groups-at-messageInkino

# Indundi Sports| Ikirangamisi c’inkino   z’indwi ya mbere ya Primus league 

Kuva kw’igenekerezo rya 05 Nyakanga 2020 ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi rizoba ritanguye .

Igisata kijejwe gutunganya inkino muri FFB gihejeje gushira ahabona ikirangamisi c’inkino z’indwi 1 gushika kundwi ya 15 .

Izi nizo nkino zizoba kundwi ya 1

# Igenekerezo rya 05/09/2020:

-Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’igatwaro Kayanza United izokwakira Les elephants

– isaha indwi 13h30 Ku kibuga c’intwari Muzinga Fc izokwakira Royal Fc

– Isaha icumi 16h00 Ku kibuga c’intwari Athletic Academy izokwakira BS Dynamik

– Isaha icenda 15h00 Ku kibuga ca Peace Park Nkurunziza , Aigle Noire izokwakira Olympic Star

– Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’ingoma , Musongati Fc izokwakira Inter Star

# Ku musi w’imana Igenekerezo rya 06 Nyakanga 2020:

-Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’intwari , Vital’o Fc izokwakira Rukinzo Fc

– Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’ingoma Flambeau du centre izokwakira Messager Ngozi

-isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’urunani Bumamuru izokwakira Buja city

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 23