{"id":6617,"date":"2019-08-07T10:02:02","date_gmt":"2019-08-07T17:02:02","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=6617"},"modified":"2019-08-07T10:02:02","modified_gmt":"2019-08-07T17:02:02","slug":"burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/","title":{"rendered":"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/08\/tha1-crop.jpg\" rel=\"attachment wp-att-6618\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-6618 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/08\/tha1-crop.jpg\" alt=\"\" width=\"612\" height=\"381\" \/><\/a><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu mu Burundi yahaye ikiganiro abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru ku bijanye n\u2019inkuru zimaze imisi zikwiragizwa zivuga yuko mu burundi hari ikiza ca marariya. Dr Thaddee Ndikumana yabeshuje ivyo vyashikirijwe aho yavuze ko mu Burundi ata kiza ca marariya gihari.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu kubisigura, umushikiranganji yakoresheje ibiharuro vyo mu mwaka w\u2019i 2017 aho Uburundi bwamenyesheje ko hari ikiza ca marariya bivanye n\u2019ibiharuro vyabantu bari bagwaye iyo ndwara mu kiringo c\u2019amezi 6 kuva muri nzero gushika muri Ruheshi aho bashika 4 913 150 hama hagapfa abashika 4500 muga ibiharuro vy\u2019uyu mwaka kuva muri nzero gushika muri Ruheshi, abarwaye marariya bashika 4 300 000 aho muribo abapfuye bishwe n\u2019iyo ngwara bashika 1400.<br \/>\nUmushikiranganji yongeye aramenyesha ko bivanye nuko imiti ya marariya isanzwe itangwa yitwa amodiyakine itagifise ubushobozi cane mu kuvura, bagiye gushiraho uwundi muti witwa quartem kugira ushobore gufasha abantu bagwaye marariya.<br \/>\nIbijanye na Ebola igize imisi ivugwa mu gihugu ca Kongo, yamenyesheje ko abantu bose binjira baciye ku mipaka yegereye ico gihugu bazosuzumwa neza kandi ko nabaganga bamaze guhabwa inyigisho z\u2019ingene bigenza imbere y\u2019umuntu agwaye ebola mbere ko nikigo camaze gutegurwa kugira uwo babonye ayigwaye abe ariho bamuvurira.<br \/>\nKu bijanye na Korera igize imisi yibonekeza mu gisagara ca bujumbura no mu ntara ya Cibitoke, yamenyesheje ko bariko bagerageza kuyituza kuko ku bantu 235 bari bayigwaye, hasigaye 12 gusa abandi barakize kiretse umuntu umwe gusa yapfuye naho nyene kubera yarayigwaranye na marariya.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu mu Burundi yahaye ikiganiro abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru ku bijanye n\u2019inkuru zimaze imisi zikwiragizwa zivuga yuko mu burundi hari ikiza ca marariya. Dr Thaddee Ndikumana yabeshuje ivyo vyashikirijwe aho yavuze ko mu Burundi ata kiza ca marariya gihari. Mu kubisigura, umushikiranganji yakoresheje ibiharuro vyo mu mwaka w\u2019i 2017 aho Uburundi bwamenyesheje ko hari ikiza [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519,538,517],"tags":[],"class_list":["post-6617","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage","category-kirundi","category-promoted","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu mu Burundi yahaye ikiganiro abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru ku bijanye n\u2019inkuru zimaze imisi zikwiragizwa zivuga yuko mu burundi hari ikiza ca marariya. Dr Thaddee Ndikumana yabeshuje ivyo vyashikirijwe aho yavuze ko mu Burundi ata kiza ca marariya gihari. Mu kubisigura, umushikiranganji yakoresheje ibiharuro vyo mu mwaka w\u2019i 2017 aho Uburundi bwamenyesheje ko hari ikiza [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-08-07T17:02:02+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/08\/tha1-crop.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/\",\"name\":\"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-08-07T17:02:02+00:00\",\"dateModified\":\"2019-08-07T17:02:02+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu mu Burundi yahaye ikiganiro abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru ku bijanye n\u2019inkuru zimaze imisi zikwiragizwa zivuga yuko mu burundi hari ikiza ca marariya. Dr Thaddee Ndikumana yabeshuje ivyo vyashikirijwe aho yavuze ko mu Burundi ata kiza ca marariya gihari. Mu kubisigura, umushikiranganji yakoresheje ibiharuro vyo mu mwaka w\u2019i 2017 aho Uburundi bwamenyesheje ko hari ikiza [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-08-07T17:02:02+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/08\/tha1-crop.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/","name":"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-08-07T17:02:02+00:00","dateModified":"2019-08-07T17:02:02+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-umushikiranganji-wamagara-yabantu-arabeshuza-amakuru-amaze-imisi-akwiragizwa\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu arabeshuza amakuru amaze imisi akwiragizwa"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6617","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=6617"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6617\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=6617"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=6617"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=6617"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}