{"id":8332,"date":"2019-10-17T10:37:26","date_gmt":"2019-10-17T17:37:26","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=8332"},"modified":"2019-10-17T10:37:26","modified_gmt":"2019-10-17T17:37:26","slug":"burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/","title":{"rendered":"Bimwe muvyashikirijwe n&#8217;umutambukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ku bibazo bijanye n&#8217;amagara y&#8217;abantu"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/10\/IMG_20191017_193435.jpg\" rel=\"attachment wp-att-8335\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-8335 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/10\/IMG_20191017_193435.jpg\" alt=\"\" width=\"879\" height=\"704\" \/><\/a><\/p>\n<p>Umutambukanyi w\u2019umukuru w\u2019igihugu Denise Bucumi Nkurunziza yaremesheje mu gitondo co kuri uyu wa kane igenekerezo rya 17 Gitugutu umwaka w&#8217;2019, ikiganiro n\u2019abamenyeshamakuru n\u2019abanyagihugu bakaba bahawe akanya ko kubaza akababakiye.<\/p>\n<p>Ikiganiro ahanini cahagaze ku bintu bitatu arivyo<\/p>\n<p>1. Indwara ya SIDA,<\/p>\n<p>2. Ubugumba hamwe na<\/p>\n<p>3. Irondoka rijanye n\u2019amagara meza.<\/p>\n<p>Ico kiganiro caremesherejwe ku murwa mukuru w\u2019ubutunzi Bujumbura. Umutambukanyi w\u2019umukuru w\u2019igihugu Denise Bucumi Nkurunziza yamenyesheje ko ico kiganiro kije mw&#8217;ihangiro Uburundi bwihaye ry&#8217;uko atawosubira kwicwa na Sida n\u2019ukudakumira abagendana uwo mugera.<\/p>\n<p>Mu bibazo vyabajijwe harimwo ko urwaruka ruhabwa uburyo bwo gutandukanya imvyaro, umupfasoni w\u2019umukuru w\u2019igihugu yavuze ko atari vyiza kuko ari uburyo bugenewe abavyeyi bamaze kuvyara ngo nk&#8217;uko izina ribivuga. Yaciye aboneraho gusaba abakenyezi bafise ubugumba bahohoterwa n\u2019abo bubakanye kw\u2019itura abajejwe intwaro n\u2019abajejwe ubutungane.<br \/>\nMu gihe mu bushikiranganji bw\u2019amagara y\u2019abantu bafashe ingingo yo gupima abantu SIDA mu mirwi, umupfasoni Denise Nkurunziza amenyesha ko ari ukugira ntihagire uwusigara inyuma ariko ko n\u2019uwijanye wenyene adasubizwa inyuma.<\/p>\n<p>Umuhinga Sylvestre Bazikamwe yafashije umupfasoni Denise Nkurunziza kwishura ku bibazo bijanye n\u2019ubuhinga avuga ko umukenyezi ari munsi y\u2019imyaka 35 bavuga ko ari ingumba iyo amaze imyaka 2 akora amabanga ya bubatse incuro 3 ku munsi ntasame, arenza naho imyaka 35 bavuga ko ari ingumba amaze amezi 6 y\u2019ubatse ntaronke ikibondo, ku wavyaye nawe baharura imyaka 3 adakurikije, uwo muhinga akavuga ko ariko bisigurwa n\u2019ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y\u2019abantu OMS.<br \/>\n\u00ab Uburundi burafise abahinga bashobora gupima ubugumba no kuvura abo bishoboka, abo bidashobotse aha iwacu bakarungikwa iyo ubuhinga buteye imbere cane \u00bb, Umutambukanyi w\u2019umukuru w\u2019igihugu Denise Bucumi Nkurunziza.<\/p>\n<p>Umupfasoni Denise Nkurunziza amenyesha ko ibitigiri vy\u2019abana umuryango ukwiye kuvyara bikirimwo impari. Yongeye arahumuriza kandi ko uburyo bwogutandukanya imvyaro butangwa kwa muganga ata nkurikizi mbi butera.<\/p>\n<p>Nayo abitwaza Ijambo ry&#8217;Imana\u00a0 rivuga ko ari ukurwira nk\u2019umusenyi wo, umupfasoni Denise Bucumi Nkurunziza yamenyesheje ko isi isa n&#8217;iyuzuye kandi ko iryo jambo ryabwiwe abantu babiri batanguye kuba kw&#8217;isi aribo Adamu na Eva, rero ngo siryo ryobandanya ryigishwa muri iki gihe.<\/p>\n<p>Yunganira Umutambukanyi w\u2019umukuru w\u2019igihugu, umushikiranganji w\u2019amagara y&#8217;abantu Thadd\u00e9e Ndikumana yavuze ko abagabo baherekeza abakenyezi babo kwa muganga igihe bibungenze bavuye ku bice 10 kw\u2019ijana mu mwaka w&#8217;2010 baja muri kino gihe ku bice 40 kw\u2019ijana.<\/p>\n<p>Nayo abaja mw\u2019isengero bavuga ko bakize umugera, Denise Nkurunziza avuga ko ari vyiza ko umuntu ashima Imana iyo bamupimye bagasanga ata mugera wa SIDA agifise mu maraso yiwe, ariko ko atawoca areka gufata imiti ipfupfahaza canke ngo asubire mu ngeso mbi .<\/p>\n<p>Umutambukanyi w\u2019umukuru w\u2019igihugu yarangije ico kiganiro camaze amasaha atatu atanga impanuro kubijanye n\u2019abafise ubugumba ko bokwitura abaganga, imiryango nayo ikareka kubatunga urutoke ahubwo bakabashigikira. Abatavyaye nabo yabahanuye gutora abana b\u2019impfuvyi bakabarera mugihe bonlba bafise uburyo bwo kubarera.