{"id":9668,"date":"2019-12-11T08:33:19","date_gmt":"2019-12-11T15:33:19","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=9668"},"modified":"2020-03-05T12:55:38","modified_gmt":"2020-03-05T12:55:38","slug":"natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/","title":{"rendered":"Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\"><em><strong>Inyuma yo gukorana indirimbo igatera uruhagarara mu bantu bivanye n\u2019amajambo usanga mur\u2019iyo ndirimbo, ni B-face yemeza neza ko iyo ndirimbo igiye gusohoregwa isanamu canke ico twokwita Video ariko bigakorwa aruko umuririmvyi kazi Natacha basanzwe barayikoranye ashitse mu gisagara ca Bujumbura avuye mu gihugu c\u2019Ubutariyano.<\/strong><\/em><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-13184\" src=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/B-face-823x1024-1.jpg\" width=\"823\" height=\"1024\" alt=\"\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/B-face-823x1024-1.jpg 823w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/B-face-823x1024-1-600x747.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/B-face-823x1024-1-241x300.jpg 241w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/B-face-823x1024-1-768x956.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/B-face-823x1024-1-696x866.jpg 696w\" sizes=\"auto, (max-width: 823px) 100vw, 823px\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Aganira na Indundi Tv ni B-Face yishuye bimwe mu bibazo bamwe bibwira ariko atemeranya nabo ku majambo bo bibwira<br \/>\nB-Face on the Flow asobanura agira :<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\"><em><strong>&#8220;Hindukira nariko ndasaba umukuzi wanje dusanzwe duhuza twikundanira muri vyose ko yohindukira akaza tugakina agapira ariko ivyo abandi bantu bibwira ntabwo ari ukuri kuko ugerageje kwumviriza je namusaba ko yompa akanya nkamwereka neza uburyo ndi umuhinga mu gukina&#8221;<\/strong><\/em>.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Bamwe bakagira bati <em><strong>&#8220;Oya B-Face aranguha kuko ikirundi baririmvye twese turacumva kuko nimba yaririmvye umupira ntibari kuwukina ari babiri, canke ngo KIMUMENAGURE ataje ngo bakinane\ud83d\ude02\u201d<\/strong><\/em><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Naho bimez\u2019uko aha na hariya we abicishije mu kiganiro Indundi Hits Show gisanzwe gica kuri Mghz 88.2 na 99.9, ni Manager wa Natacha yemeje neza ko Natacha agiye kugaruka mu gisagara ca Bujumbura kandi ngo vuba bwango bagiye kubashikiriza amasanamu y\u2019indirimbo <strong>Hindukira<\/strong> barikumwe na B-Face aho ivyo baririmvye vyose umuco uzobonekera murayo masanamu kuko vyose bazovyerekana kugira ngo abagiye baravuga ibi na biriya bibonere ukuri.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Aha tukabibutsa ko inyuma yihinyanyurwa ry\u2019iyo ndirimbo umuririmvyikazi Natacha ariho yaciye yerekeza mu gihugu c\u2019Ubutariyano ariko akaba agiye kugaruka mu Burundi kuri uyu wa gatanu itariki 13\/12\/2019.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma yo gukorana indirimbo igatera uruhagarara mu bantu bivanye n\u2019amajambo usanga mur\u2019iyo ndirimbo, ni B-face yemeza neza ko iyo ndirimbo igiye gusohoregwa isanamu canke ico twokwita Video ariko bigakorwa aruko umuririmvyi kazi Natacha basanzwe barayikoranye ashitse mu gisagara ca Bujumbura avuye mu gihugu c\u2019Ubutariyano. Aganira na Indundi Tv ni B-Face yishuye bimwe mu bibazo bamwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":10,"featured_media":13184,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519,516,623],"tags":[],"class_list":["post-9668","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news","category-muzik-na-wasani"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma yo gukorana indirimbo igatera uruhagarara mu bantu bivanye n\u2019amajambo usanga mur\u2019iyo ndirimbo, ni B-face yemeza neza ko iyo ndirimbo igiye gusohoregwa isanamu canke ico twokwita Video ariko bigakorwa aruko umuririmvyi kazi Natacha basanzwe barayikoranye ashitse mu gisagara ca Bujumbura avuye mu gihugu c\u2019Ubutariyano. Aganira na Indundi Tv ni B-Face yishuye bimwe mu bibazo bamwe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-12-11T15:33:19+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-03-05T12:55:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/B-face-823x1024-1.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"823\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1024\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"alain1\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"alain1\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/\",\"name\":\"Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-12-11T15:33:19+00:00\",\"dateModified\":\"2020-03-05T12:55:38+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\",\"name\":\"alain1\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"alain1\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma yo gukorana indirimbo igatera uruhagarara mu bantu bivanye n\u2019amajambo usanga mur\u2019iyo ndirimbo, ni B-face yemeza neza ko iyo ndirimbo igiye gusohoregwa isanamu canke ico twokwita Video ariko bigakorwa aruko umuririmvyi kazi Natacha basanzwe barayikoranye ashitse mu gisagara ca Bujumbura avuye mu gihugu c\u2019Ubutariyano. Aganira na Indundi Tv ni B-Face yishuye bimwe mu bibazo bamwe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-12-11T15:33:19+00:00","article_modified_time":"2020-03-05T12:55:38+00:00","og_image":[{"width":823,"height":1024,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/B-face-823x1024-1.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"alain1","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"alain1","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/","name":"Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-12-11T15:33:19+00:00","dateModified":"2020-03-05T12:55:38+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/natacha-na-b-face-ngo-bagiye-kuvyerekana-vyose-baririmvye-muri-video-yabo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db","name":"alain1","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"alain1"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9668","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/10"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=9668"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9668\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":13185,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9668\/revisions\/13185"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/13184"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=9668"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=9668"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=9668"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}