{"id":679,"date":"2018-12-24T06:48:17","date_gmt":"2018-12-24T13:48:17","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=679"},"modified":"2018-12-24T06:48:17","modified_gmt":"2018-12-24T13:48:17","slug":"kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/","title":{"rendered":"Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo"},"content":{"rendered":"\n<figure class=\"wp-block-image\"><img decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2018\/12\/48392271_2389839194420985_3723795383604740096_n.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-681\"\/><\/figure>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">&nbsp;<em>Kidum ngo yama buri gihe agwa mu mporera iyo hari ibibazo vya Politique\nmu Burundi, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Kaka Boney ku rubuga rwiwe rwa\nFacebook.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ku rubuga rwa facebook, Kaka Boney uno musi abarizwa muri\nLeta zunze ubumwe za amerika yagize ico avuga ku bigize imisi biba kuri Kidum\naho bamwe bamwibasiye bagasaba n\u2019abandi kutitaba igiteramo yari yateguriwe mu\ngihugu kibanyi c\u2019Urwanda. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Uwo muririmvyi basa n\u2019abari mu runganwe rumwe kandi\nbazinanye, ubona ko banakomoka hamwe,&nbsp;\nyavuze ko Kidum mu mwaka wa 2002 yigeze guterwa amabuye n\u2019abanya Kinama\nco kimwe n\u2019abanya Kamenge. Uwo akaba yagirizwa ko yitabiriye igiteramo citiriwe\nAmahoro cari categuwe n\u2019intwaro ya Petero Buyoya.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Uwo muririmvyi avuga ko Kidum inyishu yamwishuye aho\nyamubaza kuvyariko bivurwa muri izo zone 2 zo mu buraruko bw\u2019igisagara ca\nBujumbura, Kinama na Kamenge, ngo yaramuryoheye cane. Uwo muririmvyi akaba ngo\nyaciye amubwira ko atahura cane ko bashavuye, ariko we ataco bimutwaye kuko\nuwariko ategura ivy\u2019amahoro kuri we ngo niwe yashaka kujana nawe, bamwemera\ncanke batamwemera. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><em>\u201cKaka Boney ndavyumva\nyuko babaye ariko jewe umuntu ategura ikintu cose kijanye n\u2019amahoro bamwemera\nbatamwemera nzoba ndikumwe nawe.\u201d<\/em><\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Kidum ntiyamugarukirije aho kuko yamubwiye ko abashamiranye\nngo ijambo Amahoro riragoye cane kuribo, ariko iyo batanguye kuvuga ayo mahoro\nngo izuba riba ritanguye kurasa. Kaka Boney akavuga ko amubwiye ayo majambo ngo\nyaciye amerereza. &nbsp;&nbsp;<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><em>\u201cAmahoro n\u2019ijambo\nrigoye kubashamiranye ariko iyo batanguye bonyene KUYAVUGA, izuba riba\nritanguye kurasa.\u201d&nbsp; <\/em><\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Abariko bagira ico abashikiriza kuri Kidum siwe gusa kuko n\u2019abandi\nbabandanya, aho tukavuga nka Mucowintore Boris Evrard nawe atariye umunwa mu\nkuvuga ko Kidum kuba yaragiye I Burundi agahagarara hampande ya HE Petero\nNkurunziza agafata urumuri rw\u2019amahoro ngo n\u2019uburenganzira bwiwe. Akaba\nyongeyeko ko ico kidatuma ahagarika kuba umu Fan wiwe. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><em>\u201cNimbona Jean Pierre\nKidum nimba yarafashe Flambeau ari kumwe na President Nkurunziza ni choix yiwe,\nntibisigura ko nca ndeka kuba umu fans wiwe. Abarundi ntituri Tolerant na gato,\nAbarundi tuzokira bigoranye.\u201d<\/em><\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ivyo bikaba bishikirijwe inyuma yaho hari abarundi basavye\nabandi kutitabira igiteramo ca Kidum cabereye I Kigali kuri uyu wa 21 kigarama\nkuko ngo ashigikiye leta ya Bujumbura. Nawe ashitse I Kigali akaba yavuze ko uwabikoze\namuzi, ngo uwo &nbsp;muntu &nbsp;yarafise umugambi w\u2019ukuvyegeka kuri leta ya\nBujumbura. <\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>&nbsp;Kidum ngo yama buri gihe agwa mu mporera iyo hari ibibazo vya Politique mu Burundi, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Kaka Boney ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Ku rubuga rwa facebook, Kaka Boney uno musi abarizwa muri Leta zunze ubumwe za amerika yagize ico avuga ku bigize imisi biba kuri Kidum aho bamwe bamwibasiye bagasaba [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515],"tags":[],"class_list":["post-679","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"&nbsp;Kidum ngo yama buri gihe agwa mu mporera iyo hari ibibazo vya Politique mu Burundi, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Kaka Boney ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Ku rubuga rwa facebook, Kaka Boney uno musi abarizwa muri Leta zunze ubumwe za amerika yagize ico avuga ku bigize imisi biba kuri Kidum aho bamwe bamwibasiye bagasaba [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2018-12-24T13:48:17+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2018\/12\/48392271_2389839194420985_3723795383604740096_n.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/\",\"name\":\"Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2018-12-24T13:48:17+00:00\",\"dateModified\":\"2018-12-24T13:48:17+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"&nbsp;Kidum ngo yama buri gihe agwa mu mporera iyo hari ibibazo vya Politique mu Burundi, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Kaka Boney ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Ku rubuga rwa facebook, Kaka Boney uno musi abarizwa muri Leta zunze ubumwe za amerika yagize ico avuga ku bigize imisi biba kuri Kidum aho bamwe bamwibasiye bagasaba [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2018-12-24T13:48:17+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2018\/12\/48392271_2389839194420985_3723795383604740096_n.jpg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/","name":"Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2018-12-24T13:48:17+00:00","dateModified":"2018-12-24T13:48:17+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kidum-ngo-yamye-ari-intwari-mu-bibazo-vya-politique-yamye-asukwamo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kidum ngo yamye ari intwari mu bibazo vya Politique yamye asukwamo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/679","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=679"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/679\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=679"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=679"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=679"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}