Kuva kuri uyu wa gatanu gushika ku w’Imana igenekerezo rya 17 Nzero 2021 , ihiganwa rya Primus league rizoba ryabandanije kundwi yaryo igira 17.
Uku niko imigwi igiye guhura :
Kuri uyu wa gatanu 15/01/2021:
– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Intwari ,Muzinga Fc izokwakira Athletico Academy
Ku musi wa gatandatu 16/01/2021:
– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Ingoma , Musongati Fc izokwakira Buja City
– Isaha Icenda 15h00, ku kibuga Gatwaro Kayanza United izokwakira Aigle Noir
– Isaha Icenda 15h00, ku kibuga Intwari Inter Stars izokwakira Messager Ngozi
– Isaha Icenda 15h00, ku kibuga Urunani Les Elephants izokwakira Rukinzo Fc
Ku musi w’Imana 17/01/2021:
– Isaha Icenda 15h00, ku kibuga Intwari Vital’o Fc izokwakira Bs Dynamik
– Isaha Icenda 15h00, ku kibuga Umuco Olympic Star izokwakira Royal Fc
– Isaha Icenda 15h00, ku kibuga Ingoma Flambeau du Centre uzokwakira Bumamuru Fc.