingingo akanayikwirikiza ngo ejo bazogaruka aronke umusaruro ukwiye kurusha ivyo yase. Arongera akanavuga ko bose bomwigirako akarorero uwomuririmvyikazi,yaravuze kumuziki w&#8217;uburundi ucavura abenshi\u00a0 [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-08-02T11:29:19+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/08\/kidumu.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/","name":"Kidumu ati : ''Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko\". - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-08-02T11:29:19+00:00","dateModified":"2019-08-02T11:29:19+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidumu-atireka-ndabisubiremwo-uracavura-natasha-tumwigireko\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kidumu ati : &#8221;Reka ndabisubiremwo urac\u00e2v\u016bra, Natasha tumwigireko&#8221;."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6492","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=6492"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6492\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=6492"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=6492"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=6492"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}