{"id":8168,"date":"2019-10-10T03:27:55","date_gmt":"2019-10-10T10:27:55","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=8168"},"modified":"2019-10-10T03:27:55","modified_gmt":"2019-10-10T10:27:55","slug":"indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/","title":{"rendered":"Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/10\/AW.jpg\" rel=\"attachment wp-att-8169\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-8169 size-large\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/10\/AW-1024x1024.jpg\" alt=\"\" width=\"900\" height=\"900\" \/><\/a><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Inyuma y\u2018 igihe kinini abaririmvyi bo muri Diaspora bafatwa nk\u2019abantu ataco bomarira umuziki ndundi, ubu hariko haraba ihinduka ridasanzwe biboneka ko bari k\u2019umuvuduko udasazwe mugukora berekana ico bashoboye guhindura canke mugutanga intererano k\u2019umuziki ndundi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Vyatwaye igihe vyongera bimufata umwanya munini kugira atahure ico yokora kugira ngo yumvishe ko ashoboye kunezera abomutega ugutwi bumviriza ibikorwa vyiwe ariko arushirizaho gukora no kugerageza kwiyegereza igihugu ciwe n\u2019abarundi canke n\u2019abo bose bokwumva ubutumwa ashikiriza mundirimbo ziwe.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Inyuma yo kuva muri Reta zunze ubumwe za Amerika USA akaza mugihugu ca Kenya agakorana indirimbo na Kidum Kibido ikagira ikibanza gishimishije hano mukarere (Kenya, Rwanda &amp; Burundi), ni <strong>Don Bighter<\/strong> atigeze ahengeshanya ngo apfishe ubusa ayo mahirwe ahubwo yarushirijeho gukorana inguvu zitangaje aho yaciye aza mu gisagara ca Bujumbura akora ibikorwa bitandukanye aho novuga gukora amasanamu y\u2019ibikorwa (Audio) yarasanzwe afise yakoranye na bamwe mu bahinyanyuzi bo mugihugu c\u2019Urwanda twofatira ku ndirimbo nka <strong>Fire Fire<\/strong> na <strong>Feelings<\/strong> zafashe ikibanza kitagayitse na gatohaba hano iwacu ndetse naTanzania bivanye n\u2019uko yasize akoze promotion canke ukumenyekanisha izina ryiwe.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Inyuma y\u2019aho ni Don Brighter yabandanije akora ibikorwa vyinshi bitandukanye vyerekana ubushobozi bw\u2019abaririmvyi bo muri Diaspora ko bashobora guhindura izina bahabwa n\u2019abarundi basanzwe baba hano mugihugu cacu aho yasimbiye mu gihugu ca Tanzania akora indirimbo imeze neza yise <strong>Nionyeshe<\/strong> ayikoranye n\u2019umwigeme ariko arakora neza muri ico gihugu nyene benshi bazi kw\u2019izina rya <strong>Amber Lulu<\/strong> indirimbo yafashe ikibanza gishimishije muri ico gihugu ca Tanzania ndetse na cane cane hano iwacu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Kur\u2019uyu wa gatatu igenenekerezo rya 9 Gitugutu uyu mwaka nyene turimwo w&#8217;2019 niho umuririmvyo <strong>Don Brighter<\/strong> na <strong>Management<\/strong> yiwe ya <strong>DB Music<\/strong> bashira hanze itariki y\u2019isohorwa ry\u2019indirimbo yiwe igiye gushirwa ahabona amasamu, indirimbo yise <strong>African Woman<\/strong> aho bamenyesheje ko igihe gusohoka itariki 15 z\u2019uku kwezi kwa cumi uwu mwaka nyene turimwo w&#8217;2019 aho yizeza abarundi n\u2019abasanzwe bakurikirana ibikorwa vyiwe ko ari indirimbo izobashimisha kandi ari indirimbo izomufasha kumenyekana cane mu bindi bihugu bisanzwe bikoresha ururimi rw\u2019icongereza.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Aho mwomenya ko Don Brighter aherutse gushira ahabona umuririmvyi asanzwe akora umudiho wa Rap ariwe Rally Benz akamusinyisha muri Label yiwe ariyo <strong>DB Music.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma y\u2018 igihe kinini abaririmvyi bo muri Diaspora bafatwa nk\u2019abantu ataco bomarira umuziki ndundi, ubu hariko haraba ihinduka ridasanzwe biboneka ko bari k\u2019umuvuduko udasazwe mugukora berekana ico bashoboye guhindura canke mugutanga intererano k\u2019umuziki ndundi. Vyatwaye igihe vyongera bimufata umwanya munini kugira atahure ico yokora kugira ngo yumvishe ko ashoboye kunezera abomutega ugutwi bumviriza ibikorwa vyiwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519],"tags":[],"class_list":["post-8168","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma y\u2018 igihe kinini abaririmvyi bo muri Diaspora bafatwa nk\u2019abantu ataco bomarira umuziki ndundi, ubu hariko haraba ihinduka ridasanzwe biboneka ko bari k\u2019umuvuduko udasazwe mugukora berekana ico bashoboye guhindura canke mugutanga intererano k\u2019umuziki ndundi. Vyatwaye igihe vyongera bimufata umwanya munini kugira atahure ico yokora kugira ngo yumvishe ko ashoboye kunezera abomutega ugutwi bumviriza ibikorwa vyiwe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-10-10T10:27:55+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/10\/AW-1024x1024.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/\",\"name\":\"Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-10-10T10:27:55+00:00\",\"dateModified\":\"2019-10-10T10:27:55+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma y\u2018 igihe kinini abaririmvyi bo muri Diaspora bafatwa nk\u2019abantu ataco bomarira umuziki ndundi, ubu hariko haraba ihinduka ridasanzwe biboneka ko bari k\u2019umuvuduko udasazwe mugukora berekana ico bashoboye guhindura canke mugutanga intererano k\u2019umuziki ndundi. Vyatwaye igihe vyongera bimufata umwanya munini kugira atahure ico yokora kugira ngo yumvishe ko ashoboye kunezera abomutega ugutwi bumviriza ibikorwa vyiwe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-10-10T10:27:55+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/10\/AW-1024x1024.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/","name":"Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-10-10T10:27:55+00:00","dateModified":"2019-10-10T10:27:55+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-diaspora-arabandanya-gutanga-icizere-ku-bakunzi-bumuziki-ndundi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Diaspora : Arabandanya gutanga icizere ku bakunzi b\u2019umuziki ndundi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8168","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=8168"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8168\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=8168"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=8168"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=8168"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}