AnimalsInkino

Habimana Abin niwe yagizwe umumenyereza Mukuru wa Inter Stars

 

Inyuma y’aho umumenyereza wa Inter Star Hussein Welo atangiyr imihoho muri uwo mugwi , uburongozi bw’uwo mugwi bwahisemwo kugira uwahoze ari icegera ciwe Habimana Abin nk’umumenyereza mukuru.

Nsabimana Abin akaba amaze igihe kitari gito ari muri uwo mugwi Inter Star mbere akaba ari nawe yadugije uwo mugwi mu cicaro ca mbere.

Yigeze gukinira nk’imigwi ya Prince Louis kera ndetse n’uwo mugwi nyene wa Inter Star , ashobora gukora vyiza muri uwo mugwi bivanye n’uko azi ingene umeze n’ingene utunganye.

Nsabimana Abin akaba ahawe amabanga yo kumenyereza uwo mugwi uri mu kibanza ca 9 n’amanota 21.

 

What's your reaction?

Related Posts