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umutambukanyi w\u2019umukuru w\u2019igihugu Denise Bucumi Nkurunziza yaremesheje mu gitondo co kuri uyu wa kane igenekerezo rya 17 Gitugutu umwaka w&#8217;2019, ikiganiro n\u2019abamenyeshamakuru n\u2019abanyagihugu bakaba bahawe akanya ko kubaza akababakiye. Ikiganiro ahanini cahagaze ku bintu bitatu arivyo 1. Indwara ya SIDA, 2. Ubugumba hamwe na 3. Irondoka rijanye n\u2019amagara meza. Ico kiganiro caremesherejwe ku murwa mukuru [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519,538],"tags":[],"class_list":["post-8332","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage","category-kirundi","category-promoted"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Bimwe muvyashikirijwe n&#039;umutambukanyi w&#039;umukuru w&#039;igihugu ku bibazo bijanye n&#039;amagara y&#039;abantu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Bimwe muvyashikirijwe n&#039;umutambukanyi w&#039;umukuru w&#039;igihugu ku bibazo bijanye n&#039;amagara y&#039;abantu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umutambukanyi w\u2019umukuru w\u2019igihugu Denise Bucumi Nkurunziza yaremesheje mu gitondo co kuri uyu wa kane igenekerezo rya 17 Gitugutu umwaka w&#8217;2019, ikiganiro n\u2019abamenyeshamakuru n\u2019abanyagihugu bakaba bahawe akanya ko kubaza akababakiye. Ikiganiro ahanini cahagaze ku bintu bitatu arivyo 1. Indwara ya SIDA, 2. Ubugumba hamwe na 3. Irondoka rijanye n\u2019amagara meza. Ico kiganiro caremesherejwe ku murwa mukuru [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-10-17T17:37:26+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/10\/IMG_20191017_193435.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/\",\"name\":\"Bimwe muvyashikirijwe n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu ku bibazo bijanye n'amagara y'abantu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-10-17T17:37:26+00:00\",\"dateModified\":\"2019-10-17T17:37:26+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Bimwe muvyashikirijwe n&#8217;umutambukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ku bibazo bijanye n&#8217;amagara y&#8217;abantu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Bimwe muvyashikirijwe n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu ku bibazo bijanye n'amagara y'abantu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Bimwe muvyashikirijwe n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu ku bibazo bijanye n'amagara y'abantu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umutambukanyi w\u2019umukuru w\u2019igihugu Denise Bucumi Nkurunziza yaremesheje mu gitondo co kuri uyu wa kane igenekerezo rya 17 Gitugutu umwaka w&#8217;2019, ikiganiro n\u2019abamenyeshamakuru n\u2019abanyagihugu bakaba bahawe akanya ko kubaza akababakiye. Ikiganiro ahanini cahagaze ku bintu bitatu arivyo 1. Indwara ya SIDA, 2. Ubugumba hamwe na 3. Irondoka rijanye n\u2019amagara meza. Ico kiganiro caremesherejwe ku murwa mukuru [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-10-17T17:37:26+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/10\/IMG_20191017_193435.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/","name":"Bimwe muvyashikirijwe n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu ku bibazo bijanye n'amagara y'abantu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-10-17T17:37:26+00:00","dateModified":"2019-10-17T17:37:26+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-bimwe-muvyashikirijwe-numutambukanyi-wumukuru-wigihugu-ku-bibazo-bijanye-namagara-yabantu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Bimwe muvyashikirijwe n&#8217;umutambukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ku bibazo bijanye n&#8217;amagara y&#8217;abantu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8332","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=8332"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8332\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=8332"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=8332"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=8332"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}