Culture

TUBE TURASOKOZA 2

 

hfhfh

SOKWE…………………………………….NI RUZE (SOMA)

Wihende unkoreko nca nkoma induru

Ibihunda.

Inzu yanje ihagaze ku nkingi imwe

Ikizinu canke ubwoba.

Ngo barara ngo ba

Igiceri

Ntumbaze ivy’inyuma narahevye

Impene

Karahasimvye maheneka

Agahene gasimvye umugazo.

Karadiridimba

Akana kaja iwabo.

Karashotse ntuku

Amaraso ku murundi.

Gira so katamobwa

Agahanga k’intozo.

Abavukanyi baramaranye ariko ntawutabara

Ubutsima n’imboga

Aho hepfo haciye impehe nsa

Ingabo zitagira umutware

Babiri badatana mu ndagano

Izuru n’umunwa

Ha uwo agusaba

Amazuru

What's your reaction?

Related Posts

1 of 53
WP Radio
WP Radio
OFFLINE LIVE