groups-at-messageInkino

# Indundi Sports |Uwu niwe yatumye Saido Ntibazonkiza asinya muri Yang Africans

Igitsindo ca Saido mu  ntamba mu rugamba mu rukino na Tanzania sico catumye ahabwa amasezerano.

Saido Ntibazonkiza yahavuye avuga uwatumye ashira umukono ku masezerano yo gukinira Yang Africans .

Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu nsamirizi zo muri Tanzania, Saido Ntibazonkiza yavuze ko uwatumye ashira umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo c’umwaka umwe n’igice ko ari umumenyereza w’umurundi Cédric kaze agiye kumenyereza Yang Africans .

Bikavurwa ko Saido Ntibazonkiza azotangura gukinira  Yang Africans mu kwezi kwa Munyonyo 2020 .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 23