Inkino

Coupe du Président : Uko Tombola y’igice 1/16 gishira icanyuma yagenze

Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 16 Ruhuhuma 2021, isaha 13h30 ku kigo c’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru haramutse haba Tombola y’ingene imigwi izohura mu gice ca 16 /1 gishira icanyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu.

Uku niko imigwi izohura :

– Umugwi Vital’o Fc uzotana mu mitwe na Agasaka Academy

– Aigle Noir nayo itane mu mitwe na Telaviv.

– Musongati Fc izohura na Flambeau de l’est .

– Bumamuru izohura na Burundi Pax

– Messager Ngozi izohura na Aigle Noir B

– Athletico Academy izohura na LLB S4A

– Muzinga Fc izohura na Lumiére de Mwumba

– Royal Fc izohura na SMS de Buja Mairie

– Buja City izohura na Crocos Fc

– Kayanza United uzohura na Garage Express

– Olympic Star izohura ba Jeunes Athletico

– Bs Dynamik izohura na Makamba United

– Les Elepha izohura na Buhumuza Fc

– Flambeau du Centre izohura na New Oil

– Rukinzo Fc izohura na Delta Star

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037