Ihiganwa ryo mu Burundi Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 14.
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 12 Kigarama 2020:
– Rukinzo Fc izokwakira Les Elephants isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga c’intwari
– Buja City izokwakira Musongati Fc isaha icumi 16h00 ku kibuga c’intwari
– Aigle Noir Sc izokwakira Kayanza United isaha icenda 15h00 ku kibuga ca Peace Park Nkurunziza Makamba
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 13 Kigarama 2020 :
– Bs Dynamik izokwakira Vital’o Fc isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga c’intwari
– Athletico Academy izokwakira Muzinga Fc isaha icumi 16h00 ku kibuga c’intwari
– Royal Fc izokwakira Olympic Star isaha icenda 15h00 ku kibuga Ingoma kiri i Gitega
– Bumamuru Fc izokwakira Flambeau du centre isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani
– Messager Ngozi izokwakira Inter Star isaha icumi 16h00 ku kibuga Urukundo