Muyenge Alexandre asanzwe arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( FFB ) ari kumwe n’icegera ciwe ca mbere Nimubona Arcade hamwe n’uwujejwe igisata c’ubutunzi muri FFB Honorable Denis Karera, baganiriye…
Imyimenyerezo y’intamba mu rugamba iriko yitabirwa n’abakinyi 4 gusa . Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije amaze imisi ariko akoresha imyimenyerezo abakinyi bashika kuri 4 b’intamba mu rugamba…
Umukinyi wa kera wa Aigle Noir Cs Mabano Shabani yigenga muri kino gihe ata mugwi afise, yaragize uruhara rukomeye cane mw’iterambere ry’umukinyi rurangiranwa w’umurundi akina muri OGC Nice yo mu bufaransa . Uno mukinyi…
Umukinyi Aruna Moussa Majaliwa yahora akinira umugwi BUMAMURU F. C. agiye gukinira Umugwi wa Rayon sport official wo mu gihugu c’Urwanda . Uwo mukinyi w’Intamba mu rugamba akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira…
Umwana yakuriye mu muryango w’Umuhisi Prezida Nkurunziza ariwe Eloge Nihorimbere agiye gutunganya ihiganwa yitiriye izina rya Zoe. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 12 Mukakaro 2023 , kuri Centre Technique niho abasanzwe…
Nshimirimana Ismail batazita Pitchou ni umukinyi mushasha w’umugwi wa APR Fc . Amakuru yashikiriye Indundi Sports kandi yemezwa n’abari mu mugwi wa APR Fc avuga y’uko umugwi w’igisirikare c’Urwanda wamaze kugura umukinyi…
Bigirimana Abedi umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba ashobora gusinyira umugwi wa Police Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Amakuru indundi Sports ikura mu gihugu c’Urwanda avuga ko umugwi wa Police Fc…
Umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba Youssouf Ndayishimiye asanzwe akinira umugwi OGC Nice wo mu Bufaransa yaraye agaragaye mu myimenyerezo y’uwo mugwi . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Mukakaro 2023 , aho…
Umugwi nserukira gihigu wa Handball w’abatarenza imyaka 19 waraye utsinze Urwanda mu rukino rwa kivandimwe . Hari kuri uyu w’Imaba igenekerezo rya 09 Mukakaro 2023 ku kibuga ca Département I Bujumbura , aho umugwi…
Nshimirimana Ismail batazita Pitchou ni umukinyi mushasha w’umugwi APR Fc . Amakuru yashikiriye ikimenyeshamakuru canyu Indundi Sports kandi yemezwa n’abari mu mugwi APR Fc avuga ko umugwi w’igisirikare c’Urwanda wamaze…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.