Burundi

#Big Fizzo n’Abaririmvyi Bagenzi biwe bariko baraha ikaze Nziza Désiré

Inyuma y imyaka cumi n’ibiri mu mahanga neza na neza mu gihugu c’Amerika Nziza Désiré yaramaze gusesekara mu gisagara ca Bujumbura.


Nziza akaba ariko arahabwa ikaze n’abo basangiye umwuga wo Kuririmba.

Mwomenya ko ari kimwe muvyerekana imico n’akaranga bisanzwe biri mu biranga Uburundi mu kwakira neza ingenzi n’abashitsi bagendera i Gihugu cacu.

Mu bikorwa bizanye Nziza Désiré hakaba harimwo ko ashobora kwugurura Studio (Record Label) mu gihugu c’Uburundi izoba ije gufasha abaririmvyi b’Abarundi bafise impano.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 276